Swangi Jay

Swangi Jay Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Swangi Jay, Media/News Company, Nairobi.

🔴🔵🇹🇿🎉 IMPUZU N’IMYAKIRIRE MUMURYANGO WA Diamond Platnumz  NA Zuchu  🫄👶🏽💖Inyuma y’ibirori vya Baby Shower umuririmvyi kaz...
02/08/2026

🔴🔵🇹🇿🎉 IMPUZU N’IMYAKIRIRE MUMURYANGO WA Diamond Platnumz NA Zuchu 🫄👶🏽💖

Inyuma y’ibirori vya Baby Shower umuririmvyi kazi Zuchu aheruka gukora ku musi wa Gatanu, amakuru ariko arakwiragira avuga ko mw’ijoro ryakeye yibarutse ikibondo ciwe ca mbere yavyaranye n’umugabo wiwe Diamond Platnumz. 👶🏽🎉

Bivugwa ko bibarutse umwana w’umukobwa. 💕🇹🇿

Turabipfurije umunezero, amagara meza n’urukundo rudasanzwe muri uyu muryango! 🙏🏽❤️

✍️ Nimba ukunda umubano wa Diamond na Zuchu, bandikire akajambo keza muri commentaires! 👇🏽

🔔 Kanda wongere ukore kugira n’abandi bamenye aya makuru! 🇹🇿🎶

02/08/2026

Nimba ukwirikirana umuziki ndundi 🇧🇮, umuhanzi Madiba Tha Classic umuha ikibanza cangahe muri kino gihe? 🔥🎶

Kwamamaza ibikorwa vyiwe, uburyo aririmba n’ingene akundwa n’abafana, bamwe bavuga ko ari mu baririmvyi bakomeye cane mu Burundi. 💪🇧🇮

👇 Andika ikibanza umuha mu commentaires:
🥇 1️⃣ — Ni we wa mbere
🥈 2️⃣ — Ari mu bambere
🥉 3️⃣ — Ari mu bakomeye

Niwibagire gukanda FOLLOW 👍, gukora LIKE ❤️ no gukora PARTAGE 🔄 kugira n’abandi bakunzi b’umuziki ndundi batange ivyiyumviro vyabo! 🇧🇮🔥

Address

Nairobi
00100

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Swangi Jay posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share