King's Family Burundi

King's Family Burundi We are here for your TALENT
IMPANO YAWE IRIHO KUGIRA IKUBESHEHO IBESHEHO N'ABANDI

    niyoba yihenzee ngo   ni mwiza🫣🤔?
20/09/2026

niyoba yihenzee ngo ni mwiza🫣🤔?

🔵🔵😱Rodri ku musi wejo yakoze akazi gakomeye mygukina hagati mukibuga yongera azibira !!! Kuri Ramon Sanchez Pizjuan kuki...
20/09/2026

🔵🔵😱Rodri ku musi wejo yakoze akazi gakomeye mygukina hagati mukibuga yongera azibira !!!

Kuri Ramon Sanchez Pizjuan kukibuga ca FC Séville ; uyu mutama yaraye afashije FC Barcelona cane kwaka Imipira yari ubwoba cane imbere y'izamu rya FC Barcelona ✅✅

↪️ Rodri mwamubonye gute ?

Ari nka wewe uri   nikii wokorera   yaguhemukiyee😭🙄?
20/09/2026

Ari nka wewe uri nikii wokorera yaguhemukiyee😭🙄?

Ibi nivyo biharuro vya Kylian Mbappé muri Real Madrid, n'ivya Raphinha muri FC Barcelona aka kanya !✅N'uwuhe mur'aba bab...
20/09/2026

Ibi nivyo biharuro vya Kylian Mbappé muri Real Madrid, n'ivya Raphinha muri FC Barcelona aka kanya !✅

N'uwuhe mur'aba babiri wokwipfuza gutunga mumugwi wawe ?

19/09/2026

Son Peace ngo ntiyokwambura impuzu yoba ariko aramuhenera🤣🤣🤣😱

15/09/2026

📽️💣🔥 Sat-B Ft The Ben Bahaye UBUTUMWA Abarundi 🇧🇮 Nabanyarwanda 🇷🇼 Mbwambere Bavuzeko Bagiye Kuduhereza Igikorwa Kiremereye Cane! Mugiye Kuryoherwa! 🇧🇮🇷🇼🔥🔥🔥

Muri Shooting Ya Video Hamwe Na John Elarts 🔥
Hit Song Irangiza Umwaka Ngiy Hano 🔥🔥🔥

Muzane Imiriro Amateka Arakwiye Kwa King Sat-B 🇧🇮👑 Na Tiger B 🇷🇼🦁👑🔥

😭😭🫵💉💊🩺 YAYAYAYA Mélanin boy agiye mubitaro bari mu tournage ya Video arikumwe na Big Fizzo  Ubu tuvugana ari muri koma k...
14/09/2026

😭😭🫵💉💊🩺 YAYAYAYA Mélanin boy agiye mubitaro bari mu tournage ya Video arikumwe na Big Fizzo Ubu tuvugana ari muri koma kubwisanganya ahejeje kugira akorotse avuye mumodoka umuryango wiyuguriye aca hasi arwira kumutima musengere umuhungu wanyu

✝️ 🙌🏾 Bain Turo afashe ingingo ikomeye mu buzima bwiwe! 🔥💦🙏🏾 Umuririmvyi Bain Turo yabatijwe mu mazi menshi, mu gikorwa ...
14/09/2026

✝️ 🙌🏾 Bain Turo afashe ingingo ikomeye mu buzima bwiwe! 🔥

💦🙏🏾 Umuririmvyi Bain Turo yabatijwe mu mazi menshi, mu gikorwa c’ukubatizwa kwerekana ko yahisemwo kwizera no gukurikira Yesu Kristo.

✝️🔥 Iyi ntambwe nshasha Bain Turo ayifashe mu gihe benshi bamumenyereye biciye ku muziki. Ubu na we ubwiwe yerekanye ko hari urugendo rushasha yatanguye mu buzima bwiwe bw’ukwizera Inyuma y'igihe kitari gito yugarijwe n'ingwara.

🙌🏾 Bain Turo ati: Yesu ni we nahisemwo gukurikira![ “Ivyo bivuga ko twapfuye hanyuma tugahambanwa na we mu kubatizwa, kugira ngo, nkʼuko yazuwe mu bapfuye nʼubushobozi bwʼubwiza bwa Data, abe ari ko natwe tubaho mu bugingo bushasha.“ Abaroma 6:4]

👀 None wewe ubona gute iyi ntambwe nshasha ya Bain Turo?

🎤

🚨🚨✅ Inyishu ya José Mourinho abajijwe kuri Ballon d'Or !José Mourinho :🗣️ « Twese hano, turazi umukinyi wambere mwiza kw...
13/09/2026

🚨🚨✅ Inyishu ya José Mourinho abajijwe kuri Ballon d'Or !

José Mourinho :🗣️ « Twese hano, turazi umukinyi wambere mwiza kw'isi, kandi tuzi n'umugwi akinamwo. »

Umukinyi wambere aruta abandi kw'isi aka kanya n'uwuhe kubwawe ?

B Face nawe yishuye Monia fleur atii kuberikii atashizemwo Couple yabo na   mu ndirimbo yiwe
13/09/2026

B Face nawe yishuye Monia fleur atii kuberikii atashizemwo Couple yabo na mu ndirimbo yiwe

Address

Nairobi
9294

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when King's Family Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category