Hard Worker

Hard Worker I'm moving forward the good, the bad are the lessons.

09/03/2025

UVIRA igiye kuberamo imigwano ikomeye

08/03/2025

Mon Oncle Arcade m'a motivé à rejoindre l'équipe nationale du Burundi. Je suis déterminé à donner le meilleur de moi-même.

Je pense aussi que mon petit frère Joël Mvuka pourrait me rejoindre l'avenir même si pour lui c'est difficile car il est déjà intégré dans le système de l'équipe nationale de la Norvège.

Suivez l'interview de Bertrand Mvuka Nishimwe avec AKEZA SPORTS .

08/03/2025

BORIKO BIRAHINDURA ISURA ‼️

MU GISAGARA CA ABARWANYI BA M23/RDF BARI MURI KOMINE BAHEJEJE KUHAVA AHO BAGIYE BATAYEHO IVYANKENERWA BAKORESHA.

ABANYABUKAVU BABA MURI IYO KOMINE BACIYE BAVYIRARAMWO BABITWARA, ABANTU NTIBARAMENYA ICATUMYE BAVA MURI IYO KOMINE.

N'AMAKURU TUBANDANYA TUBATOHOOREZA TUBAZA ABARI I BUKAVU.

08/03/2025

KUBERA BARIKO BARAHURA N'UMURIRO BATANGUYE UBUBESHI NGO M23 YAHARETSE KUBERA UBWUMVIKANE😀😀😀
AYO NGO N'AMATOHOZA Y' AMERIKA MU KARERE URWANDA IVYO BIMVIKANYE N'UBURUNDII..

08/03/2025

Ir'Ijoro haraye haravuga amasase menshi mu gisagara ca uyu arigana uko vyagenze aho M23 yageranije urwaruka irucisha mu Bwato burukira i GOMA bajanywe kwigishwa Igisirikare arigana..
Umviriza ido n'idooo..

08/03/2025

Muri kano kanya i M23 iriko irahiga Urwaruka rubica nkuko mubibona uwo arabibonye aca aratanga iyo video ubunyenee..

08/03/2025

I IMISORE YAHO IRIKO IRICWA ... UMUKONHOMANI ARI I ARABIVUGA IVYO BARIKO BARABONA.😥😥

07/03/2025

Uku Niko bariko bategura gukora GÉNOCIDE muri CONGO

07/03/2025

UMVIRIZA IVYO IKINYAMAKURU IGIHE CO MURWANDA CANDITSE :NGO : " Itegeko ryatanzwe Abasoda ba Burundi bafate i BUKAVU..."
IDO N'IDO IVYO BANDITSE..👇👇

07/03/2025

Intambara yabaye uy'Umunsi

06/03/2025

M23 /RDF gufata biranze 😭😭😭 Papa ashyigikiye M23 😳😳😳Raba amayeri M23 iriko irakoresha!!!

06/03/2025

IBINYAMAKURU BIVUGIRA CANE M23/RDF VYO MU BAVUGA KO BABONA KO M23 YOBAGORA GUFATA KANFI AMAKURU BAFISE KO BASA NABAYIKWEVYE BAGOMBA KWEREKEZA ZA NA UVIRA BAKAYIREKA.

YATINYE IKI ? ? ?

Address

KG (Kigali Gasabo) Streets : KG 7 Ave(mu Gace Ka Gasabo)
Kigali
RW

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Hard Worker posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share