Radio Television Voix de Jeunes

Radio Television Voix de Jeunes English tuition, News, Updates, Musics, Films and Documentaries
(1)

Ararondeza mwenewabo yitwa Pascal avuka mu ntara ya Muramamvya ya kera komine Bukeye, umusozi Buhogwa, agacimbiri Nyagas...
09/12/2025

Ararondeza mwenewabo yitwa Pascal avuka mu ntara ya Muramamvya ya kera komine Bukeye, umusozi Buhogwa, agacimbiri Nyagashiru.

Uyo mwenegihugu ariko ararondera mwenewabo ni umurundi akaba asanzwe aba mu gihugu ca Canada 🇨🇦 avugako haciye imyaka 17 atagakuru ka mwenewabo afise bakaba baheruka kuvugana mu mwaka wa 2008 kuva ubwo ntibarasubira gutorana haba kubuhinga bwa none canke kuri terepfone, abavyeyi babo se wabo ni nyina wabo akaba yitwa , asabako uwo wese yoba afise amakuru kuri mwene wabo koyoyamenyesha, agasaba kandi uwowese yobona ubu butumwa akabushikiriza uwo mwenewabo. Uwogira agakuru ka Pascal yotwandikira ku numéro +25761478013. Murakoze
Imana ibahezagire cane

09/11/2025

Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Fafa Irakiza, Kanyamahanga Jean Paul, Jean Niméri Minéral Géologue, Justin Nikiza, Uwayo Marie Claire, Chanel Rukund, Ferdinand Niyongere, Tonny MT, Salimu Nikuze, Cycy Gag, Bimenyimana Elvis, Aaron Nduwimana, Albert Sinzotuma, KIM JONG

09/10/2025

Rusansuma rwatanguye mugihugu c'uburundi

Kwiga icongereza, kubafasha gutegura ibibazo bivanye nivyo mugomba kuja gukoramwo canke kubafasha guhitamwo amashure n'i...
09/08/2025

Kwiga icongereza, kubafasha gutegura ibibazo bivanye nivyo mugomba kuja gukoramwo canke kubafasha guhitamwo amashure n'ivyigwa mu mahanga biri muri service Easy English | Icongereza Coroshe bifasha ababituye.
Bakorera muri ville kuri Excellence house Hafi ya poste n'ibiro bikuru vya lumitel muri étage ya 4 numéro 401 canke mubakure ku numéro +25761478013.
Uwipfuza kugira ico abaza kubijanye no kwiga icongereza canke kumenya vyinshi kuri programme ya Campus France Burundi 2025-2026 yobitura bakamutunganiriza

Icongereza Coroshe

  komine  .Nyuma yugusaba umukuru w'igihugu hamwe n'Umushikiranganji w'Ubutungane ko bobatunganiriza bagasubizwa itongo ...
09/05/2025

komine .

Nyuma yugusaba umukuru w'igihugu hamwe n'Umushikiranganji w'Ubutungane ko bobatunganiriza bagasubizwa itongo ryabo bamaze gutsindira muma Sentare atandukanye,ubu batanguye guterwa ubwoba kuma Telephone ko bazicwa.

Abo na bene gihugu na Abasirwa Basirwa na BAGONA bo muri komine zone umutumba Agacimbiri intara ya Bujumbura.

Abo benegihugu bamenyeshako bariko baterwa ubwoba ko bazicwa ngo nabo basanzwe baburanira itongo ngo hamwe batoriheba, ngwivyo basaba umukuru w'igihugu n'umushikiranganji wubutungane ngo ntavyo bazoshobora kuko nabo basanzwe harimwo abegereye umukuru w'igihugu n'umushikiranganji w'ubutungane.

Abo benegihugu basaba gukingirwa bakongera bakubahirizwa kuvyabo bariko baranyarwa,ngo bagasubizwa itongo ryabo kuko ngo baritsindiye kandi bari barishikirijwe ariko ntivyaja mungiro ngo barihabwe kubera Ruswa ngwihabwa bamwe mubatware bo muriyo komine ya bubanza bigatuma ingingo za Sentare zitaja mungiro.

Ninyungu izihe bamwe mubatware bafise kugira ingingo za Sentare ntizishirwe mungiro?

Ninkuru tuzogarukako.

✝️Yari mu bikorwa vy'ijambo ry'Imana mu Bugande none yaraye ashengeye 😭😭Ni Musabyimana Gloriose w'imyaka 36 benshi bari ...
09/04/2025

✝️Yari mu bikorwa vy'ijambo ry'Imana mu Bugande none yaraye ashengeye 😭😭

Ni Musabyimana Gloriose w'imyaka 36 benshi bari bazi kw'izina rya GoGo yarasanzwe aririmba indirimbo ndoramana mu Rwanda akaba yararirimvye indirimbo nyinshi zagiye ziramenyekana nka Blood of Jesus (Amaraso ya yesu).

Reka twihanganishe abanyarwanda muri rusangi, incuti n'abagenzi biwe ndetse n'abakunzi b'indirimbo ziwe zose kw'isi Imana imuhereze uburuhukiro bwiza.

Wari umukunzi wiwe ? Ntugende utamwipfurije urugendo rwiza

🇫🇷 Campus France Burundi 2025-2026 – Accompagnement personnalisé 🇧🇮🎓 Vous souhaitez étudier en France pour l’année acadé...
09/03/2025

🇫🇷 Campus France Burundi 2025-2026 – Accompagnement personnalisé 🇧🇮

🎓 Vous souhaitez étudier en France pour l’année académique 2025-2026 ?
Je propose un accompagnement personnalisé pour vous guider à travers tout le processus Campus France, étape par étape :

✅ Création de compte sur Études en France
✅ Sélection des écoles et des programmes
✅ Préparation et téléversement des documents
✅ Aide à la rédaction des lettres de motivation
✅ Préparation à l’entretien Campus France
✅ Suivi jusqu’à l’admission et l’obtention du visa

Que vous soyez au début ou en plein processus, je vous accompagne du début jusqu’au succès !

📩 Écrivez-moi en message privé ou contactez-moi via WhatsApp : +25761478013

📍 Basé au Burundi à Excellence House, 4ᵉ étage, bureau Nº401.

⚠️ Uniquement pour les personnes sérieuses

ITANGAZO RYO KWIGA ICONGEREZA📢 Wipfuza kumenya kuvuga Icongereza neza kandi mu mwanya muto?Iyandikishe muri  Easy Englis...
09/01/2025

ITANGAZO RYO KWIGA ICONGEREZA

📢 Wipfuza kumenya kuvuga Icongereza neza kandi mu mwanya muto?

Iyandikishe muri Easy English Course Promotion ya 1 ! yateguwe n'Icongereza Coroshe | Easy-English maze uheze wigane natwe Icongereza💬✨

✅ Biroroshe 100%
✅ Abakenewe: Abatangura, Abari hagati n'abagerageza

📆 Imisi n'amasaha: Ku wa Mbere, Ku wa Gatatu no Ku wa Gatanu
⏰️ ● 13h00-14h30
● 15h00-16h30
● 17h00-18h30
● 19h00-20h30

⏰️ Wihitiramwo isaha ikworohereza

🏠 Aho dukorera ni :

📍 Boulevard Patrice Lumumba, muri Excellence House, hafi ya poste n'ibiro bikuru vya lumitel muri Etage ya 4, No 401 i Bujumbura

📞 Twandikire kuri: +257 61 478 013

📚💸 Ni ku giciro kitavunye!

🖊️ Kwiyandikisha ni 15.000 fbu


Yasavye urupapuro rwemeza ko yahakoze nk'umukorerabushake kuri Lycée Communale de Butaganzwa mu Ruyigi, uko niko umuyobo...
09/01/2025

Yasavye urupapuro rwemeza ko yahakoze nk'umukorerabushake kuri Lycée Communale de Butaganzwa mu Ruyigi, uko niko umuyobozi wiryo shure yamwandikiye icete.

Akabazo kumusi!Mubacamanza! Hagati y'abagabo na bagore nibande barya ibiturire (Ruswa) cane kurusha abandi?
08/31/2025

Akabazo kumusi!

Mubacamanza! Hagati y'abagabo na bagore nibande barya ibiturire (Ruswa) cane kurusha abandi?

  komine   zone  .Basaba ko umukuru w'igihugu n'umushikiranganji wubutungane ko botunganirizwa, n'abenegihugu Mpawenayo ...
08/24/2025

komine zone .

Basaba ko umukuru w'igihugu n'umushikiranganji wubutungane ko botunganirizwa, n'abenegihugu Mpawenayo Joseph na Minani Jean abasirwa ba bavugako bariko barenganywa kwitongo basigiwe numuvyeyi wabo.

Abo bene gihugu ngo batsinze mumasentare atandukanye barashikirizwa itongo ryabo ariko vyaranse kuja mungiro kubera ruswa ihabwa bamwe mubajejwe intwaro bo muri komine zone umutumba agacimbiri intara ya .

Abo bene gihugu bamenyesha ko kuva muri 2017 kugeza uyu mwaka batarashikirizwa itongo ryabo,mugihe bari barishikirijwe batsinze Igenekerezo 15/3/2017 kwikete Sentare isubiramwo imanza ya Bujumbura kunimero REF n*552.02/029/2017 yandikiye Sentare yintango yamuyebe kugira ishikirize abo bantu iryo tongo ryabo baburanye bagatsindira ariko ntibararishikizwa.

None nibinyegezwa ibihe vyihishije mururwo rubanza nibande barinyuma yavyo?

Ninkuru tuzogarukako.

Nimba udakurikirana amakuru yizewe n'ibiganiro bitandukanye kuri   waracitswe na majamberere cakuriyo link Hama ugire J'...
08/16/2025

Nimba udakurikirana amakuru yizewe n'ibiganiro bitandukanye kuri waracitswe na majamberere cakuriyo link Hama ugire J'aime uzukurikirana amakuru nibiganiro bitandukanye mumice yose y'ubuzima.
https://www.facebook.com/share/1C8saAg7UD/

Address

Downtown Los Angeles, CA

Opening Hours

Monday 9am - 5pm
Tuesday 9am - 5pm
Wednesday 9am - 5pm
Thursday 9am - 5pm
Friday 9am - 5pm

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Radio Television Voix de Jeunes posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category