Mkapa TV

Mkapa TV �Le tremplin du développement �
(28)

🚨👏 Muri Kenya kubantu nka bose batahavuka hazobaba.Mkapa TV
03/09/2026

🚨👏 Muri Kenya kubantu nka bose batahavuka hazobaba.

Mkapa TV

Bamwita Rwasa Jean Paul abantu b’i Butanyerera muramuzi kundusha. Mkapa TV
02/09/2026

Bamwita Rwasa Jean Paul abantu b’i Butanyerera muramuzi kundusha.

Mkapa TV

📷AMAPHOTOS 📷📷🙌💐Mugani Desire a.k.a Big Fizzo ahejeje gushika mu Burundi mugohe yahora mubihugu vyo kumugabane wa Buraya....
02/09/2026

📷AMAPHOTOS 📷📷

🙌💐Mugani Desire a.k.a Big Fizzo ahejeje gushika mu Burundi mugohe yahora mubihugu vyo kumugabane wa Buraya.

Welcome 🙏

Mkapa TV

01/09/2026

🚨👏 Umuntu yatanguje ibintu vyitwa Anniversaire ico munyereke a nkamukorera Pyiptinyuration.

Ibi bintu mdeste kubesha jewe ntavyo mwongira ngo ndabemerere.
Baramuteye amazi nubugesera buraduka.

Mkapa TV

🚨🤭Ubushakashatsi gushika ubu ntiburatohoza neza ingene ibi bintu vyoba vyarubatswe.Egypt 🇪🇬 nigihugu camayobera kibitse ...
01/09/2026

🚨🤭Ubushakashatsi gushika ubu ntiburatohoza neza ingene ibi bintu vyoba vyarubatswe.

Egypt 🇪🇬 nigihugu camayobera kibitse amateka menshi muri Afrika.

Mkapa TV

🚨🇧🇮 Raba ingene uyu mwana aberewe.Ngiki ico turusha ibindi bihugu mubijanye n'imico nakaranga. Ndatahije abantu mwese mu...
01/09/2026

🚨🇧🇮 Raba ingene uyu mwana aberewe.

Ngiki ico turusha ibindi bihugu mubijanye n'imico nakaranga. Ndatahije abantu mwese mukunda umurisho w' ingoma.

Mkapa TV

31/08/2026

🚨🇧🇮 Uyu mwana arafise Impano uwomushigikira yovayo.

Ubina womuha angahe kwicumi ??

Partage nyinshi iyi mpano yuyu mwana igere kure

Mkapa TV

Twagiye na Commentaires ✍️Mkapa TV
31/08/2026

Twagiye na Commentaires ✍️

Mkapa TV

🚨✍️ Ubuzima buragoye kandi igihe cose uzoba unezerewe canke umerewe nabi umenyeko atariko bizohora.Ibaze kuba uri Présid...
31/08/2026

🚨✍️ Ubuzima buragoye kandi igihe cose uzoba unezerewe canke umerewe nabi umenyeko atariko bizohora.

Ibaze kuba uri Président ariko mukanya ukisanga upfunzwe mbere hanze y'igihugu utanavukamwo.

Uwahoze arongoye Venezuela, président Maduro yashize ahabona ifoto yiwe yambere ari mu gasho muri USA !

Kuki Etat Unies ya Trump ikora ibintu nkibi abantu bose bagaceceka ??

Mkapa TV

🚨🙆‍♂️Birababaje mbere biranateye agahinda. Aha ni  kumutumba wa Buhama komine Kiremba zone Musasa umwenegihugu bamuturir...
31/08/2026

🚨🙆‍♂️Birababaje mbere biranateye agahinda.

Aha ni kumutumba wa Buhama komine Kiremba zone Musasa umwenegihugu bamutuririye inka 2 nintama zirasha ziratokombera

😩Hari nk'igihe c'isaha 5 z'umutaga wo kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 29 Myandagaro 2026. Umukuru w'uwo mutumba amenyesha ko abantu bagiye gutabara basanga zamaze gusha.

Amakuru ava kuri uwo mutumba avuga ko hari abibaza ko zoba zaturiwe n'abagizi ba nabi bisunze ko ata mucanwa wari hafi y'iryo raro. Pascal Ndagijimana, arongoye uwo mutumba, asaba abanyagihugu kurindira ibizova mu matohoza yatangujwe n'intwaro hamwe n'igiporisi.

Mkapa TV

Address

Nairobi

Telephone

+25768889667

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mkapa TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Mkapa TV:

Shortcuts

Share