09/06/2026
✍️Umuryango wa 26 Life Entertainment ugiye gutanga ibikoresho vy’ishuri kubana batishoboye kucivugo “TWESE TWIGE” ntihagire umwana areka kwiga kubera yabuze ibikoresho vyishure
✨26 Life iratumiye ibimenyeshamakuru vyose kuza gushigikira ico gikorwa ciza kuko abana ari kazoza k’ejo
🏝️Bizobera kuri Paroisse Kanyosha igenekerezo rya 10 Nyakanga 2026 kuva isaha zitatu (9h) z’igitondo