Flamb TV

Divock Origi, umubirigi afise amamuko yo muri Kenya yafashe ingingo yo guhagarika umupira w'amaguru kumyaka 31.Awuhevye ...
08/06/2026

Divock Origi, umubirigi afise amamuko yo muri Kenya yafashe ingingo yo guhagarika umupira w'amaguru kumyaka 31.

Awuhevye tukimushaka mugakino

06/06/2026

Aka gasagara ntaco kabaye pe

Inyuma yaho equioe ya Coventy ironkye itike yo kuzokina icicaro cambere premier league mu bwongereza, umutoza wayo Frank...
06/06/2026

Inyuma yaho equioe ya Coventy ironkye itike yo kuzokina icicaro cambere premier league mu bwongereza, umutoza wayo Frank Lampard yasavye ko bomugurira Gini Wijnaldum kugira ngo akoneze hagati muruwo mugwi.

Uyu Wijnaldum turamwibuka mumugwi wa Liverpool ari kumwe n'umutiza wayo Jurgen Klop, yari umukinyi amweze neza aho yabashije gutanga ivyishimo igihe Liverpool ikora rmontanda kuri Barca, uyu musore atsinda ibitego bibiri vyose.

Turamuhaye ikaze yongere ashimishe abakunzi ba football.

Nimba ushimishwa namakuru tuguhereza, unkoreye ntiwoba ubomvye.

Umufasha wa N'gala Kante, yasavye ubutungane bwo mubufaransa ko bokwahukana n'umugabo wiwe hama bagaheza bakagaburamwo k...
05/06/2026

Umufasha wa N'gala Kante, yasavye ubutungane bwo mubufaransa ko bokwahukana n'umugabo wiwe hama bagaheza bakagaburamwo kabiri imitungo bari bafise.

Igitangaje, nuko basanze mugihugu c'Ubufaransa atamitungo N'Golo Kante ahafise, amatungo yiwe akaba ari mugihugu yamukamwo kandi yanditse kubana biwe bamasaha.

Abakinyi bamuka muri Africa basigaye baciye ubwenge cane.

William Gomez ni umusore afise imyaka 20, akaba akinira equipe ya FC Porto muri Portugal yifuzwa cane na Arsenal.Mubina ...
05/06/2026

William Gomez ni umusore afise imyaka 20, akaba akinira equipe ya FC Porto muri Portugal yifuzwa cane na Arsenal.

Mubina boba basumye neza?

05/06/2026

Mumbonera azohava avayo kweli

Mugihe abantu benshi barindiranye igishika kwihera amaso igikombe c'isi, wewe uzoba uriko urafana ikihe gihugu.
05/06/2026

Mugihe abantu benshi barindiranye igishika kwihera amaso igikombe c'isi, wewe uzoba uriko urafana ikihe gihugu.

Yaya Toure mwakunze muri Man City ndetse no muri Equipe y'Igihugu ca Cote d'Ivoire, agiye gutangura akazi ko kumenyereza...
04/06/2026

Yaya Toure mwakunze muri Man City ndetse no muri Equipe y'Igihugu ca Cote d'Ivoire, agiye gutangura akazi ko kumenyereza muri equipe Batislave

Mubakinyu umugwi wa Arsenal washize kurutonde mubzogurishwa, izina Leandro Trossard rizamwo.Umugwi wa Beskitas wamaze ku...
03/06/2026

Mubakinyu umugwi wa Arsenal washize kurutonde mubzogurishwa, izina Leandro Trossard rizamwo.

Umugwi wa Beskitas wamaze kumenyesha kumugaragaro ko wifuza uyu musore w'umubirigi kuko babinye ko harico yobafasha muriyi saison.

Trossard twamubonye ari umukinyi afasha cane umugwi, kuko kenshi yatsinda ibitego vyakamaro.

Nkumukunzi wa Arsenal.wokwakira gute igenda ry'uyu musore?

Breaking NewsAndoni Iraola yamaze gusinya mumugwi wa Liverpool. Uyu mumenyereza yuka mugihugu ca Espagne aje kumenyereza...
03/06/2026

Breaking News

Andoni Iraola yamaze gusinya mumugwi wa Liverpool. Uyu mumenyereza yuka mugihugu ca Espagne aje kumenyereza uyu musi asubiriye Arne Slot.

Address

Kampala

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Flamb TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category