Meta Lihgt

Meta Lihgt Amakuru na entertainment 🎯

CONTACT US On
WHATSAPP:+25768889904

 ?
24/09/2026

?

 🇧🇮🇧🇮?Sha irinihohotera ahobabarizwa hose😒😒                       Zamumenya ivyo mupostinga🙄
24/09/2026

🇧🇮🇧🇮?
Sha irinihohotera ahobabarizwa hose😒😒
Zamumenya ivyo mupostinga🙄

Nawe mbwiraNoe gt abantu mbona Ari aba footballers superstar in Africa nka   Youssuf,   Jean Claude ,   Abdallah ,   Ami...
23/09/2026

Nawe mbwira
Noe gt abantu mbona Ari aba footballers superstar in Africa nka Youssuf, Jean Claude , Abdallah , Amissi na Christophe....
Bashobora gukorana ariko itike yinjiza igihugu muri ukabura!?
Haburiki kumenga abakinyi bariho!!

📸Isanamu y’umusi: Umukuru w’igihugu c’Uburundi akaba n’umuyobozi mukuru w’umuryango w’Ubumwe bwa Afurika yitabiriye inam...
22/09/2026

📸Isanamu y’umusi: Umukuru w’igihugu c’Uburundi akaba n’umuyobozi mukuru w’umuryango w’Ubumwe bwa Afurika yitabiriye inama igira 81 ya ONU.

Umukuru w’igihugu arikumwe n’umushikiranganji ajejwe imigenderanire, Edouard BIZIMANA, bo n’umushikiranganji ajejwe ubutunzi, Alain Ndikumana!

source:Burundi2060

Niruze by Big Fizzo niybizaye vyose yahaye  nabandi ba  ikibuga cogukiniramo😜😜
22/09/2026

Niruze by Big Fizzo niybizaye vyose
yahaye nabandi ba
ikibuga cogukiniramo😜😜

Icyonangira Abarundi nuko badakunda....🤐🤐Harahantu mbaye presidanashyira imbaraga,wewe wazishirahe?🤣🤣🤣
03/09/2026

Icyonangira Abarundi nuko badakunda....🤐🤐

Harahantu mbaye presidanashyira imbaraga,
wewe wazishirahe?🤣🤣🤣

UtatubeshyeWamenyememwonde!??🤣🤣
03/09/2026

Utatubeshye
Wamenyememwonde!??🤣🤣

Inyuma yoguta amamisire 💥💥💥🧨mubantuNguwo iyo Poweye naagakobwake😘😘
29/08/2026

Inyuma yoguta amamisire 💥💥💥🧨mubantu
Nguwo iyo Poweye naagakobwake😘😘

Address

Nairobi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Meta Lihgt posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share