Focus Opinions

Focus Opinions Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Focus Opinions, Media/News Company, Rutana.

Stay strong
25/02/2026

Stay strong

"Joyeuse Saint-Valentin ! 💕 Que cette journée soit remplie d'amour, de tendresse et de moments inoubliables avec ceux qu...
14/02/2026

"Joyeuse Saint-Valentin ! 💕 Que cette journée soit remplie d'amour, de tendresse et de moments inoubliables avec ceux qui comptent le plus pour toi !"

🇧🇮 Abashikiranganji 2 bashasha barahejeje kurahira imbere y'Umukuru w'Igihugu 🎑 Hari mu birori vyabereye mu ngoro y'Inam...
26/01/2026

🇧🇮 Abashikiranganji 2 bashasha barahejeje kurahira imbere y'Umukuru w'Igihugu
🎑 Hari mu birori vyabereye mu ngoro y'Inama nshingamateka mu , kuri uyu wa 26 Nzero 2026

👥 Abo bashikiranganji 2 bashasha ni Alfred Ahingejeje asubiriye Arthémon Katihabwa yahora aramutswa ubushikiranganji bw'ubutungane, hamwe na Damien Niyonkuru asubiriye Jean Claude Nzobaneza yahora aramutswa ubushikiranganji bw'inyubako, uburaro rusangi, gutwara abantu n'ibintu, n'ibikoresho

📜 Mw'ijambo ryo kurahira, abo bashikiranganji basezeranye kudatirigana ku masezerano y'ubumwe bw'abarundi, kw'Ibwirizwa Shingiro, no ku yandi mabwirizwa, guharanira ineza y'abarundi, agateka ka zina muntu, amahoro, n'ubutungane kuri bose mu mabanga bajejwe, kurwanya ivyiyumviro bicanishamwo abarundi

 : 🦅 Nyeniteka Révérien Ndikuriyo niwe ahejeje kwongera gutorerwa kuba Umunyamabanga mukuru w'umugambwe uri kubutegetsi ...
25/01/2026

: 🦅 Nyeniteka Révérien Ndikuriyo niwe ahejeje kwongera gutorerwa kuba Umunyamabanga mukuru w'umugambwe uri kubutegetsi Cndd-Fdd.

M.N: Cndd-Fdd ni Umugambwe utwarira bose ndetse udakumira kandi ushingiye kuterambere rirama rifatiye kumbonakazoza y'igihugu cifashe muri 2040 Igihugu giteye Imbere muri 2060.

•Turamukeje 👊

Hello  la famille  murameze neza ? Ndabipfurije weekend nzizaAnyway mubona twoza turabaha contenu zimeze gute cke zereke...
17/01/2026

Hello la famille murameze neza ? Ndabipfurije weekend nziza

Anyway mubona twoza turabaha contenu zimeze gute cke zerekeye iki? Tubandanye ?

« Chers amis et connaissances, je vous souhaite une excellente année nouvelle, remplie de paix, de santé, de bonheur et ...
01/01/2026

« Chers amis et connaissances, je vous souhaite une excellente année nouvelle, remplie de paix, de santé, de bonheur et de réussite. Que cette nouvelle année vous apporte de nouvelles opportunités, la réalisation de vos projets et beaucoup de sourires. Bonne et heureuse année à toutes et à tous ! » ✨

Chers amis,En ce jour de Noël, je tiens à vous souhaiter beaucoup de joie, de paix et d’amour. Que cette fête nous rappe...
25/12/2025

Chers amis,
En ce jour de Noël, je tiens à vous souhaiter beaucoup de joie, de paix et d’amour. Que cette fête nous rappelle l’importance du partage, de la solidarité et de l’amitié sincère.
Que la lumière de Noël illumine vos cœurs, apporte l’espoir dans vos vies et vous donne la force de croire en des jours meilleurs.
Merci d’être des amis formidables. Passez un très joyeux Noël entourés de ceux que vous aimez.
Joyeux Noël à tous !

  vyabiyunguruza kubaduga kugirira imisi mikuru irangiza hamwe niyitngura umwaka vyadugijwe icuro zibiri 💥Nkuko twashobo...
23/12/2025

vyabiyunguruza kubaduga kugirira imisi mikuru irangiza hamwe niyitngura umwaka vyadugijwe icuro zibiri

💥Nkuko twashoboye kuganira nabamwe mubiyunguruza bidoga cane kukuntu ibiciro vyaduze namamodoka abunguruza ntaboneke bavugako kuduga ari hagati y'a mafaranga ibihumbi mirongo ine na mirongo itanu ( 40000&50000BIF)

🗣 Jew ndiko nduga mu kayanza nazindutse igihe cisaha zibiri nagiye kuma nasanze imirongo isumba irya yo muri ville nubu sinziko mpava nshikirwa nipfuza kugirira umusimukuru mumuryango.
Nkuko vyibonekeza kuri parking ya abiyunguruza bari beshi aba chauffeur bama hiace na probox badugana abaja gitega kumafaranga atari musi ya 40000Fbu , muramvya 20000.

Abo biyinguruza bakaba rero basaba nacanecane abajejwe ibintu vyokunguruza abantu nibintu koboza barakwirikirana ibijanye n’ibiciro kuko hari beshi bikika mukiza kuberako ari mumera z'umwaka .

23/12/2025

Abariko baraduga mumisi mikuru vyifashe gute?

20/12/2025

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Samuel Tuyishime, Domitien Ndayizeye, Cedro Mukal, Daniel Odoyo, Aisha Lema, Habumugisha Justin, Irakoze Kened

Gutera imbere biba umwanya mutoyi twobidereranya nkuguhindura page yigitabo c’ubuzima Nawe ntiwihebure ubuzima ubayeho n...
19/12/2025

Gutera imbere biba umwanya mutoyi twobidereranya nkuguhindura page yigitabo c’ubuzima
Nawe ntiwihebure ubuzima ubayeho niyo page yigitabo urikurasoma ejo uzohindura page gikuru nukugira bigdream . congratulations live and enjoy your moment

  the best playerof the year
16/12/2025

the best playerof the year

Address

Rutana

Telephone

+25761459651

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Focus Opinions posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Focus Opinions:

Share