MST GODIO Olginal

MST GODIO Olginal Gahunda ni gu Followingana Numfolowing ndagusubiza follow twibuka ko 2026 yamose. https://www.facebook.com/profile.php?id=61583342129879

Good night
24/08/2026

Good night

Week and nice
23/08/2026

Week and nice

🇧🇮🔥 Ayo Mabati Yose Murayabona? Ushaka Gusakara? Ibati Rimwe Ngaho Ni 38000f Nyaruka Tuguhereze!Superbat Burundi Iri Mur...
24/02/2026

🇧🇮🔥 Ayo Mabati Yose Murayabona? Ushaka Gusakara? Ibati Rimwe Ngaho Ni 38000f Nyaruka Tuguhereze!

Superbat Burundi Iri Muri Promotion Kugirango Abanyagihugu Bose Babe Munzu Nziza Kandi Zikomeye

Imisumari , Amabati Ya BG32 Na BG28 Yamabara Atandukanye Vyose Birahari

Nyaruka Tubahereze 🔥🔥🔥🔥

Ukaba uri mubashikiriwe niyi posti fasha amasengesh Bano bana
20/02/2026

Ukaba uri mubashikiriwe niyi posti fasha amasengesh Bano bana

mugihe woba uri hanze yigihugu wagiye kurondera inoti Hama ukarungikira 250millions uwo mwubakanye wasizi mugihugu ngo y...
20/02/2026

mugihe woba uri hanze yigihugu wagiye kurondera inoti Hama ukarungikira 250millions uwo mwubakanye wasizi mugihugu ngo yubake inzu, igihe kigeze ugataha usanze yakubakiye inzu nkiyi wovyifatamwo gute ?

uwo mufasha wawe wew womugenza gute?

mbega ubona iyonzu ikwiranye niyo noti?

Ese gufata umwana nk*ku birahambaye k*k Abantu twize guhha umutima ingeso mbi vyavuye k*k birababaje🤣🤔🙏
20/02/2026

Ese gufata umwana nk*ku birahambaye k*k Abantu twize guhha umutima ingeso mbi vyavuye k*k birababaje🤣🤔🙏

Nimba wizeye   uzoronka umugisha ni wafungurira ababatumwa   niwaba wizera vuga
14/02/2026

Nimba wizeye uzoronka umugisha ni wafungurira ababatumwa niwaba wizera vuga

12/02/2026
12/02/2026
Ingaruka yo kugonga  🐍🐍 yomubwoko  'isato habaye umugabo yaransanzwe aba mugaturage kohafi yishamba akaba yaransanzwe af...
08/02/2026

Ingaruka yo kugonga 🐍🐍 yomubwoko 'isato habaye umugabo yaransanzwe aba mugaturage kohafi yishamba akaba yaransanzwe afise 🐍 ubwo yakora ikimotare ubwo amasaha 1:30 yarageze yafashe umwanya wogutaha aheze gufata amafunguro yasaita akubitana ni munzira vyanka kwayikatira biba ngombwa ko ayicako k*k yayibonye ayishikiriye nuko amaze kuyicako abandanya inzira ntiyagaheranye yaramukurikiye arashika muhira aba mukubiganira ibimubayeko Baja munzu gufungura nkinyuma 30mint yasanze yansato itaye ishavu kumoto irayimira 🥱🥱🥱 iba igize iimoto amafunguro yasasita

Address

Nairobi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MST GODIO Olginal posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share