Elvis promoter

Elvis promoter Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Elvis promoter, Digital creator, Nairobi.
(4)

ELVIS PROMOTER ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ช
Turamamaza ibikogwa cane cane ivya MUSIC๐ŸŽค๐ŸŽค๐ŸŽค
UMUTANANIGWA๐ŸคŒ๐ŸคŒ๐ŸคŒ๐ŸคŒ
kaze mwese ndabakorere promotion
Watsapp yanje ni ๐Ÿ“ž๐Ÿ“ž๐Ÿ“ž๐Ÿ“ž
2๏ธโƒฃ5๏ธโƒฃ7๏ธโƒฃ6๏ธโƒฃ9๏ธโƒฃ7๏ธโƒฃ4๏ธโƒฃ3๏ธโƒฃ5๏ธโƒฃ0๏ธโƒฃ3๏ธโƒฃ

 ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ˜ญ Inkuru Itari Nziza Kubakunzi B' Umuziki Ndundi ๐Ÿ˜ญ Aka Kanya Tuvugana Kubera NYAMBO JESCA ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผUmusore Wanyu Yamaze Gu...
29/07/2026

๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ˜ญ Inkuru Itari Nziza Kubakunzi B' Umuziki Ndundi ๐Ÿ˜ญ Aka Kanya Tuvugana Kubera NYAMBO JESCA ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผUmusore Wanyu Yamaze Gushika Mubitaro Afashwe Ningwara Itaramenyekana ๐Ÿ˜ซ๐Ÿฅฑ

Uyumusore Adrick AKIM Inyuma Yokubona Nyambo ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ Atewivi Ubu Tuvugana Duhawe Amakuru Namasanamu Yerekana Adrick Ko Ari Mubitaro Ndetse Aremvye Cane ! Kandi Agumana Ifoto Ya Nyambo Ibi Nibiki? Umusore Wacu Yabayiki? ๐Ÿ˜ฉ Iyi Ni Depression ๐Ÿ™†โ€โ™€๏ธ

Bamwe Bavugako Ashobora Kuba Yashatse Kwiyaka Ubuzima Akoresheje Ikinyobwa Kitaramenyekana ๐Ÿ˜ฉ

Yoooh Urukundo ๐Ÿ’” Rurababaza!

Bimwe Yaririmba Vyo Kwiyahura Vyari Bibaye Iyo IMANA Idakinga ๐Ÿ˜ฉ

Nimba Urumufana W'Umuziki Ndundi Ntiworengana Utagize Akajambo Uvuga! ๐Ÿ™†โ€โ™€๏ธ

OG FORCE at akazi kabi nakadahemba ikiyede hos baragikora aba ponda akazi ntibaba bazakamaro kako uyutaraja gukora ikiye...
22/07/2026

OG FORCE at akazi kabi nakadahemba ikiyede hos baragikora aba ponda akazi ntibaba bazakamaro kako uyutaraja gukora ikiyede ariko aragikora

Bain Turo pole sana
22/07/2026

Bain Turo pole sana

ONE TOPAZ umuhungu wanyu umuhungu asosasa mr ntamu Legend yigera avyibuha   mashasha rero akaba agire asohore indirimbo ...
22/07/2026

ONE TOPAZ umuhungu wanyu umuhungu asosasa mr ntamu Legend yigera avyibuha
mashasha rero akaba agire asohore indirimbo barikumwe na wamuririmvyi wacu Kwiz B mwamenye cane kundirimbo musabwe gusimbira kur YouTube kubafasha mugukora

Emery Afrique ni umuririmvyi wumurundi arijo abica bigacika mundirimbo ziqe usanga kur YouTube kandi ziba arindirimbo zi...
22/07/2026

Emery Afrique ni umuririmvyi wumurundi arijo abica bigacika mundirimbo ziqe usanga kur YouTube kandi ziba arindirimbo zifis uburyohe hamwe namajambo yubaka ubuzima Emery Afrique akabasaba ubufasha bwanyu mugusimbira kumbuga ziwe nka ;



....
MURAKOZE!

ni YOUNG B avuga at  : Allo ๐Ÿ™Œ๐Ÿฝ indirimbo yacu iyindwi turimwo nyene ndayisohora ๐Ÿฅณ๐Ÿšจ๐Ÿ”ฅKubo tumaranye igihe kinini mwibaza k...
20/07/2026

ni YOUNG B avuga at :
Allo ๐Ÿ™Œ๐Ÿฝ indirimbo yacu iyindwi turimwo nyene ndayisohora ๐Ÿฅณ๐Ÿšจ๐Ÿ”ฅ
Kubo tumaranye igihe kinini mwibaza ko ari kumunsi wakangahe ? Ndazi murazi umunsi nkunda gusohorerako umuziki burigihe !

Ikindi ciza mwomenya nuko YouTube channel yanje nayisubiranye ๐Ÿ™๐Ÿป๐Ÿฅน Imana ihabwe icubahiro๐Ÿซก๐Ÿค

ใ‚šviralใ‚ท

Umuririmvyi   aridogegwa nabatari bake mubakunzi bโ€™umuziki wโ€™Uburundi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ bavuga bati:โ€ Kuki abasani badakundana Mungu wan...
14/07/2026

Umuririmvyi aridogegwa nabatari bake mubakunzi bโ€™umuziki wโ€™Uburundi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ bavuga bati:โ€ Kuki abasani badakundana Mungu wangu nahora nk*kunda ariko uyu ntumubona ariko abakomeye ubaha amahera bidakenewe๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญโ€

Aho nimugihe umwanya nโ€™umwanya twokumva inkuru yโ€™inca mugongo ngo arasezeye isi.

Amazi asesetse ndaba akiyoreka๐Ÿ™๐Ÿพ๐Ÿ‘๐Ÿพ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

ndabizi neza ko afise umutima wโ€™urukundo ndetse afise staff yabantu bafise urukundo (aka. manager Rapha) amaze gufasha benshi amaze kwuriza indegeโœˆ๏ธ benshi ndizera neza ko vuba mubona igitendo ca natacha burundi kuri muzoba mumpinyuza๐Ÿ‘๐Ÿพโ€ผ๏ธ

 :๐Ÿ’„๐Ÿ’„  : Bamwitwa OG FORCE umwe muba promoter bakaze ngaha kubutaka bga   naho ubu ari kubutaka bgabarabu hariya muri   ๐Ÿ’ช...
10/07/2026

:
๐Ÿ’„๐Ÿ’„ : Bamwitwa OG FORCE
umwe muba promoter bakaze ngaha kubutaka bga naho ubu ari kubutaka bgabarabu hariya muri ๐Ÿ’ช๐Ÿ’ช

๐ŸŽฏ๐ŸŽฏ Imwe mumpamvu itumye mvuga kuyu mu Gee niyi : Abantu benshi bamuxi karumuntu wingaare wamanyama nibind namwe muzi bamuvugako cnk mwoba mumuvugako ๐Ÿ™Œ๐Ÿ™Œ

๐ŸŽฏ๐ŸŽฏ Ariko uyumuhungu njewe yankoze kumutima ๐Ÿคข๐Ÿคข k*ko ndakunda atigera yibagira iyo yavuye cnk ngo yibagire ineza yagiriwe ๐Ÿ’ช๐Ÿ’ช ibi tubimwubahire k*k bikora bake ๐Ÿ™…โ€โ™€๏ธyibutse ineza yamugiriye atako anamwemerera amabati atanu โœŠ๏ธโœŠ๏ธ bro wubahwe uri muri bake ๐Ÿซก๐Ÿซก

AKAJAMBO KAMWE KURI OG FORCE

๐Ÿ”ฅ๐Ÿ™†๐Ÿ™†๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅibi  Nivyo Canke ni Kubesha๐Ÿ˜ญ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅAbegerey Batubwire.  nkuru yingozi๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ
09/07/2026

๐Ÿ”ฅ๐Ÿ™†๐Ÿ™†๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅibi Nivyo Canke ni Kubesha๐Ÿ˜ญ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅAbegerey Batubwire.

nkuru yingozi๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ

Address

Nairobi
62195256

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Elvis promoter posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share