Ambassadeur w'ingidi ngo umukobwa naho yokwikora gute ngo adafise ingidi n'ivyubusa ๐๐๐๐
#Fabilove karase ngo ashaka guhayanisha abagore na Alvin smith frimeur ๐๐๐๐
Landry Promoter Bdi ahuye na #Afrique_Mr_Agatunda
Harmonize kuri EFI Nyakabiga๐ฅ๐ฅ๐ฅ
BRIELLA arakoroye amosozi kubera KORESHUMWANYA amwimye imbabazi ๐
Amabanga y'abubatse ari mubintu bitanu bisambura urugo๐ umviriza LENINE MANARIYO
BRIELLA akoroye amosozi, Koreshumwanya aranse kumuha imbabazi
KIGINGI aratwengeje abantu muri kano kabare bahatswe gupfa๐
twenga ariko wibuke kugira like na share
ALVIN SMITH na NICE SKY barahuye kuncuro yambere๐ ariko uno mukobwa arahena cane bashaa๐
KORESHUMWANYA aronse idiri z'ukuzokwakira HARMONIZER mugiteramo๐๐
Dufashe kugira like na share kugirango ugume uronka bishasha
BANTU BWOY irasambuye, DRAMA-T aravuye muri BANTU-BWOY inyuma ya KIRIKOU na DOUBLE JAY
KIGINGI na KIDUMU bahuriye kuri Stage, emweeee uwapfuye yarihuse n'ukuri ! Baradutwengeje n'ibara riragwa๐๐คฃ
KIGINGI 2014 yarabica bigacika, ndabira ukuntu atwengeje abo bantu๐๐คฃ
KIGINGI ataravyibuha yarazi gutwenza abantu nimbavu zikandara๐๐ ndabira nkaha ukuntu abantu batwenze bakaraba๐๐คฃ mwibuke kugira like na share
KIGINGI aratwengeje abanyaRWANDA n'imbavu barakura ๐๐๐คฃ unomugabo afise impano idasanzwe ๐คฃ๐ muribuka kugira like na share