Mrs lili

Mrs lili Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Mrs lili, Buraydah.

28/12/2025

Mbega bagenzi iyo UMUNTU agwaye ingwara ituma bamuca igihimba kimwe cumubiri bagishirahe
Soit ukuguru soit ukuboko ect

25/12/2025

None ko mbona abagore baguma ba posta abana babo ngo noël nziza base wabobana nabo bite😂

😏😏
23/12/2025

😏😏

Indirimbo ya    yitwa  😀😀Rondera Amahera babone isura yawe Mrs lili
18/12/2025

Indirimbo ya yitwa 😀😀

Rondera Amahera babone isura yawe

Mrs lili

❤️❤️🌹🌹
18/12/2025

❤️❤️🌹🌹

Burimwaka harasohoka téléphone nshasha kandi usanga aba Stars bacu berekana ko baguze ama desine mashashaAkabazo nkunda ...
17/12/2025

Burimwaka harasohoka téléphone nshasha kandi usanga aba Stars bacu berekana ko baguze ama desine mashasha
Akabazo nkunda kwibaza none zimwe bari basanzwe bafise baca bazishira he?? 🙄🙄

Mwongere munkorere follow nagarutse
Ariko ivyo kubereka aho nkura Amahera narabihevye nasanze muri abana babi

Mrs lili

16/12/2025

Ko mwamvuze uko ntari mwunguce iki? 🙊

Nawe vuga ati   MANA yanje wumve imbaraga zivyizigiro ziri muri iryojambo Mugire Umunsi mwiza w'ISABATO
13/12/2025

Nawe vuga ati MANA yanje wumve imbaraga zivyizigiro ziri muri iryojambo

Mugire Umunsi mwiza w'ISABATO

  niwe yaraye aryoheje ibirori vyo muri   wavyanka wavyemera nikwokuri🥰🥰🥰
13/12/2025

niwe yaraye aryoheje ibirori vyo muri wavyanka wavyemera nikwokuri🥰🥰🥰

Uwibarutse akiri muto yarakwiye gushigikigwa apana gutwengwa kuko Iyo bitabayemwo izindingorane kwibaruka kare ni umunez...
11/12/2025

Uwibarutse akiri muto yarakwiye gushigikigwa apana gutwengwa kuko Iyo bitabayemwo izindingorane kwibaruka kare ni umunezero udasanzwe iyo abana bawe bamaze gukura
Wewe urabivugako iki??

👇👇 Nturengane utamfolowinze

Mrs lili

Address

Buraydah

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mrs lili posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share