KIDA DA MAYA

KIDA DA MAYA Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from KIDA DA MAYA, Digital creator, charjah, Kamenge.

🔥🚀🇧🇮 UMURIRIMVYI B-face On The'flo NIWE AHERUKA GUTANGAZA AVUGA KUVYEREKEYE INDIRIMBO 2 IMWE YIWIWE ARIKUMWE NA MB Data ...
22/04/2026

🔥🚀🇧🇮 UMURIRIMVYI B-face On The'flo NIWE AHERUKA GUTANGAZA AVUGA KUVYEREKEYE INDIRIMBO 2 IMWE YIWIWE ARIKUMWE NA MB Data NA YA KING 👑 Sat-B 🔥

YATANGAJE AVUGA KO INDIRIMBO YA SAT-B ARIYO NDIRIMBO MUZIMAZE GUSOHOKA MURI KUNO KWEZI KARIYO ISUMBA 😆

NIMUGIHE HARI HAMAZE GUSOHOKA INDIRIMBO Z'ABARIRIMVYI BATANDUKANYE KANDI NYINSHI 🤷‍♂️🔥🚀

🔻TUVUGE KO VYOBA ARIVYO??

🔻MUREMERANYA NAYO MAJAMBO YA -FACE_ON_THE'FLO??

  ARIKO VRMT KUBER IKI   IMEZE UKU KWL 😭 BIRAMAZE KUGARAGARA KO 😭💔   😭🇧🇮 uteyimbere murikomedi abasi babaBeshi ndabira T...
18/04/2026

ARIKO VRMT KUBER IKI IMEZE UKU KWL 😭 BIRAMAZE KUGARAGARA KO 😭💔 😭🇧🇮 uteyimbere murikomedi abasi baba
Beshi ndabira Toto Le Comedie1 ingene
ataramaze numwaka muri comedy none nguyu
Akurikiye Sha birababaje 😭😭😭😭

Ariko rero biteye amakenga cane none boba arabakinyi ba badashaka ko abana batwika Bagaca babahitana? Cank numu uhari wanka abana baza muri 😭💔

😭😭 R.I.P imana imwakire Toto Le Comedie1  yitahire vidéo yanyuma yayikoranye nanje😭😭 none aratashe birababaje cane
17/04/2026

😭😭 R.I.P imana imwakire Toto Le Comedie1 yitahire vidéo yanyuma yayikoranye nanje😭😭 none aratashe birababaje cane

🚨💥   twarabasize song🇧🇮🪗🎹 aha jewe ndaziko iyi ari HT 🚨gusa jewe mwababantu 3 ndindiriye ijwi rya  🎹🔥Tubwire nawe ubona ...
17/04/2026

🚨💥 twarabasize song🇧🇮🪗🎹 aha jewe ndaziko iyi ari HT

🚨gusa jewe mwababantu 3 ndindiriye ijwi rya 🎹🔥

Tubwire nawe ubona iyo arinde wizeyeko azobikora neza bivanye nuko usazwe ubazi baririmba?
Adrick AKIM

⁉️   ni gute ashobora kunanirwa na 1M vues kwl😭 ibintu bito cane⁉️ mugihe nuwu mujama   akwiza 1Mvues muri 2jrs kandi ak...
16/04/2026

⁉️ ni gute ashobora kunanirwa na 1M vues kwl😭 ibintu bito cane⁉️ mugihe nuwu mujama akwiza 1Mvues muri 2jrs kandi akiri umwana mumuziki🤷‍♂️🤷‍♂️

‼️ muri mubiki none? nabandi ... Ashaaa wlh mwashaje nimubise abana bikorero

Reba 📀💣zuwumujama ukuntu zihagaze neza Kuma kwl😱😱

Ubu umuziki usigaye muba link muri comantaire muravyibonera
👇👇👇👇

🚨🇧🇮vs🇷🇼   cane kubona     duhuza neza 100% imipaka yuguruye twinjira bitagoranye nabo baza bitagoranye🤔‼️Ariko rero   (k...
12/04/2026

🚨🇧🇮vs🇷🇼 cane kubona duhuza neza 100% imipaka yuguruye twinjira bitagoranye nabo baza bitagoranye🤔

‼️Ariko rero (kagome) akiri kuntwaro sinziko bizopfa bibayeho🤔 abaturage ngaho beshi baripfuza kuza ngaha bikanka

Ikibazo gikomeye kiva kuri Abanyarwanda mwihangane rero mufise umuvyeyi 😂😂

   🔥  mwige   BAGEZE KUNTAMBWE NZIZA CANE🤜🤛🇧🇮💥   NA   🙋🇧🇮 MURI    TURAYOBOYE🙋 IKIBAZO RERO! ‼️ABAVYEYI BESHI CANE BARATI...
12/04/2026

🔥 mwige BAGEZE KUNTAMBWE NZIZA CANE🤜🤛🇧🇮💥 NA 🙋🇧🇮 MURI TURAYOBOYE🙋 IKIBAZO RERO!

‼️ABAVYEYI BESHI CANE BARATINYA KURUNGIKA ABANA BABAKOBWA BABO MUGISIRIKARE CANK MUGIPOLICE MBE BASHA BIVA KUKI?🤷🤷

🙆‍♂️🇧🇮🔥 BIRA BABAJE BITEYE AGAHINDA🤷‍♂️UMUSAZA Big Fizzo ABICISHIJE KURUBUGA RWIWE RWA FACEBOOK : Aucun de nous ne verra...
11/04/2026

🙆‍♂️🇧🇮🔥 BIRA BABAJE BITEYE AGAHINDA🤷‍♂️
UMUSAZA Big Fizzo ABICISHIJE KURUBUGA RWIWE RWA FACEBOOK : Aucun de nous ne verra 3026.
Donc je voudrais faire preuve de courtoisie et dire:
" R.I.P À NOUS TOUS À L'AVANCE"
😪
MUKIRUNDI ; NTA N'UMWE MURI TWEBWE AZOBAHO GUSHIKA MUMWAKA WA 3026 . NI CO GITUMA SHAKA KUGARAGAZA ICUBAHIRO NKAVUGA NTI : "TURUHUKE MUMAHORO IMBERE YUKO TWESE DUPFA🤷‍♂️

ICO NKUNDIYE UMUSAZA ARAKUNDA CANE UMWANA W’ISEZERANO MUMUZIKI NDUNDI Melanin boy 🔥 NKUKO MUMAJAMBO YAVUZE YACIYE AYAHEREKEZA NINDIRIMBO YUWU MUSORAIT ✍️🔥

🔻UBWO AYA MAJAMBO YOBA AGAMIJE KUKI??

🔻NIGIKI CATUMYE MUTAMA ASERURA AYA MAJAMBO??

🔥🇧🇮🚀 NIVYISHIMO VYITEKA KUBONA Kirikou A Kili , Sat-B ,  Double-jay OnceAgain NABANDI BARIRIMVYI BO 🇧🇮BAJA HAMWE BAGAKOR...
10/04/2026

🔥🇧🇮🚀 NIVYISHIMO VYITEKA KUBONA Kirikou A Kili , Sat-B , Double-jay OnceAgain NABANDI BARIRIMVYI BO 🇧🇮BAJA HAMWE BAGAKORANA IGIKORWA

AMA PHOTO 📸 MEZA CANE BAFISE IKINYOBWA PRIMUS 🇧🇮🔥

Monia Fleur ARI MUBARIRIMVYIKAZI BARIKO BIGARAGAZA CANE UYU MWIGEME ARAZI KWIDANDAZA NEZA NKUKO BIBA BIKENEWE MUMUZIKI NDUNDI 💪🇧🇮🔥

🔻NIGIKI UKUNDIRA KURI BANO BARIRIMVYI ?

‼️❌   YA  🥸⚠️ IBIBINTU   IKINYOMA CAMBAGE UBUSA🔞 UWUMUKOBWA NIVYO ARASHIRA ISONU GUSA JBJ MUBONA SIWE ARIKO ARABI POSTIN...
09/04/2026

‼️❌ YA 🥸⚠️ IBIBINTU IKINYOMA CAMBAGE UBUSA🔞 UWUMUKOBWA NIVYO ARASHIRA ISONU GUSA JBJ MUBONA SIWE ARIKO ARABI POSTINGA OYAA

↪️AHUBWO EJO HAHISE YARAKOZE VIDEO KURI STATUT YIWE YA WTSP ATUBWIRA KO FACEBOOK YIWE BAYITWAYE PAGE SIWE ARIKO ARAYIKORESHA ⚠️❌

↪️ABAKUNZI BIWE RERO MUBITAHURE NABAGIZI BANABI BASHAKA KUMUCAFUZA NUKO BIMEZE RERO MURABITAHURA MUSHATSE MUREKE BIRABASHAA MAFUUU 🤣🤣

TUGIRE AMAHORO KURI FACEBOOK!

🚨   😭😭 uku niko bigenda mubuzima  aho hagera   ugata ukaja  kwamamaza  😭😱   nawe rero  ivyimana yashize kuruhande aja kw...
09/04/2026

🚨 😭😭 uku niko bigenda mubuzima aho hagera ugata ukaja kwamamaza 😭😱 nawe rero ivyimana yashize kuruhande aja kwamamaza inzoga ariko nakazi aha ntacaha nomushinja jewe

Ahubwo bibabere isomo abandi bakizwa babandi bigira ngo baramenye Imana kudusuvya ukaza wunva ngo jewe ntanzoga nokorako ngo sinokora mukabare ndakijijwe🤣🤣 ubwenge buke gusa

💥  irabandanya gutsimbataza ubunonotsi kungabo zigihugu 💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮 fans
09/04/2026

💥 irabandanya gutsimbataza ubunonotsi kungabo zigihugu 💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮
fans

Address

Charjah
Kamenge

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when KIDA DA MAYA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to KIDA DA MAYA:

Share