Rukundo Bdi

Rukundo Bdi 1XBET Code Promo: LEXONRU
WhatsApp +2576258540
Visca Barça 🔵🔴

30/05/2026

Amasezerano ya PSG na Arsenal barimwo no guhana abagore 🤭 birakomeye kabisa 🤣😂

30/05/2026

Uri kibasumba my love ❤️😘

29/05/2026

Kuva ndakumenye tugakundana nuzuye amahoro ❤️🌹

28/05/2026

Ni Barcelona ije mu myiteguro nyinshi mu mwaka uza hariho aho imyaka igiye kuba 3 Visca Barça 💙❤️

28/05/2026

Ibi ni bimwe mu bikwereka ko uwo muri gukundana atakikwiyumvamwo 💔💔

27/05/2026

Nawe umusi umwe uzohura n'umuntu agukunda 🍑❤️🫶

27/05/2026

Vyoose nuko ngukunda cane ❤️🫶

Ubu hariho abantu muri kwibaza igituma ata mukinyi wa Real Madrid yatowe ngo bakine mu gikombe c'isi, ariko Barcelona ha...
26/05/2026

Ubu hariho abantu muri kwibaza igituma ata mukinyi wa Real Madrid yatowe ngo bakine mu gikombe c'isi, ariko Barcelona hakaboneka abakinyi 8 muri Espagne. Real Madrid nta bakinyi b'umupira bafise, ico bashoboye ni gutera ingumu hakenewe abakina umupira 🤣

Icemeza ko mvuga ukuri nuko munyataka 😊

26/05/2026

Sinzi ko nawe ubibona uko ngukunda ❤️

25/05/2026

Goal keeper nawe biramurenze 😂😂 Visca Barça 💙❤️

Address

Mbeya
0000

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Rukundo Bdi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share