OG ONE FeliGo

OG  ONE FeliGo ΰΌ’οΈŽπ—Ÿπ—˜π—šπ—˜π—‘π——ΰΌ’οΈŽ
β€Œβ€Œβ˜†π—”π——π——πŸ§šβ€β™€οΈπ— π—˜πŸ–‘πŸ’₯
Reallers onlyπŸ”™πŸ”™πŸ”™
likeπŸ‘, commentsπŸ“©
σ°Ÿͺ󰟡[ ✬FeliGo✬󰟯]󰟫󰟱
πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡

24/07/2025

πŸ˜…πŸ˜…πŸ˜„

24/07/2025
πŸŸ£πŸ”΅Abakinyi bacu ubona ko bariko baritegurira  sezo iza ya 2025-26 bari tayari kabisa!πŸ’ͺ Abakinyi benshi bo mu mugwi wa mb...
10/07/2025

πŸŸ£πŸ”΅Abakinyi bacu ubona ko bariko baritegurira sezo iza ya 2025-26 bari tayari kabisa!πŸ’ͺ Abakinyi benshi bo mu mugwi wa mbere baragabanije ibiruhuko vyabo maze bagaruka kare ku kibuga c’imyimenyerezo β€” murabo bashoboye kuza kare harimwo : Bernal, Christensen, AraΓΊjo, Gavi, HΓ©ctor Fort, Joan GarcΓ­a, Gerard MartΓ­n, Olmo na Ter Stegen!

πŸƒβ€β™‚οΈ Kandi ngo n’abatarashika kuza gukora imyimenyerezo ku kibuga c'abigenewe ngo ntibariko barateba vuba baraza gutangura gukorana imyimenyerezo n' abandi

Abataraza gukorera ku kibugu c' imyimenyerezo harihoβ€” Ferran Torres, Lewandowski, n’abandi gusa ngo n'abonyene ntibicaye babandanya bakora nubwo bataraza ku kibuga c' imyimenyerezo! πŸ‹οΈβ€β™‚οΈβš‘

βœ…οΈCatalunya Radio

⚽🏟️  πŸ‡¨πŸ‡³πŸ‡¨πŸ‡³ Mr Ballon d'or Hariya muri Chine Ariko arandika ayandi mateka aho yakiriwe nkumukinyi adasanzwe arikumwe nurug...
10/07/2025

⚽🏟️ πŸ‡¨πŸ‡³πŸ‡¨πŸ‡³ Mr Ballon d'or Hariya muri Chine Ariko arandika ayandi mateka aho yakiriwe nkumukinyi adasanzwe arikumwe nuruganda rukomeye Hano kwisi adidas Rudasanzwe rumwambika rukanambika ama Equipe meshi kwisi nabakinyi baba bakomeye mwite Lamine Yamal abandanya kwinziza amafaranga meshii cane kubera inganda zigiye zitandukanye azamarize harimwo Adidas vuba naho buca akwiza imyaka 18 gusa yamavuko amaze gukora ibidasanzwe hano kwisi niciye mumpano yiwe ya Football ejo muri Chine yateje Akajagari abantu baragukmuka kugira baze kumuraba bifotozanye ibintu vyatangaje abantu Beshi kubona igikundiro uno mwana azananye mubantu akajambo kamwe kuri Yamal ✌️β™₯οΈπŸ’™

OG ONE FeliGo

πŸ’£ KOBA ARIKO KANYA πŸ”ͺ🩺🚧🚦  Jude Bellingham azobagwa Ku rutugu rw'ibubamfu amaze igihe arwaye. πŸ€πŸ€•Jude Bellingham niyo yabar...
10/07/2025

πŸ’£ KOBA ARIKO KANYA πŸ”ͺ🩺

🚧🚦 Jude Bellingham azobagwa Ku rutugu rw'ibubamfu amaze igihe arwaye. πŸ€πŸ€•

Jude Bellingham niyo yabarwa azobura Hafi amezi 3 gushika kuri 4 kuva ubu; ingingo yarafashwe ku bijanye no kubagwa kwiwe. ⚠️❌

Ubu bubabare Yagize mu gitugu yarabukinanye Saison yose ya 2024/2025 arayirangiza abukinana na Coupe du Monde des clubs none uwu mwanya w'akaruhuko agiye kubarwa.

Bari biyumviriye Ku mubaga ataratangura muri Saison irangiye ariko asaba ko bomureka akayimara.
Kora Ubandanye wironkera vyinshi

10/07/2025

πŸ˜…πŸ˜…πŸ˜…πŸ˜…πŸ˜…πŸ˜…πŸ˜…πŸ˜Ž

Eeeeh ! PSG c'est pas carrΓ© Γ§a πŸ˜„πŸ˜„πŸ˜„AprΓ¨s Declan Rice, le Real se fait encore tripoter par DembΓ©lΓ© 🀣🀣Tu mΓ©rites ton ballon...
10/07/2025

Eeeeh ! PSG c'est pas carrΓ© Γ§a πŸ˜„πŸ˜„πŸ˜„
Après Declan Rice, le Real se fait encore tripoter par Dembélé 🀣🀣
Tu mérites ton ballon d'Or Mec 🀣🀣
L'essentiel est que les victimes de Declan Rice soient éliminées 🀣

10/07/2025

na OG ONE FeliGo

25/06/2025

𝗠𝗒π—₯π—‘π—œπ—‘π—š π—£π—˜π—”π—£π—Ÿπ—˜πŸ‘‹πŸ‘‹πŸ‘‹
π—šπ˜‚π˜†π˜€ raba muri commentaire ukore π—šπ˜‚π˜†π˜€πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡

Address

Lilongwe

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when OG ONE FeliGo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share