Inguvu zá mpwemu yera

Inguvu zá mpwemu yera Gospel urubugwa gwindirimbo za video gospel

20/07/2025

Ubugingo by kamikazi Sandrine imwe mundirimbo mwakunze cane

23/06/2025

Ibikomeye bizoza ariko yesu we tumugumize imbere😍😍😍

23/06/2025

Imwe mundirimbo mwakunze cane indirimbo yuzuye mwamajambo yimpora mutima abera tuzataha by impuwe choir

14/06/2025

Yaratwimana Imana yacu😍

Hashizwe kumeza Umuliyoni 1 wamarundi kuwofata uyu musore  Kevin calvin Yarasanzwe akorera Ishirahamwe VYUKAA GROUP OF C...
25/05/2025

Hashizwe kumeza Umuliyoni 1 wamarundi kuwofata uyu musore

Kevin calvin Yarasanzwe akorera Ishirahamwe VYUKAA GROUP OF COMPANIES rikorera mu Carama kumayira abiri ariko yaba muri zone kinama Quartier Muramvya kurya 5 Komine Ntahangwa mu Gisagara ca Bujumbura.

Nkuko bishikirizwa n'Umunyamitahe muriryo Shirahamwe VYUKAA GROUP OF COMPANIES azwi cane nkumwe mubitunganiriza imigambi hano mu Burundi kw'izina rya Jean Pétit Vyukusenge yamenyesheje ko uyo musore Kevin yivye iryo Shirahamwe ibikoresho bigizwe nama Cameras (4) nibindi bitandukanye bifise agaciro ka Miliyoni zigera canke zirenga Imiliyoni 30 zamarundi bivanye nibiciro vyo kwisoko.

Asaba gutangiriza hirya no hino kuruwo wese vyoshobokera kandi akemerera uwomufata kumuha agashimwe kamafaranga angana n'Umuliyoni wamarundi.

M.N: Inoti ingana n'Umuliyoni wamarundi iri kumeza (1 000 000 fbu est Sur la table)

Kuri uwo wese yomufata

Yokwakura kuri iyi Numéro +257 69568573

Vyukaa Magazine

Nigiki ukundira uyumukozi wimana prosper nkomezi mbega harindirimbo yiwe u*i?
19/05/2025

Nigiki ukundira uyumukozi wimana prosper nkomezi mbega harindirimbo yiwe u*i?

17/05/2025

Mwiriwe mwaramutse aho muri hose twagomba kubamenyesha ko page yacu yari yagize akabazo none tukaba tugarutse kuba kumwe namwe

03/12/2024

Umuhanzi wabagize umwuga akaba asanzwe arumuririnvyi windirimbo mpimbaza na wamurondera kumbuga ntandukanye nka Facebook Tiktok onesime Contacte:+258865503991

25/11/2024

Ubwisandugu y Imana yagaruka kumugwa🥰🥰

15/11/2024

Ntituvumika by Uwiringiyimana theogene Rwanda🇷🇼

Humura🥰🥰
16/10/2024

Humura🥰🥰

14/10/2024

Endereço

Maputo

Telefone

+258865503991

Website

Notificações

Seja o primeiro a receber as novidades e deixe-nos enviar-lhe um email quando Inguvu zá mpwemu yera publica notícias e promoções. O seu endereço de email não será utilizado para qualquer outro propósito, e pode cancelar a subscrição a qualquer momento.

Entre Em Contato Com O Negócio

Envie uma mensagem para Inguvu zá mpwemu yera:

Compartilhar