Pajos Ogg sports

Pajos Ogg sports Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Pajos Ogg sports, Digital creator, KENYA, Nairobi.

🚨 Leo Messi asa n'uwacitse intege cane muri aka kanya. 💔Lionel Messi atsinzwe finale ya kabiri y'Igikombe c'Isi mu ma fi...
19/07/2026

🚨 Leo Messi asa n'uwacitse intege cane muri aka kanya. 💔
Lionel Messi atsinzwe finale ya kabiri y'Igikombe c'Isi mu ma finale atatu amaze gukina. Biratangaje cane.
🤯

Mwibuke gukora Kuri kuriyi page nshasha mubone ibigezweho muri football

🔴 BIRATANGAJE CANE! 🇦🇷N'aho Argentine yari yatsinzwe igitsindo 1-0 gushika ku munota wa 85, yarakoze uguhindura ibintu k...
15/07/2026

🔴 BIRATANGAJE CANE! 🇦🇷

N'aho Argentine yari yatsinzwe igitsindo 1-0 gushika ku munota wa 85, yarakoze uguhindura ibintu kudasanzwe, itsinda Ubwongereza (2-1) maze ironka itike yo gukina finale y'Igikombe c'Isi! 🏆😱

85' 🎯 Lionel Messi yatanze umupira wavuyemwo igitsindo (passe décisive).
90+2' 🎯 Lionel Messi yongera gutanga uwundi mupira wavuyemwo igitsindo.

➡️ Mu minota ya nyuma, Messi, uwo benshi bita GOAT (umukinyi mwiza kurusha abandi mu mateka), ni we yakijije Albiceleste, ayifasha gushika ku mukino wa nyuma. 💙
➡️ Argentine izohura na Espagne 🇪🇸 ku mukino wa nyuma, ifise intumbero yo gutwara Igikombe c'Isi ca kane mu mateka yayo. ⭐
➡️ Ku rundi ruhande, Ubufaransa 🇫🇷 buzokina n'Ubwongereza 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 ku wa gatandatu mu rukino rwo guhatanira ikibanza ca gatatu.

Mwibuke gukora canke

🔴 Full-time   ihejeje kunyagira   2-0. Lamine yamal akaba ageze final y'igikombe c'isi cambere akinye💥♥️👍Espagne qualifi...
14/07/2026

🔴 Full-time ihejeje kunyagira 2-0. Lamine yamal akaba ageze final y'igikombe c'isi cambere akinye💥♥️👍

Espagne qualifié ✅
France taha ❌

Ndababaze none Mbappé azokwama yababaye mugihe bazoba bahuye na Lamine yamal ??

Jewe inyishu yanje ni ✅. Namwe nimumbwire muri commentaire.

🔴🔆🎙️ Umunyamakuru:"Leo, urukino rukurikira muzokina ni urwo guhura n'Ubwongereza muri kimwe ca kabiri c'igikombe c'isi. ...
12/07/2026

🔴🔆🎙️ Umunyamakuru:

"Leo, urukino rukurikira muzokina ni urwo guhura n'Ubwongereza muri kimwe ca kabiri c'igikombe c'isi. Ni rimwe mu makipe akomeye cane muri iri higanwa. Mubibona gute?"
Lionel Messi:

"Ubwongereza burabikwiye kuba bwarash*tse aha. Bafise abakinyi badasanzwe, b'abahanga kandi barwana gushika ku munota wa nyuma. Turabubaha cane, ariko twarubashije n'ayandi makipe yose twahuye na yo muri iri Gikombe c'Isi."
"Kuri twebwe nta co bihindura. Tuzokwitegurira Ubwongereza nk'uko twitegurira ayandi makipe yose: tububashe, twitwararike cane kandi dutange vyose ku bw'igihugu cacu ca Argentine. Kuri uru rwego, nta rukino rworoshe rubaho."

*"Turazi ico kwambara umupira w'igihugu bisobanura. Tuzosiga vyose ku kibuga. Ubwongereza buzoba ari intambamyi ikomeye cane, ariko nitwakina dufise umutima, tugakurikiza uburyo bwacu bwo gukina kandi tugakomeza ubumwe nk'ikipe, tuzoba twiteguriye ikintu cose kizodushikira."

🔴 Full-time.✅✴️🔆 Argentina ya Leo ihejeje kwirahira Ubu Suisse 3-1 ica igera muri kimwe ca kabiri (1/2)Igiye gusangayo A...
12/07/2026

🔴 Full-time.✅
✴️🔆 Argentina ya Leo ihejeje kwirahira Ubu Suisse 3-1 ica igera muri kimwe ca kabiri (1/2)

Igiye gusangayo Angleterre.
Mbega urayiha amahigwe yo gushika Kuri ??

Ntiwibagire gukora Kuri canke

🔴  🚨 Uwahoze ari rurangiranwa rwa Real Madrid n'Ubudagi, Toni Kroos, yahagaritse impaka zivuga ko umukino wibwe ku ntsin...
08/07/2026

🔴
🚨 Uwahoze ari rurangiranwa rwa Real Madrid n'Ubudagi, Toni Kroos, yahagaritse impaka zivuga ko umukino wibwe ku ntsinzi ya Argentine 🇦🇷.
🗣️ "Abantu baguma bavuga ku musifuzi no kuri VAR, ariko iyo uravye neza, uguhindura ibintu kwa Argentine kwavuye ku mbaraga zabo, ubuhanga bwabo n'umutima ukomeye. Baragumye bizera gushika umusifuzi ahushye ifirimbi ya nyuma, mu gihe Misiri itashoboye kuguma ikina neza nk'uko yari yatanguye."
🥲 "Hazokwama haba impaka ku gusifura, ni ibisanzwe. Ariko kuvuga ko umukino 'wibwe' canke ko ihiganwa ryateguriwe Argentine si ubutungane ku bakinnyi bose bakinnye uwo mukino. Imikino ifatwa n'ingingo n'ukuntu abakinnyi bitwaye mu kibuga, si ivyiyumviro vy'ububeshi canke imigambi yihishije."
🗣️ "Inyuma yo gutsindwa, ikintu kigora kurusha ibindi ni kwemera ko uwo mwahiganwa yabarenze mu bihe vy'ingenzi. Argentine ikwiye gushimirwa uburyo yitwaye neza igihe yari ishirweko umukazo, na Misiri ishobora kwirata umukino mwiza yakinnye, ariko ikavanamwo inyigisho ku makosa yakoze. Uko ni ko umupira w'amaguru umeze." ⚽

🔴 UMUKINO WARANGIYE! Ubusuwisi 🇨🇭 bukuyemwo Kolombiya 🇨🇴 kuri penaliti 4-3, maze bwinjira muri 1/4 c'Igikombe c'Isi! 🏆😱➡...
08/07/2026

🔴 UMUKINO WARANGIYE! Ubusuwisi 🇨🇭 bukuyemwo Kolombiya 🇨🇴 kuri penaliti 4-3, maze bwinjira muri 1/4 c'Igikombe c'Isi! 🏆😱
➡️ Ubusuwisi busubiye gushika muri 1/4 c'Igikombe c'Isi ubwa mbere kuva mu 1954. 🤩
➡️ Bwashoboye kwihangana gushika ku munota wa nyuma, bufashijwe cane n'umunyezamu Gregor Kobel, yakuyemwo imipira ikomeye kandi aba intwari y'umukino. 🧤
➡️ Kolombiya 🇨🇴 yananiwe kurema uburyo bwinshi bwo gutsinda muri uyu mukino ukomeye, bituma isezererwa muri iri rushanwa. ❌
➡️ Ubu Ubusuwisi buritegura guhura na Argentine 🇦🇷 ya Lionel Messi muri 1/4 c'ihiganwa, umukino utegerejwe cane n'abakunzi b'umupira w'amaguru. 👀

Ntiwibagire gukora Kuri canke kuriyi page nshasha kugira ibonwe nabenshi tubashe kubaha bishasha muri football

🔴Mbega football!!!!!. Egypte ibaye nka Sénégal weeeeeeh. 🤔🤔🤔Mbega abanya frica twisamaraho weeeh. Aho ntawurabona ko Egy...
07/07/2026

🔴Mbega football!!!!!. Egypte ibaye nka Sénégal weeeeeeh. 🤔🤔🤔Mbega abanya frica twisamaraho weeeh. Aho ntawurabona ko Egypte igiye muri kimwe ca Kane.

igeze k'umunota wa78 ifise ibitsindo bibiri k'ubusa bwa mugabo uwitwa Romero wa argentine atsinda icambere k'umunota wa79 Kuri passe ya ♥️Messi, Messi Kandi yongera atsinda icakabiri k'umunota wa 83, hanyuma E. Fernandez aza gusoza Egypte igitsindo ca gatatu k'umunota wa 90+2 bica birangira 3-2 vya .

Ndabibutse ko
🔴Léo Messi afise 8 buts
🔴Haland afise 7 buts
🔴 Mbappé afise 7 buts

Ikindi n'uko Messi amateka agumye ayakora ni mugihe akwije passes décisives 9 kuva coupe du monde yatangura.

Ng'uku uko bakurikirana:

1. 🇦🇷 Lionel Messi — 9 passes décisives
2. 🇦🇷 Diego Maradona — 8 passes décisives
3. 🇩🇪 Pierre Littbarski — 7 passes décisives
4. 🇵🇱 Grzegorz Lato — 7 passes décisives
5. 🇧🇷 Pelé — 6 passes décisives
6. 🏴 David Beckham — 6 passes décisives
7. 🇩🇪 Thomas Häßler — 6 passes décisives
8. 🇩🇪 Thomas Müller — 6 passes décisives
9. 🇭🇷 Ivan Perišić — 6 passes décisives

Messi rero ni we ubu afise record y'amapasses décisives menshi mu mateka ya Coupe du Monde.

Ntiwibagire gukora Kuri canke kugira muze murabona bishasha muri

🔴 CHRISTIANO RONALDO inyuma yogusezerwa na    muri 1/8 de final mugicombe c'isi ati: 🎤🎤🎤" Ntekerezako atayo ntahaye ♥️ P...
07/07/2026

🔴 CHRISTIANO RONALDO inyuma yogusezerwa na muri 1/8 de final mugicombe c'isi ati:

🎤🎤🎤" Ntekerezako atayo ntahaye ♥️ Portugal kuko ntaraza ntagikombe nakimwe bari bafise. Kuvaho ntanguye gukinira Équipe Nationale natwaye 👉Nations ligues zibiri na 👉 Euros.
Ngiye kwishimira Euro nk'igikombe c'isi kuko nahonyene narahuriyeyo n'ama 🔴 Équipes y'iburaya akomeye cane"

  🔴 Belgique ihejeje kwirahira USA ibitego bine Kuri kimwe(4-1) igera muri kimwe ca Kane gishira icanyuma. Ibihugu vyose...
07/07/2026

🔴 Belgique ihejeje kwirahira USA ibitego bine Kuri kimwe(4-1) igera muri kimwe ca Kane gishira icanyuma.

Ibihugu vyose vyo muri america vyakiriye irushanwa biratashe:

1/8 canada ❌ vs Maroc
1/8 Mexique❌ vs Angleterre
1/8 USA❌ vs Belgique

Mwibuke gukora canke kuriyi page nshasha kugira ibonwe nabenshi tubashe kubaha bishasha muri

Address

KENYA
Nairobi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Pajos Ogg sports posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share