25/06/2026
🚨🚨: 𝐍𝐞𝐲𝐦𝐚𝐫 𝐉𝐫 yavuze ko
Yarize inyuma y’intsinzi ya Brazil. 🇧🇷😳
Neymar Jr. yemeye ko yasutse amarira
Mu cumba c’abakinyi inyuma yo gufasha
Brazil gushika ku ntsinzi ejo.
🗣️ " Ego, narize amarira nkiri mu cumba
C’abakinyi. Ndashimira Imana kuba
Yarampaye akaryo ko gufasha igihugu Canje ndanezerewe cane." 🙏❤️