OMBI LAKO

OMBI LAKO Jean Claude Nizigiyimana

Nimba uvyizeye andika Amen 🙏
30/08/2026

Nimba uvyizeye andika Amen 🙏

Follow me please 🙏
30/08/2026

Follow me please 🙏

30/08/2026

Data turaje mungoro yawe tuje kuguhimbaza no kugushimira ko wabanye natwe indwi yose,ariko mwami navyabindi bitaratungana turagomba ubitunganye.

30/08/2026

Data wakoze kubana natwe,muri rino joro rirenganye icubahiro kibe icyawe ibihe vyose Amen.

29/08/2026

Naho igiti caba caratemwe har ivyizigiro ko kizongera kunaga kuko batakiranduranye nimizi

28/08/2026

Igihe kizagera Yesu aze kuduhanara amarira 😂twaririye kurinosi,mbese uramwiteguriye mugenzi?

Address

Nairobi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when OMBI LAKO posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share