Nitugum mu mwizero Rukristu

Nitugum mu mwizero Rukristu Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Nitugum mu mwizero Rukristu, Digital creator, [email protected], Nairobi.

11/05/2026

Bakunzi mbahaye mwiriwe canke mwaramutse bivanye n'umuntu wese aho aherereye
Burya mu buzima umuntu agenda afise ibimugora
kandi akagira n'abamugora ukacusanga urimumwiheburo udasanzwe ndetse
hakanagerigihe urogota
ntivyarikuba vyiza ko utakaze umwizero.
Ncuti ndagusavye ureke gutakaza umwizero wawe kuko Umukama Imana yawe ari kumwe nawe ubutakikuvirara
ibigeragezo uri kugenda ucamwo n'akaryo kawe keza kukwirimbura ukigaya
kugira ashobora guhwana n'Imana.
🎉🎉Kristu umwami n'umukiza wacu we yabaye iciru c'ibicumiro vyacu 🎉🎉abankomereze 🎉🎉abahe ukwihangana, ukwigaya ndets n'ukumenya gusaba ikigongwe 🎉🎉kino twacumuyeko 🎉🎉ndetse 🎉🎉ni ku Mana yacu 🎉🎉 we mudasumbwa 🎉🎉

❤️❤️ Kristu ❤️❤️ahezagire uwo wese asoma ayomajambo akayazirikana mu muzirikanyi wiwe. ❤️❤️

❤️❤️nimba ❤️❤️wizeriman ❤️❤️andika ❤️❤️Amen ❤️❤️

Eeeeh ngizo ngizo intwari za Kristu
28/04/2026

Eeeeh ngizo ngizo intwari za Kristu

Check out Donatien Bikorimana’s video.

25/04/2026

Sinoryama ntipfurije ijoro ryiza incuro n'abagenzi ❤️❤️chr wanj Umukama ❤️❤️akumber hafi

25/04/2026

❤️❤️Urukundo ❤️❤️ rwawe ❤️❤️ Mukama ❤️❤️ndaruririmba ❤️❤️ ubudahengeshanya ❤️❤️

Address

[email protected]
Nairobi
00200

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Nitugum mu mwizero Rukristu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share