RINGO BDI MEDIA

RINGO BDI MEDIA For Business
WhatsApp +25767337579

30/05/2026

Mana tabara Abarundi n'uburundi 🇧🇮🙏

30/05/2026

MANA tabara Abarundi n'uburundi 🇧🇮🙏🛐

Hagati ya   hamwe na Fernando aye ninde Azi kuririmba kuruhande rwawe 🫣
29/05/2026

Hagati ya hamwe na Fernando aye ninde Azi kuririmba kuruhande rwawe 🫣

isoko ya kijambere yo ku mugwa mukuru wa komine   iriko irasha‎‎ngo ubusuma buriko buraba, mu gihe abadandaza bariko bar...
29/05/2026

isoko ya kijambere yo ku mugwa mukuru wa komine iriko irasha

‎ngo ubusuma buriko buraba, mu gihe abadandaza bariko baragerageza gukiza ivyabo

‎😟 Abadandaza bavuga ko biriko birabagora cane kuraba ico bokiza n’ico basiga hagati mu muriro n’akavuyo kariko karaba

29/05/2026

🫵Uyu Niwe Antwenza Gusa mu Burundi🇧🇮 Jospin La Famille Walahi Ugatwenga Uce Ugenda Umu Followinge Nkuko Nabikoze….

🫵Ndabibatuye Uyumusore Wa GATUMBA Yoca Akwica…..😂😂😂🇧🇮🇧🇮

29/05/2026

🫵Uyu Niwe Antwenza Gusa mu Burundi🇧🇮 Jospin La Famille Walahi Ugatwenga Uce Ugenda Umu Followinge Nkuko Nabikoze….

🫵Ndabibatuye Uyumusore Wa GATUMBA Yoca Akwica…..😂😂😂🇧🇮🇧🇮

29/05/2026

Utabeshe kuri karanga muntu yawe handitseko Ku Kora iki?? 🤔
👦Jewe: Umurimyi

Ewana niho nkishika Dubai nzokumbura indagara namamesa 🥺🥺
29/05/2026

Ewana niho nkishika Dubai nzokumbura indagara namamesa 🥺🥺

29/05/2026

Ukuntu abakobwa babesha wosanga nokuvyara bitababaza💔🤪🫣

29/05/2026

Niyihe ngeso abavyeyi ba maman Bose bahuriyeko??🤔

Address

Nairobi
NAIROBI

Telephone

+25767337579

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when RINGO BDI MEDIA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share