Tylo Six Demana

Tylo Six Demana Follow me please

22/06/2025

NZOBATANGAZA UMUNSI UMWE

Tylo Six Demana

Bwabundi ntawubura ico basa la famille nkukuntu yabuza amahoro Kagame rero asuko 🤣🤣🤣💔💀Ntugende utamoqye aga  ゚viralシfypシ...
21/06/2025

Bwabundi ntawubura ico basa la famille nkukuntu yabuza amahoro Kagame rero asuko 🤣🤣🤣💔💀

Ntugende utamoqye aga ゚viralシfypシ゚viralシalシ fo

🔴‼️🔥🥱🥱Ubuho Muramukizwa Niki wamuyinga   BABY KILLER 🥱🥱🥱🥱🥱AGIYE KUDUTAMWO IBIRENZE NariryaUbu tuvugan ahejeje gusinyira ...
21/06/2025

🔴‼️🔥🥱🥱Ubuho Muramukizwa Niki wamuyinga
BABY KILLER 🥱🥱🥱🥱🥱
AGIYE KUDUTAMWO IBIRENZE Narirya
Ubu tuvugan ahejeje gusinyira contract ya 500M
kumwaka nuruganda rukora Ubinyobwa 🔥🔥
Drama T Azonabica Narirya na iriko ivyitwaramwo Flsh✅✅✅

Ntiwibagire kugira follow kuri Tylo Six Demana

🛑 🛑UMURIRIMVYI DJ FERNANDO YUGARIWE YOUTUBE! 😢📵Abakunzi b’umuziki w’Uburundi mwari mwamenyereye kubona ibikorwa vya *DJ ...
19/06/2025

🛑 🛑

UMURIRIMVYI DJ FERNANDO YUGARIWE YOUTUBE! 😢📵

Abakunzi b’umuziki w’Uburundi mwari mwamenyereye kubona ibikorwa vya *DJ FERNANDO* kuri YouTube, twamenyeshejwe n’amakuru atunguranye y’uko *videwo ziwe zose zacitse* ku rubuga rwiwe rwa YouTube!

Ubu, iyo winjiye kuri chaîne yiwe (Mista Aye), uhasanga ubutumwa bubabaje: *"Chaîne sans contenu" (nta videwo nimwe iriko)*. 🥲

Ntituramenya ico YouTube yamuzize canke nimba ari ibibazo vyatewe n’abamwanduriyeko (hacking), ariko ni ikintu gikomeye ku muririmvyi yari amaze kugira *abamukurikira barenga 300.000*.

🎤 DJ FERNANDO yari umwe mu baririmvyi bakunzwe cane, afise indirimbo zakunzwe nka... (ushobora kongeramwo amazina y’indirimbo canke ibikorwa vy’ingenzi yakoze).

🗣️ Turabashishikariza gukomeza kumushigikira no kumufasha gusubira kwubaka ibikorwa vyiwe.

*Tugumane kugira tumenye ivy’iyi nkuru nshasha…*

Tylo Six Demana 🇧🇮




---

DJ Paulin Aricecekeye 🙏 Umu Avocat Wiwe Ari Mukazi Kose Nama Ndababwira Mukazi Kose Uzokora Kari Public Ba Professionnel...
18/06/2025

DJ Paulin Aricecekeye 🙏 Umu Avocat Wiwe Ari Mukazi Kose Nama Ndababwira Mukazi Kose Uzokora Kari Public Ba Professionnel None Mwibaza Ko Kirikou Na Double Jay Ko Botsinda Paulin Aribo Biburaniye ???

Abaririmvyi Bacu D'abord Ntibahanurwa Hit Irabongoza Bakabona Ko Gupostingwa Kenshi Aribwo Bu Stars !!! Bigaca Bituma Bakora Nibitokozwe Kugira Ngo Bapostingwe

Uyu Musi Nubwo Kirikou Na Double Jay Boba Bari Mukuri Uru Rubanza Ntiborutsinda Kuko Paulin Afise Umunyamategeko Wiwe Bwite Yavyize Yotuma Nurubanza Billiman Biliman boy Yitsinda

Uwabasutse Nuwabahenze Ko Ataco Bazobagira Aha Rero Niho Muca Mubona Akamaro Ka Management Kuko Iyo Baza Kuba Bafise Management Ibi Ntibiba Biri Kuba Ntibiba Vyaranakozwe Ariko KO Bahanurwa Nabage'zi Basangira Inzoga Toujours Bakora ibidakorwa

Jewe Nama Mvuga Gute Abaririmvyi Nkaba Badahiga Management ??? Aya Masaha Tuyaga Indirimbo NTA GA SO Ntayiri Kuri YouTube Nindirimbo SINOKWIRARANA Vyajanye Ntayiriko

Nkahamwe Zoba Zatewe Encore Copyright Na DJ Paulin Ni Uruhombo Runini Kuri Double Jay YouTube Yiwe Ishobora No Kumwaka Monétisation Kubera Kuripotingwa Kenshi Kuki Tudakora Imiziki Yunguka Nimba Ari Nintambara Dukore Intambara Zumuziki Wunguka Apana Uwudusubiza Kurima

Nimba Naho Ari Buzz Ya Billiman Boy Jewe Ndayiteye Ivyatsi Kubera Iki Umuziki ndundi Mugomba Kuwubakira Kuri Buzz ?? Guys Umuzik Wa Buzz Umuziki Uronka Ama Vues Aruko Hakozwe Buzz Nturamba Buzz Ni Buzz Kora Umuziki Mwiza Uzitwara Atama Buzz Guys None Murazi Impamvu Big Fizzo , Natacha Burundi , Kidumu BAramvye Mwuwu Muziki Nuko Bakoze Umuziki Mwiza Apana Umuziki Wama Buzz

Ibindi Bihugu Ubu Buzz Barazihevye Umuziki Uriko Udugirizwa Kuri Tik Tok Challenges Baragenda Bagategura Dance Izotrendinga ISI Yose Nuwutumva Ururimi Akayitamba Akanayisanga Kuri YouTube Ariko Aha Iwacu Twuzuyemwo Ibintu Vyama Biffu Yokuzimyana No Kurogana Gusa

Guys Umuziki Ni Kwiyumvira, Kwandika Neza No Kumenya Gute Noba Umu Artiste International.

🚨🚨 Umwana w'imyaka 17   ahinduye ubuzima bw'umuririmvyi w'imyaka 35 " Skales " kubwo gutamba aka video gato k'indirimbo ...
14/06/2025

🚨🚨 Umwana w'imyaka 17 ahinduye ubuzima bw'umuririmvyi w'imyaka 35 " Skales " kubwo gutamba aka video gato k'indirimbo yiwe 👇🏽

======================

Nkukwo avyivugira :

Skales agira ati : " Lamine Yamal yampinduriye ubuzima ndetse n'ibibugize . Mumyaka yahera , nahora ndota ko noronka abanyumviriza bashika umuliyoni kuri . Gusa Ubu ndafise imiliyoni zirenga 3 zabanyumviriza buri kwezi buri kwezi "

Kandi Ivyo vyose nabish*tseko kubera Lamine Yamal yatavye agace Gato k'indirimbo yanje yakera

Ubu ari mubaririmvyi bumvirizwa cane kuri Spotify ndetse yaranakoze indirimbo yitwa ( Dance Like Lamine Yamal : DLLY ) canke ( Tamba nka Lamine Yamal ) nayo n'Indirimbo iriko irumvirizwa cane .

Tubibutse kandi ko Spotify irusha incuro 3 amafaranga itanga kuri Youtube .

==========================

Skales ✈️🇳🇬

Ntiwibagire kugira follow, like, share na comment
Tylo Six Demana

USHAKE WIFOTOZE URI GUSA HIT NTUFA MAMA YANGU NDARAHIYE 👅
14/06/2025

USHAKE WIFOTOZE URI GUSA HIT NTUFA MAMA YANGU NDARAHIYE 👅

NKAHA AKA GA KOBWA KA Alvin smith frimeur KIBAZA KO TURI IBIROFA , KIBAZA KO TUTAZI KO ARI   BIBEREYEMWO KUGIRA KARABE K...
13/06/2025

NKAHA AKA GA KOBWA KA Alvin smith frimeur KIBAZA KO TURI IBIROFA , KIBAZA KO TUTAZI KO ARI BIBEREYEMWO KUGIRA KARABE KO KOVUGWA N'UMUSI N'UMWE HAHAHA 😂🤣 TWARABAHINYU SHA 👊🤏👉

🇧🇮🔥 Inyuma Yimyaka 8 Bakundana 💝 Munyuma Bikamera Nkibigorana Gato Umuririmvyi W'umurundi 🇧🇮 Azwi Kwizina Rya Bain Turo ...
12/06/2025

🇧🇮🔥 Inyuma Yimyaka 8 Bakundana 💝 Munyuma Bikamera Nkibigorana Gato Umuririmvyi W'umurundi 🇧🇮 Azwi Kwizina Rya Bain Turo Yongeye Gusubirana Nuwo Yahoze Akunda Azwi Kwizina Rya Sky .

Akenshi Biragoye Ko Umuntu Mushobora Kuvana Ariko Mukaguma Mwiyumvanamwo Nivyo Vyabaye Hagati Ya Bain Turo Na Nice Sky Basa Nkabavanye Hafi Imyaka 3 Ariko Bongeye Guhuzwa N'indirimbo Bain Turo Aherutse Gushira Hanze Yise " MUMASO YAWE"

Iyo Ndirimbo Kano Kanya Igeze Kuma Views Arenga Ibihumbi Ijana Kurubuga Rwa YouTube

🔺 Indirimbo Mumaso Yawe Wayumvise Gute?

🔺 Ubona Bain Turo Baberanye Nuwo Mwigeme?

  🔥??   🔗⚖️🔥🔥  !! K'umunota wa 2:11( Mundiririmbo ya   n'a   ,   ) : Ibi niho vyabonetse 🕵🏽‍♂️👇🏽🐊 Photo yumutwe wa   nih...
09/06/2025

🔥?? 🔗⚖️
🔥🔥 !! K'umunota wa 2:11( Mundiririmbo ya n'a , ) : Ibi niho vyabonetse 🕵🏽‍♂️👇🏽

🐊 Photo yumutwe wa niho yagaraye kupantaro muriyo ndirimbo

NTA GA SO : N'Indirimbo iriko irakundwa ndetse mumasaha make 15 , imaze kurabwa nabarenga ibihumbi mirongo indwi ( +70k ) k'urubuga rwa

⭐ Uretse kwari indirimbo Nziza , ubwo Hari uwamenye uwari yambaye ino mpuzu ?

Address

Rwanda
Kigali
+250

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Tylo Six Demana posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share