Kigali TV

Kigali TV Welcome To Official page Of KigaliTV.

🔴Umusore n'inkumi bitegurira kurushinga umusi umwe basohokera ahantu barya agasake munyuma umusore ati ko nubundi twamaz...
12/11/2025

🔴Umusore n'inkumi bitegurira kurushinga umusi umwe basohokera ahantu barya agasake munyuma umusore ati ko nubundi twamaze kuvyunvikana ntiwompa ngakoraho ko uwo uwuzoheka utamwicisha urume?
Erega kandi naragukoye ubu uruwanje.🥰

Umukobwa ati nta kibazo,
Umusore aca asigaho umukobwa aja kurondera icumba muri hoteri iruhande yaho bari basohokeye
umusore ariha amafaranga yicumba bamuha urufungurozo bamubwira atumbere icumba numero 10.

Umusore aja kuraba umukobwa.
Amushikiriye umukobwa amubaza ati ubwo baguhaye icumba icahe? Umusore ati bampaye Numero 10, umukobwa ati oya oya oya pe hariya muri 10 co kimwe na 11 harava cane kandi urabona ko imvura mukanya ishobora kugwa ntitwoshobora gukora ivyatuzanye🤷, ahantu nkunda kubona ari sawa icumba numero 7 na numero 8.

Umusore ako kanya nta menshi yavuze ahubwo yaciye asubira inyuma kurondera ikindi cumba ariko asanga ivyo vyumba numero 7 na 8 birimwo abandi bamubwira ivyumba bisigaye bindi kwari numero 5, 2 na 9🙆

Umusore asubira kuraba Cheri wiwe amubwira ati: Chr nsanze vya vyumba wambarira wabonye biri sawa birimwo abandi none ubona gute? Mfate icumba numero 5?
Umukobwa ati: oya Chr icumba numero zitanu gifise igitanda kimeze nabi kirajwiragira
Umusore ati basi mfate icumba numero 2?
Umukobwa ati: oya Chr naconyene gifise igitanda kijwiragira🥹

Umusore bitangura kumucanga yibaza impamvu Chr wiwe azi ibitanda bigize hoteri yose kandi ryari iryambere bazananye ahohantu🤔!

Musomyi nk'ubu uruwo musore ako kanya wovyifatamwo gute?

Mbega wokwemera kubandanya utegura gukora ubukwe n'uwo mukobwa ko twumvise ko yari yaramaze gutanga inkwano?

N'akahe kajambo wobwira uwo
mukobwa🤣?

🤣🤣🤣

Abakobwa b'ubu ni
hatali 🤣

Ukaba Uri mushasha kuri ino page fyonda aho handitse KIGALI TV SHOWramwo ukore j'aime kuri page kugira bikunde ube mubadukwirikirana
Kora Partager share usangize abandi Kandi ushaka kubandanya uronka utu dukuru tw'ubwenge kandi twigisha nufyonde like canke J'aime utibagiye gufyonda suivre canke fo

Inkuru yigisha 🤔 ubuzima ducamwo 👏 uko dukorera lmana nayo ntivyibagira ✊ kudasoma iyi nkuru n'uruhombo soma kugeza uyim...
04/11/2025

Inkuru yigisha 🤔 ubuzima ducamwo 👏 uko dukorera lmana nayo ntivyibagira ✊ kudasoma iyi nkuru n'uruhombo soma kugeza uyimaze ntuza kwicuza 🙆🏼‍♂️
__. ____ ___.....

Eric, n'umugabo wo mu gace kitwa Ekiti muri Nigeria, yari umwubatsi akongera akaba umubaji, Eric imisi yose mu gatondo yaca imbere y'urushengero agiye ku kazi. Umusi umwe, yafashe ingingo y'uko ategerezwa kwinjira muri urwo rushengero kugira aramutse Yesu imbere y'uko aja ku kazi kiwe ka misi yose.

Uko niko yaciye aguma abigenza imbere y'uko aja ku kazi yama aja muri urwo rushengero akunama akavuga ati " Yesu, ndi ngaha kugira ndakuramutse " ivyo yagumye abikora igihe kinini.

Umusi umwe yaragiye ku kazi nk'uko bisanzwe ariko ntiyaje koroherwa yakorotse ava hejuru ku nzu yariko arubaka aca avunika uruti rw'umugongo ( moelle épinière ). 😭

Yarajanywe mu bitaro vyinshi ariko ntiyigeze akira mbere arahava araba paralysé.

🏜️ Umusi umwe mu gitondo aho yari arwariye ku gitanda mu bitaro aremvye, atagira icizere co gukira , umugore wiwe yamusize wenyene aho aja muhira kuzana utuntu twa nkenerwa.

🏃 Amaze kugenda, umugabo yambaye impuzu zera yarinjiye mw'ico cumba abwira Éric ati 🗣️ " mugenzi naje kukuramutsa, nabonye wewe uyu musi utaje kundamutsa nk'uko wahora ubigenza none ni jewe naje kukuramutsa " Eric yishura ati 🗣️ " urakoze mugenzi ".

Uwo mugabo yaciye agenda, Eric yaramenye ko ari Yesu yaje kumuramutsa, amaze kugenda Eric atangura kubona ihinduka ku mubiri wiwe, bitunguranye cane yarashoboye kuvyuka, yicara kugitanda kandi kare bitahora bikunda atangura kwiyumvira ko ariko ararota. Bidatevye agerageza no guhaguruka navyo abona birakunze, atangura gutambuka navyo abona birakunze

Umugore wiwe ash*tse ntiyasobanukiwe ivyo ariko arabona kuko yibajije ko abonye igihume avuza urwamo rwinshi anezerewe arabura uko yifata atangura no kurira.

Dogiteri hamwe n'abaforoma baciye banyaruka bibaza ko ari Éric yoba apfuye kuko yahora aremvye cane. Dogiteri ash*tse asanga Eric yicaye ku gitanda ameze neza a

🔕   UBU HARIHO UMUNTU AKOMEYE ATAGWAYE IBIGWARAGWARA ARIKO YIBAGIRA GUSHIMIRA I MANA YAMUREMYENCUTI NIBA WAVUSTE ATA GWA...
04/11/2025

🔕 UBU HARIHO UMUNTU AKOMEYE ATAGWAYE IBIGWARAGWARA ARIKO YIBAGIRA GUSHIMIRA I MANA YAMUREMYE
NCUTI NIBA WAVUSTE ATA GWARA UGWAYE NTIWIRENGAGIZE GUSHIMIRA
IMANA CNK KWANDIKA

02/11/2025

Urabona akoriki?

Ndimbati muramwemera !?
25/10/2025

Ndimbati muramwemera !?

Harya ngo aka kantu bite gaterwa n’iki???? Twiganirire mfite nirungu😧😧
18/10/2025

Harya ngo aka kantu bite gaterwa n’iki???? Twiganirire mfite nirungu😧😧

Ngoma: Ingurube yariye uruhinja, se ahita ayicaInkuru iteye agahinda yaturutse mu Murenge wa Sake, aho ingurube y’umutur...
17/10/2025

Ngoma: Ingurube yariye uruhinja, se ahita ayica

Inkuru iteye agahinda yaturutse mu Murenge wa Sake, aho ingurube y’umuturage yariye uruhinja rw’ukwezi n’igice ubwo yari rusize hanze mu mbuga.

Gitifu w’Umurenge wa Sake, Ndaruhutse Jean de Dieu, yavuze ko ingurube yavuye mu kiraro isanga umwana hasi, itangira kumurya ari muzima. Abaturanyi bahise batabara, umwana ajyanwa ku bitaro bya Kibungo, ariko yamaze gukomereka bikomeye mu maso no ku munwa.

Gitifu yagize ati: “Ni ibintu biterwa n’uburangare bw’ababyeyi. Umwana w’uruhinja ntashobora kwitabara. Ababyeyi bakwiye kujya bamenya ko bagomba kumurinda igihe cyose.”

Se w’umwana, nyuma yo kubona ibyabaye, yahise yica ingurube yari yoroye kubera umujinya.

Ubuyobozi burasaba abaturage kwitondera umutekano w’abana n’amatungo, no kwirinda kurangara kugira ngo ibisa n’ibi bitazongera kubaho

17/10/2025

Hariho ijambo ryicyongereza rizwi na buriwese nirihe?✍️

Rocky Kirabiranya Kimomo nawe ati: Niba byukuri wubaha Imana yo mwijuru nturengane utanditse AMEN
17/10/2025

Rocky Kirabiranya Kimomo nawe ati: Niba byukuri wubaha Imana yo mwijuru nturengane utanditse AMEN

17/10/2025

Amafaranga ufite kuri MOMO twongeyeho 00 wahita ugira angahe !?😂

Niba Imana yarakurinze nturengane utanditse  Kora follow kuri KIGALI TV SHOW 👇👇👇👇👇facebook.com/kigalitvshow
17/10/2025

Niba Imana yarakurinze nturengane utanditse

Kora follow kuri KIGALI TV SHOW
👇👇👇👇👇
facebook.com/kigalitvshow

Address

Kigali

Telephone

+250790657795

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kigali TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Kigali TV:

Share