DAKID

DAKID

Paul Pogba munzira yokuja muri As Monaco Nk’uko DiMarzio abivuga, AS Monaco iriko iraganira kugira ngo isinyishe Paul Po...
13/06/2025

Paul Pogba munzira yokuja muri As Monaco

Nk’uko DiMarzio abivuga, AS Monaco iriko iraganira kugira ngo isinyishe Paul Pogba.

Ib**aniro n’uwo mukinyi wo hagati biriko biragenda neza, kandi vuba tuzomenya nimba azoja mu mugwi wa Monaco

Amasezerano ya Ansu Fati ni ikibazo c’imisi mikeyi. Amasezerano guhagaze kuriwe Barcelona na Monaco bahaye b**a ikibazo ciwe umushahara wiwe wateye Ibibazo iyi Transfert irahagarara

🔴🔵Barcelona Ivyo Nico Williams asaba kugira yiyunge na Barcelona amakuru ava i Barcelona bemeza KO Nico Williams yishimi...
13/06/2025

🔴🔵Barcelona Ivyo Nico Williams asaba kugira yiyunge na Barcelona

amakuru ava i Barcelona bemeza KO Nico Williams yishimira kuja muri Barcelona kuruta ubundi busabe bwimirwi ariko harivyo asaba kugira yemere ubusabe bwa Barcelona

Icambere kuba Barcelona yomwereka ivyemezo vyukuri KO baramutse bamusinyishije bazomwandikisha muri Laliga atangorane

Ica kabiri asaba ngo nuko yoronka ikibanza cubu Titulaire akama akina

🎖Deco yamenyesheje umu Agent wiwe KO bari tayari kumuzana yatanze ivyemezo KO azokwandikwa atangorane kandi yashaka yemeze agent wiwe KO Barcelona ikiri murugamba rwo kumusinyisha

🗞️Enock Kobina

BREAKING 🔴🔵 Ico ibinyamakuru biriko bivuga kuri Nico Williams na FC Barcelona !Fabrizio,... : « Abahagarariye Nico Willi...
13/06/2025

BREAKING 🔴🔵 Ico ibinyamakuru biriko bivuga kuri Nico Williams na FC Barcelona !

Fabrizio,... : « Abahagarariye Nico Williams bahuye n'ubuyobozi bwa FC Barcelona... »

Mundo Deportivo : « Nico afise igishika cinshi co kwinjira muri Barça. Yarungitse abamuhagarariye i Barcelone ngo baje gusigurira umugwi uburyo yipfuzamwo kuwukinira. Yiteguye gusinya hatabanje no kuba ivyo kumwereka ko bazoshobora kumwandikisha muri LaLiga. »

SPORT : « Nico Williams ashira imbere FC Barcelona kuruta Real Madrid na Bayern München. »

Mundo Deportivo : « N'ubwo abahagarariye Nico bahuye na Déco, uno mugwi nturava kuco gusinyisha Luis Diaz. Nico yipfuzwa kurugero rumwe na Rashford. »

Mundo Deportivo : « Nico Williams yasajijwe n'iciyumviro co gukinira Barça. Abamuhagarariye babwiye Deco ko ashaka kwinjira muri Barcelona. »

Achraf Ben Ayad : « Tuzoraba nimba hazoba ukwegera imbere kugushobora gushika kwa Nico Williams, ariko nokwemeza ko Barça utakuyeho burundu ko utomusinyisha. »

Lamine Yamal yakije umuriro mugushira agasanamu kiwe na Nico kuri Story ya IG yiwe, bishobora gushira agatege muri kuno gusinya 🔥

Kubwawe, urabona muri Barça bakwiye kwibagira kahise bakamusinyisha ?

Javier Tebas arongoye LaLiga ati : 🗣️« Hariho itandukaniro hagati ya Barça na Real Madrid. Barça yidoga nk'incuro zibiri...
10/06/2025

Javier Tebas arongoye LaLiga ati :

🗣️« Hariho itandukaniro hagati ya Barça na Real Madrid. Barça yidoga nk'incuro zibiri muri sezo . Real Madrid yidoga buri munsi. Barcelona yidoga inyuma y'ibikorwa ariko Real Madrid yo yidoga imbere yuko n'urukino ruba.»

« Murazi Ikintu kintangaza ? Guhera aho Real Madrid ibonye yuko yatakaje Laliga, Baciye bahagarika gukora yama vidéos bidogera abahagarikizi ».

Uwo ni Tebas umufanzi wa Real Madrid

🚨🚨⚠️ Noneho aje muyindi pwemu igipeti ngaka agafoto ashize kur story ya IG😳Ati''Twavukiye ibi🤔"Uno musi hoho birahava bi...
08/06/2025

🚨🚨⚠️ Noneho aje muyindi pwemu igipeti ngaka agafoto ashize kur story ya IG😳
Ati''Twavukiye ibi🤔"

Uno musi hoho birahava bimwerera nanje nti"reka tubirindire"

Mufana weho urabibona gt?

08/06/2025
🔴🔵Di Marco myugariro wa Inter Milan abona KO Hamwe uwu musique Lamine Yamal yotahukana UEFA Nations League Ballon d'or i...
08/06/2025

🔴🔵Di Marco myugariro wa Inter Milan abona KO Hamwe uwu musique Lamine Yamal yotahukana UEFA Nations League Ballon d'or izoba ariyiwe

🎙️Di Marco 🇮🇹ati : Ballon d'or ? Nzobivuga ata buryarya: Lamine Yamal ni we mahitamwo yanje cane, akurikirwa cane na Raphinha

Ego, ndazi ko ivyo bishobora gutangaza bamwebamwe,

reka ndabasigurire igituma” "

Uyu muhungu Lamine Yamal ntabwo ntabwo twovig kwari muri iyi si. Ku myaka 17, akinana ubwenge bw'umukinyi ari mu myaka yiwe y'ubuto. Iyo ndamubonye, atsinze amagori n'ama assist, amakorosi vyose bimwerekeye ni ibidasanzwe kandi birengeye ibisanzwe

Nimba uno musi Lamine atsindira igikombe ca UEFA Nations League nta nkeka umuhungu wa Barca lamine Ballon d'or azoba ariyiwe

🔵🔴 igitumye yirukanwa camenyekanye😳Umunyezamu wa Fc Barcelone Marc André terstegen bamwe bakunda kubwo yagiye atabara um...
07/06/2025

🔵🔴 igitumye yirukanwa camenyekanye😳

Umunyezamu wa Fc Barcelone Marc André terstegen bamwe bakunda kubwo yagiye atabara umurwi keshi kuva amenyeshwa ko yoronderera ahandi bamwe ntimwamenye impamvu kandi yari nakizigenza wa Barça

Burya ngo Fc Barcelone ntiyanezerewe n’ingeso ya Ter Stegen yerekanye mu mpera z’umwaka kandi ari Capitaine wumurwi

Imbere y’urukino rwa kabiri na Inter, umu agent wiwe yarashikirije ubutumwa ekipe Ko yakize ameze neza ati burya umu client wanje akwiriye gukina, ariko Flick ahitamwo gutanguza Szczęsny hama ternstegen ngo acatangura gushwana nokuja mubinyamakuru vyo mubudagi avuga ngo Kizigenza iyo agarutse bamusubiza ikibanza ngo yakize bamuhe umwanya

Amakuru kandi avuga ko Kubera ko Ter Stegen yumvise Ko atariwe azotangura muri Match ya Inter Milan Retour yumvise ababaye,

yaciye afata ingingo yo kutaja i Milan na ekipe, aca yimenyereza wenyene i Barcelona yanka mbere nogukorana imyimenyerezo n’abandi bakinyi bakomeretse nka Koundé 😳

Ivyo biri mubintu vyatumye flick asaba indongozi za Barcelona ko uwumusore yoba agaryoherwa kumurwi ugera kure ahubwo ashaka inyungu ziwe

Ati iyi nyifato ntibereye kizigenza xumurwi kuko yigumura kungingo yumumenyereza aba yafashe

stegen burya ngo yohawe umwanya na Flick yomenye uko abakinisha be na mutama Szczęsny ariko bahise bafata ingingo yokugura uwundi munyezamu kugira bamwereke ko vyiza yokwisoza canke azokwame arya agatebe

DiarioSport🗞️

Mugihe abantu bose barungika amashi kuri Florentino Pérez, umugabo akora akazi keza kihishije muri Real Madrid, n'uno ub...
07/06/2025

Mugihe abantu bose barungika amashi kuri Florentino Pérez, umugabo akora akazi keza kihishije muri Real Madrid, n'uno ubona kw'isanamu, Juni Calafat.

Juni Calafat ajejwe kuronderera Real Madrid abakinyi baba bakina inyuma ya Espagne.

Buri transferts Real Madrid wipfuje gukora, Juni agihagurutse aja kuganiriza umukinyi, deal iba irangiye.

Niwe yarondereye Real Madrid :

✔️ Vinícius Jr.
✔️Rodrygo
✔️Fede Valverde
✔️Endrick
✔️Arda Güler
⌛️ Mastantuono

Yahagurutse ava i Madrid Barcelona usa n'uwuriko urangiza gusinyisha Arda Guler, akigeze muri Turquie amuhindura ivyiyumviro.

Kuri Vinicius naho, vyagenze mw'ubu buryo nyene.

Yagiye muri Argentine bisa n'aho PSG ugeze kure ngo usinyishe Franco Mastantuono, biba birakunze.

Franco ntan'ipfuza gusinya muri Real inyuma y'igikombe c'isi c'imigwi, yipfuza kuwinjiramwo ubu nyene.

Ibintu vyakomeye Cristiano Ronaldo ahejej kwishura umwana Lamine yamal aho yivugiye ati🗣️ Nimba wipfuza guhitamwo uwuzot...
06/06/2025

Ibintu vyakomeye Cristiano Ronaldo ahejej kwishura umwana Lamine yamal aho yivugiye ati

🗣️ Nimba wipfuza guhitamwo uwuzotwara ballon d'or kumunsi w'Imana uzobikore"

Kumengo iyi final izikwaca umuriro🔥😳

06/06/2025

Germany vs Portugal match resume

Address

Mont Kigali

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when DAKID posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share