02/12/2025
Kirikou A Kili ๐ฅ๐ง๐ฎ Vyarangiye Ashobora Gutsindira Uyu Mukobwa Yasajije Aba Stars Bose YOLO DA QUEEN ๐ Na Harmonize Yarananiwe Ariko Kirikou A Kili Kuncuro Yambere Agiye Guhura Na YOLO DA QUEEN Face To Face Kweli Amaso Muyandi ๐
Mukiganiro Kirikou A Kili Yakoranye Na MUYANGO Mu Rwanda Yavuze Ko YOLO DA QUEEN Yemereye Kirikou A Kili Guhura Nawe Ariko Bahurire Muri CANADA ๐จ๐ฆ Mugisagara Ca OTTAWA ๐จ๐ฆ Canke Bagahurira Muri Belgique Bruxelles ๐ง๐ช Kandi Kirikou Yaravyemeye
Aya Masaha Tuyaga Kirikou Ariko Arahiga Visa Ya Canada Kuko Anafiseyo Show Imbere Yuko Umwaka Urangira Impamvu Cover Itarasohoka Ni Kubera KO Visa Yiwe Itarasohoka Ariko Igisohoka Kirikou A Kil Azoba Acomotse CANADA ๐จ๐ฆ
Gukundana Kwa Kirikou A Kili Na Bigeze Kuri 80% Zaryamungu Umuhungu Agira Atuzanire Umukazana Wicamamare
Akabazo Kamatsiko Nibahura : Bazorya Bazonwa Facture Izoriha Kirikou A Kili Canke YOLO DA QUEEN ???? Wibaza Ko Bazorya Amafaranga Angana Gute ???? Iyo Tabre Ndakwiye Kwicara Musi Yimeza Nkaza Ndarya Udukorotse ๐๐
F-boy classic+257 โ๏ธ ๐ง๐ฎ