31/12/2025
:🇷🇼Inyuma y'aho Umuririmvyi Harmonize asubiye Murukundo numunyamideri kazi kurino ncuro biravurwa Yuko Bagiye nuguca bakora nubukwe mumwaka uza wa 2026, ariko naho basubiranye Umuririmvyi Harmonize urukundo rwamugize Imbwa gushika naho yambara ifoto ya Kajala kumupira 🤭.
✍️Mbega ubona nubu batazongera kuvana nkambere...?
Credit By