02/11/2024
Story:"NDACAGUKUNDA"๐๐
(Bado nakupenda)โค๏ธโค๏ธ
Umwanditsi:Patrick Eliezel ๐ฅ๐บ
Episode:12
************
๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ
โ๐บ๐น๐ฅ
โ๐บ๐น๐ฅ
โ๐บ๐น๐ฅ
โ๐บ๐น๐ฅ
โ๐บ๐น๐ฅ
โ๐บ๐น๐ฅ
Ubuheruka aho twasozereje inkuru yacu, twasize Daniel ahejeje kubwira amajambo mabi murumunawe Paul kuburyo Paul vyaje kumunanira kwihangana agahita yisanga yakubise Daniel ingumu nziza yo mumaso kuburyo Daniel ahita agwahasi ariko arava amaraso mukanwa.
Ese vyoba vyaje kubandanya gute??
Reka twibandanirize rero=========}}}>
๐ข๐บ๐ข
๐บ๐ข๐บ
๐ข๐บ๐ข
๐บ๐ข๐บ
๐ข๐บ๐ข
๐บ๐ข๐บ
๐ข๐บ๐ข
๐จ Daniel:heeeeee Ese wewe ivyanje na Ariella birakuraba??umva ndakubwire mdogo wangu uze uraraba ibikuraba hama ibitakuraba ubireke,nikuki kuva ush*tse utagomba kumpa amahoro,wewe uje ejo ntanumusi umwe urakwira ush*tse ariko uriko urambuza amahoro kandi murugo rwanje,Ese wibagiye yuko nshobora kukwirukana ukamvira murugo rwanje??
Kuberiki wewe ariwe uguma witimbere muvyanje na Ariella?? Canke ushaka Ariella??
Nimba umushaka bivuge ndabimenye hama umwitorore kuko jewe ntamwanya nkimufitiye.
๐จ Paul mukumva amajambo mabi mukuruwe yaramubwiye vyahise bimutera umujinya mwinshi cane๐๐๐ maze bihita bimunanira kwi controla ahita yisanga yakubise Daniel ingumu nziza nziza cane yomumaso kuburyo Daniel yahise agwahasi ariko arava amaraso mukanwa ๐ญ๐ญ๐ญ๐ญ
๐จ Daniel ariko aravirirana amaraso mukanwa yahise avugana umujinya mwinshi cane ati: Paul Ese wewe nyene urubahutse kunkubita jewe mukugwawe kubwiyo malaya(kubwiyo ndaya) ngo ni Ariella???
(Birababaje cane kuba wogirirwa ubuntu ukaronka umugore nka Ariella ariko ukaza kumwitesha wongera umwagiriza ibintu vyatigeze akora,nukuri harimwo abagabo bakwiye kwihanura,ba Daniel mwese ndabasuhuje ๐๐๐)
๐จPaul:what?? ati ngwiki??? Yes Daniel you are my brother ariko ntabwo nshobora kukureka ngugume wigira ikintu cikigugu mumutwe.
Ahubwo ndacagukubise nkeyi kuko unomusi ntegerezwa kuguhana kuburyo uheba kwigira umuntu adakomeye mumut