08/06/2026
🔵🟣Espanye La Roja 🎙️| Luis de la Fuente umunyamakuru yamubajije ati : "Ikibazo gikomeye twabonye ejo Gavi akorera Rodri mu myimenyerezo bimeze gute ?
La Fuente amwishura ati : Uyu ni umupira w'amaguru, ni imyimenyerezo. Abakinyi baratanga vyose kandi nta n'umwe ategerezwa gusaba imbabazi uwo ari we wese. Vyose ni vyiza.
Gavi afise inguvu n'uguseka Ategerezwa kwiga kubigenzura, ariko uwu ni we Gavi Mba nshaka kubona😁
🔥🔥Amakuru yinkino agezweho no muri Watsapp arahari injira 👇https://whatsapp.com/channel/0029VbCxPEhAu3aXpIylDu04
Follow Top sports news's WhatsApp Channel. 🔵🟣Amakuru yinkino yihuta yaburi mwanya naha muzoyasanga 🔥🔥🔥. Join 269 followers for the latest updates.