Franz wa Gitega

Franz wa Gitega Content creator
Comedian
Buja Gitega

๐Ÿค—๐Ÿค—๐Ÿค—๐Ÿค—
14/09/2026

๐Ÿค—๐Ÿค—๐Ÿค—๐Ÿค—

08/09/2026

Uku Niko ndiko nditegura nitahire iwacu ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Kandi nkaha usanga hariho umurundi akiri kubutaka bwa ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช akarya akaryama ngo bizohera ๐Ÿ˜œ๐Ÿ˜œ

๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”
08/09/2026

๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”

๐Ÿ”ด Reta ya   iratera ivyatsi ihohoterwa ririko rirakorerwa abanyamahanga, na cane cane Abarundi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ baba muri ico gihugu, i...
07/09/2026

๐Ÿ”ด Reta ya iratera ivyatsi ihohoterwa ririko rirakorerwa abanyamahanga, na cane cane Abarundi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ baba muri ico gihugu, ikagabisha ko ababikora bazohanwa n'amategeko

๐ŸŽ™๏ธ Umuvugizi wa Reta ya Kenya๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช, Charles Owino, amenyesha ko ijambo ry'Umukuru w'igihugu, William Samoei Ruto, ryo ku wa 02/09/2026, ryatahuwe nabi. Kubw'iwe ngo ivyo yashikirije biri mu ntumbero yo "gufasha abanyamahanga baba muri ico gihugu gukora bafise ivyangombwa, kugira ngo bashobore kuronka ivyo amategeko y'igihugu abemerera. Kenya ni igihugu nyabagendwa, gikorera ku mategeko kandi citeguye kwakira abanyamuryango b'ibihugu vya EAC"

โœ… Uyo muvugizi ashikiriza ko abanyamahanga bahawe umwanya wo kurondera ivyangombwa ku biro vy'ubuserukizi bw'ibihugu bakomokamwo, kugira ngo bashobore kuba muri ico gihugu mu buryo bwemewe n'amategeko, "boye kwama bagira ibibazo n'abajejwe umutekano"

โœ๏ธ Reta ya Kenya imenyesha ko abo bose bariko bikika mu kiza mu guhohotera abanyamahanga na cane Abarundi hamwe n'ivyo batunze, bivuye ku ngingo iyo Reta iheruka gufata, bazofatwa bagahanwa hakurikije amategeko. Reta ya Kenya yibutsa ko yateye umukono ku masezerano y'akarere na mpuzamakungu akingira abantu n'urudandazwa rw'abanyamahanga

๐Ÿ‘€ Musomyi, iyi nkuru uyakiriye gute?

Abasirikare musaritirira Kenya don't worry ngiye kubavugira ntimutahe
07/09/2026

Abasirikare musaritirira Kenya don't worry ngiye kubavugira ntimutahe

๐ŸŽค๐Ÿ”ดโšฝ   : ๐—™๐—– ๐—•๐—ฎ๐—ฟ๐—ฐ๐—ฒ๐—น๐—ผ๐—ป๐—ฎ ihejejeGutsinda ibitsindo 5-0, Ekipe ya ValenciaMurukino rwiza icifata ikibanza cambereMuri ๐—Ÿ๐—ฎ๐—น๐—ถ๐—ด๐—ฎ....
06/09/2026

๐ŸŽค๐Ÿ”ดโšฝ : ๐—™๐—– ๐—•๐—ฎ๐—ฟ๐—ฐ๐—ฒ๐—น๐—ผ๐—ป๐—ฎ ihejeje
Gutsinda ibitsindo 5-0, Ekipe ya Valencia
Murukino rwiza icifata ikibanza cambere
Muri ๐—Ÿ๐—ฎ๐—น๐—ถ๐—ด๐—ฎ. โค๏ธ๐Ÿ’™

  abantu muriko murahendwa ngo bazotanga laissez passer kubuntu kubarundi bari muri    ayamakuru siyo nagatoAbantu beshi...
06/09/2026

abantu muriko murahendwa ngo bazotanga laissez passer kubuntu kubarundi bari muri ayamakuru siyo nagato

Abantu beshi bariko barahendwa ngo Ambassade yuburundi izotanga impapuro zinzira ejo kuwambere ariko nabitohoje neza sivyo

Ejo umurundi wewe Ari muri kenya ntarekuriwe gusohoka muzogume mumazu kuko uwo bazokwigenzako ntazobura

Gusa sindabizi neza wosanga bazozitanga๐Ÿ˜œ๐Ÿ˜œ๐Ÿ˜œ




06/09/2026

Abarundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ bari muri ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช baguma bidoga ngo bagomba babirukane muri kenya ariko ubiravye neza vyose nibo bavyitera

  ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ
04/09/2026

๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ

04/09/2026

Gutwenga Kandi ubabaye๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ

Address

Nairobi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Franz wa Gitega posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share