BUJA Swangi MEDIA

BUJA Swangi MEDIA � Breaking News • Celebrities • Entertainment
� Burundi & East Africa
� Swangi MEDIA – First With

Mwiriwe neza ❤️ Aha nihe?
04/06/2026

Mwiriwe neza ❤️ Aha nihe?

04/06/2026

NIGIKI MUKUNDIRA INGABO Z'UBURUNDI 🇧🇮 MUBABONA GUTE? AHO IWANYU

04/06/2026

✨ Bwambere Alvella Muhimbare ahuriye mu kiganiro kimwe na Mireille vyari biryoshe cane! 😍🎤

Abakunzi b'umuziki wa Gospel mu Burundi baranezerewe gusubira kubona Mimi Mireille ari kumwe na Bwambere Alvella mu kiganiro ciza cane. Mimi twari tumukumbuye cane, kandi ukuboneka kwiwe kwasubiye kunezereza benshi mu bakunzi ba Gospel. 🇧🇮🙏

Mbega wewe, ni iyihe ndirimbo ya Mimi Mireille ukunda kurusha izindi? ❤️🎶

03/06/2026

Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Deo Nkurunziza

Akajambo kamwe kuri papa burundi 🇧🇮❤️✍️
03/06/2026

Akajambo kamwe kuri papa burundi 🇧🇮❤️✍️

Aha nihe?
02/06/2026

Aha nihe?

02/06/2026

Zimwe mumpanuro zahawe abarundi 🇧🇮 baba mugihugu kibanyi ca Kenya 🇰🇪 umviriza utahure 🙏❤️✍️

HELLO KUBANTU MUZI ANO MAKURU NI MUDUTOMORERE MUZOBA MUKOZE 🙏💔😕
01/06/2026

HELLO KUBANTU MUZI ANO MAKURU NI MUDUTOMORERE MUZOBA MUKOZE 🙏💔😕

Address

Nairobi
00100

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BUJA Swangi MEDIA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share