Karim official

Karim official welcome YouTube

17/09/2026

゚viralシ

🇧🇮🇰🇪🤣 Nn uburero vyahindutse   nimwe mwishuza aba   🇰🇪? Nabonye iyi comment natwenze🤣 aba sirikare twasize muri  🇰🇪 bari...
17/09/2026

🇧🇮🇰🇪🤣 Nn uburero vyahindutse nimwe mwishuza aba 🇰🇪? Nabonye iyi comment natwenze🤣 aba sirikare twasize muri 🇰🇪 bariko barishuza ivyo twasizeyo arko nimwabironka muzoduhako naho twaciye dutaha kubera twitinyira🌚 tubipfurije amahigwe mubandanye kuduza idarapo ryacu🇧🇮🫡💪




Karim official

🔴🔵👑NN IBI bihungu vyz   vyari bifise umugambi nyabaki kubana babandi?         Karim official
17/09/2026

🔴🔵👑NN IBI bihungu vyz vyari bifise umugambi nyabaki kubana babandi?



Karim official

😂🇧🇮   kuberiki none tugorana? Harakantu nagumye mbona Kuma post yabarundi🇧🇮 bari muri   🇰🇪 ngo kugira batahe nuko reta y...
16/09/2026

😂🇧🇮 kuberiki none tugorana? Harakantu nagumye mbona Kuma post yabarundi🇧🇮 bari muri 🇰🇪 ngo kugira batahe nuko reta ya Kenya 🇰🇪 yobaha umuzibukiro😂🙆 abari 🇰🇪 muri abagwanyi muri intwari💪 ariko nimuze muri comment mudusigurire uwo muzibukiro mushaka ico ushingiyeko! munyaruke

Karim official

🚨🇧🇮 Breaking news ❤️🇧🇮Hi guys ibibintu vyokuguma ndi single nasanze atarivyo mundonderere chr azohora anyitaho shaka umu...
16/09/2026

🚨🇧🇮 Breaking news ❤️🇧🇮

Hi guys ibibintu vyokuguma ndi single nasanze atarivyo mundonderere chr azohora anyitaho shaka umukobwa atarenza imyaka 24 wumurundi🇧🇮 atari umunyeshuri kand akakanya atari muburundi 🇧🇮 abakobwa muvyibushe ntimurimwo hamwe kandi ube urinzobe ucunyandikira inbox cank ushire nimero mur comment ncankurondera thank you

Karim official

ABARUNDI 🇧🇮 mukiri muri Kenya 🇰🇪 gushika akakanya mur intwari🫡 kbx namba mushaka gufata igihugu cabandi😁? ariko natwe tw...
15/09/2026

ABARUNDI 🇧🇮 mukiri muri Kenya 🇰🇪 gushika akakanya mur intwari🫡 kbx namba mushaka gufata igihugu cabandi😁? ariko natwe twatashe nimwagitereza muzotubwire tugaruke🤒 gusatira tuzobacorera

Karim official

15/09/2026

14/09/2026

🚨🇧🇮💪🏼   jaen craude wa Al Ahli Tripoli   aza yamaze gutsinda igitsindo cambere arikumwe nuwomugwi wiwe mushasha yerekany...
14/09/2026

🚨🇧🇮💪🏼 jaen craude wa Al Ahli Tripoli aza yamaze gutsinda igitsindo cambere arikumwe nuwomugwi wiwe mushasha yerekanye ko amahera bamuguze batayatate abakinyiba KMKM bagize ibibazo bikomeye kugira bamuhagarike ariko vyarangiye abatsinze igitsindo ciza cane ⚽🔥 urukino gwa je kurangira

Al Ahli Tripoli 4 vs 0 KMKM

🐆 Ubona Al Ahli Tripoli bazoshika kure hashoboka?

Karim official



🇧🇮🇵🇸 Kuberiki   🇧🇮 bari   🇵🇸 ubabajije ko amahera aboneka baca ndakubwira ngo ntiwonone amahera yawe nguzino ntamahera a...
14/09/2026

🇧🇮🇵🇸 Kuberiki 🇧🇮 bari 🇵🇸 ubabajije ko amahera aboneka baca ndakubwira ngo ntiwonone amahera yawe nguzino ntamahera ariyo ngayo dukorera nomuburundi woyaronka, ivyo bavuga Koko koba arukuri? cank ntibashaka konatwe tujayo ngo duterimbere nkabo? abari Dubai 🇵🇸 mutubwire uko bimeze ntimubishiremwo inzigo



Karim official

Address

Nairobi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Karim official posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share