Umuravyo Media

Umuravyo Media « Inspirer, innover, connecter »

Plateforme dédiée à la motivation, à la finance décentralisée (DeFi), à l’art, à la culture et au sport.

26/08/2026

Iyo waguze Écran plan kuri Bata ya !
゚viralシ

🔮 :📢💁 Umuntu umwe yinyomboye isaha icumi z'ubucagucagu akarengana Portail yinjira indani muri Galerie arakupa amatara ku...
26/08/2026

🔮 :📢💁 Umuntu umwe yinyomboye isaha icumi z'ubucagucagu akarengana Portail yinjira indani muri Galerie arakupa amatara kuri uyu wa 26/08/2026 yaciye acakirwa n'Abacity ba mu

👀Ivyo vyabereye k'umutwe w'isoko nkuru ya Kayanza aho abo baCity baciye bashikiriza urwego rujejwe umutekano uwo yacakiwe .Uwo yafashwe ntahakana ivyo yagirizwa vyo kwinjira agakupa amatara gusa asigura ko asanzwe afise indwara yo mu mutwe .

Amatohoza akaba yatanguye kuri uwo muntu!


 :   |   y'umunyagihugu yitwa Vital Ndayiragije iri muri quartier  , agacimbiri kitwa Gisoro ya 2 ihejeje gusha ku mugor...
25/08/2026

: | y'umunyagihugu yitwa Vital Ndayiragije iri muri quartier , agacimbiri kitwa Gisoro ya 2 ihejeje gusha ku mugoroba wo kuri uyu wa kabiri 25 Myandagaro 2026.

Uwo muriro wadutse mu masaha ya samoya n'iminota mirongo ibiri (19:20) ntawamenye ico woba wavuyeko.

Inzu ya "gasekebuye" yabamwo umuryango yahiye yose iratokombera. Nta bintu bashoboye gukiza mu vyari mu nzu ariko nta muntu yahakomerekeye canke ngo ahasige ubuzima.

Isaha zibiri n'iminota mirongo itanu (20:50) umucanwa bawuzimije kandi babikoze mu bubangutsi, nta yindi nzu yafashwe.

25/08/2026

: Isoko ya 😭😭😭

  babirimwo neza ivyimbona ya kazoza!
25/08/2026

babirimwo neza ivyimbona ya kazoza!

24/08/2026

Ngo afise ubutumwa atanga kuburundi?ngo bimeze gute??

゚viralシfypシ゚

Baca babanza kwimara inzara nabo
24/08/2026

Baca babanza kwimara inzara nabo

23/08/2026

Aha ntihabuze aba maze kurya inyama ziki

23/08/2026

Iyo umu azanye umugore wa ruguru🤣
゚viralシ ゚viralシ ゚viralシfypシ゚ ゚viralシ ゚

Address

Nairobi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Umuravyo Media posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share