Clicky

๐๐ซ๐ข๐ ๐ก๐ญ ๐Ÿ๐ฎ๐ญ๐ฎ๐ซ๐ž ๐ ๐ž๐ง๐ž๐ซ๐š๐ญ

  • Home
  • United States
  • New York, NY
  • ๐๐ซ๐ข๐ ๐ก๐ญ ๐Ÿ๐ฎ๐ญ๐ฎ๐ซ๐ž ๐ ๐ž๐ง๐ž๐ซ๐š๐ญ

๐๐ซ๐ข๐ ๐ก๐ญ ๐Ÿ๐ฎ๐ญ๐ฎ๐ซ๐ž ๐ ๐ž๐ง๐ž๐ซ๐š๐ญ THE MORE YOU LEARN IS THE MORE YOU EARN

Operating as usual

05/24/2022

๐Š๐ฎ๐ฆ๐›๐ž!!!!
Niho bakabivuz e indero y'umwana iva hasi kandi burya imico y'abazungu n'iyabirabure biratandukanye cane.

#๐right_๐…uture_๐†eneration
#๐๐…๐†

#Ngozi: ABAGIRIZWA GUSHORA IKAWA KURI MAGENDO BASABIWE IBIHANO|#LaNovaGufungwa imyaka itanu n'ukuriha ihadabu ry'ibihumb...
05/24/2022

#Ngozi: ABAGIRIZWA GUSHORA IKAWA KURI MAGENDO BASABIWE IBIHANO|#LaNova

Gufungwa imyaka itanu n'ukuriha ihadabu ry'ibihumbi amajana atanu umwe umwe, nico gihano parake ya repubulika i Ngozi yasabiye abantu 16 bo muri komine #Busiga (muri iyo ntara nyene ya Ngozi). Bafatanywe ibiro birenga 500 vy'ikawa bivugwa ko bari bayishoye mu gihugu c'U #Rwanda, kuri uyu wa gatandatu. Urubanza rwo kubumviriza rukaba rwabaye kuri uwu wa mbere.

Umushikirizamanza yabagirije guhungabanya ubutunzi bw'igihugu. Bose baburanye bemera icaha. Basaba gucibwa inkoni ngufi, bagapfungwa hagati y'amezi 5 na 6 n'amande y'ibihumbi 100. Basigura ko bo bariko bisumamwo kuko ngo bari abakozi b'umuntu atashoboye gufatwa. Bamenyesha ko bahembwa ibihumbi bitanu kuri umwe umwe.

Ingingo ya sentare ikaza gutangazwa kuri uwu wa kabiri.

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru ubuheruka, umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye akaba yari yamenyesheje ko hari ibidandazwa (cane cane ibifungurwa) bijabukanwa mu bihugu bibanyi kuko bish*tseyo bigurishwa amafaranga meshi aruta ayo mu #Burundi

#Ubutunzi
#๐๐…๐†
#๐right_๐…uture_๐†eneration
#Burundi_economy
#RwandaBurundi

๐Ÿ”ดNtaco vyotwigisha?#Imbuga ngurukanabumenyi zitandukanye zadumishije #inkuru yerekana igikankara c'#indege ya Cote d'Ivo...
05/24/2022

๐Ÿ”ดNtaco vyotwigisha?

#Imbuga ngurukanabumenyi zitandukanye zadumishije #inkuru yerekana igikankara c'#indege ya Cote d'Ivoire, cabumbabumbwe n'#agahungu (Ntitukagaye) kitwa #Mory ko muri ico Gihugu.

Bakibona iyo nkuru, #abakorera ku kibuga c'idege z'ico Gihugu, #banezerejwe n'ico #gikorwa c'ako gahungu maze #bagatumako, bemera #kugatembereza mw'ihangare ikorerwamwo indege z'ico #Gihugu, banamwemerera #kumurihira kuja gutembera i San #Pedro vuba cane.

Kubera iki tuzanye iyi #nkuru?

Aka ni #akarorero keza ku bindi #bihugu vya Afrika, kuko guha #agaciro umuntu kubera yerekanye ikizu gusa (Housing) #yabumbabumvye, umengo si ivyacu, naho hoba herekanwe #igikorwa kiruta kubumbabumba ikizu (Tubivuze tuvyikurako)

Hano kwa #Ntare hari abantu u*i bamaze kwerekana ikintu kirengeye ico c'uwo #muhungu ngo ubasabire nabo #bafatwe mu mugongo maze #bitere iteka Uburundi? Canke uvuga uti, ko atari jewe nta #kajambo munyumvako.

Si Leta gusa #itegerezwa kubikora. EKA. No ngaho muri Cote d'#Ivoire ntivyakozwe na #Leta ariko vyakozwe n'ikigo c'#indege.

Na hano turafise #ibigo, turafise #abanyamafaramga, turafise ndetse na LETA.

Wa mukozi wanyu Gasape niwe yama aducira umugani ngo : Dukundane, kuko uwawe ateye imbere, naho ataco yokumarira, ntaco akugoza"

_Styve
@Humuriza TV International

#๐right_๐…uture_๐†eneration update

๐Ÿ”ด Burundi : Ikigo kiraba ivyo kubungabunga amabarabara (ARB) kimenyesha ko hash*tse ikaburimbi yo ku*ibira ibinogo vyibo...
05/24/2022

๐Ÿ”ด Burundi :

Ikigo kiraba ivyo kubungabunga amabarabara (ARB) kimenyesha ko hash*tse ikaburimbi yo ku*ibira ibinogo vyibonekeza mu mabarabara mu ntumbero yo gushira mu ngiro umugambi wa "Zero nids de Poule". Umuce wa mbere ukaba warash*tse.

Muvyiteguriye gute?

#Burundi
#๐right_๐…uture_๐†eneration

UMUHINGA AKOMEYE MURI RAP ARIWE  KENY WEST YAJE MURI STYLE NSHASHA YISANGIJE AHO  YIYEREKANYE UYU MUSI  YAMBAYE IKIRATO ...
05/24/2022

UMUHINGA AKOMEYE MURI RAP ARIWE KENY WEST YAJE MURI STYLE NSHASHA YISANGIJE AHO YIYEREKANYE UYU MUSI YAMBAYE IKIRATO KINGANA N'IMODOKA
Uwo yahoze ari umugabo wa Kim Kardashian aramenyerewe cane mu kwereka ibintu bishasha YISANGIJE uyu musi ho yavyunyuye
Mumubona gute?

#๐right_๐…uture_๐†eneration

๐Ÿ”ด#Burundi: uwahora ari Buramatari w'intara ya Ngozi, Epipode Baranyikwa, yaragenwe kuri uyu wa 20 Rusama 2022 n'umukuru ...
05/23/2022

๐Ÿ”ด#Burundi: uwahora ari Buramatari w'intara ya Ngozi, Epipode Baranyikwa, yaragenwe kuri uyu wa 20 Rusama 2022 n'umukuru w'igihugu kuba uwujeje ingendo mu biro vy'umukuru w'igihugu (chef de missions ร  la prรฉsidence de la Rรฉpublique).

#๐right_๐…uture_๐†eneration

Un coup d'ล“il sur la nouvelle photo de @Yemi Alade#WeAreAfricanMusic#๐right_๐…uture_๐†eneration
05/23/2022

Un coup d'ล“il sur la nouvelle photo de @Yemi Alade

#WeAreAfricanMusic
#๐right_๐…uture_๐†eneration

๐”๐ ๐‰๐„๐”๐๐„ ๐’ร‰๐ร‰๐†๐€๐‹๐€๐ˆ๐’ ๐„๐—๐๐‹๐ˆ๐๐”๐„ ๐๐Ž๐”๐‘๐๐”๐Ž๐ˆ ๐ˆ๐‹ ๐€ ๐‘๐„๐…๐”๐’ร‰ ๐ƒ๐„ ๐•๐„๐๐ƒ๐‘๐„ S๐Ž๐ ๐Œ๐Ž๐”๐“๐Ž๐ ร€ ๐Ÿ“๐Ÿ ๐Œ๐ˆ๐‹๐‹๐ˆ๐Ž๐๐’ ๐Ÿ˜ฒ๐Ÿ’ฐ๐Ÿ’ฐ๐Ÿ’ฅโค๏ธMa Ibra Ndiaye est le nom de ...
05/23/2022

๐”๐ ๐‰๐„๐”๐๐„ ๐’ร‰๐ร‰๐†๐€๐‹๐€๐ˆ๐’ ๐„๐—๐๐‹๐ˆ๐๐”๐„ ๐๐Ž๐”๐‘๐๐”๐Ž๐ˆ ๐ˆ๐‹ ๐€ ๐‘๐„๐…๐”๐’ร‰ ๐ƒ๐„ ๐•๐„๐๐ƒ๐‘๐„ S๐Ž๐ ๐Œ๐Ž๐”๐“๐Ž๐ ร€ ๐Ÿ“๐Ÿ ๐Œ๐ˆ๐‹๐‹๐ˆ๐Ž๐๐’ ๐Ÿ˜ฒ๐Ÿ’ฐ๐Ÿ’ฐ๐Ÿ’ฅโค๏ธ

Ma Ibra Ndiaye est le nom de cet รฉleveur sรฉnรฉgalais Qui a refusรฉ de vendre son mouton ร  52 millions en 2020, ร  la foire internationale de l'Agriculture des Ressources Animales.

En effet,ce monton affectueusement appelรฉ " Roi Hassan 2 ",est un mouton de la race "LADOUM".

Cette race de mouton est caractรฉrisรฉe par une bonne ossature,un bassin large,un chanfrein bien convexe et la prรฉsence de cornes chez les femelles.

"Si j'ai refusรฉ de vendre Hassane 2 ร  52 millions de Francs CFA, c'est parce que j'รฉtais sรปr de gagner plus d'argent avec lui."

En l'achetant, j'avais plus de 200 ladoums femelles ร  ma disposition.

Avant de venir ร  la foire de l'annรฉe derniรจre,il s'est accouplรฉ ave 60 de ces femelles.

Deux mois aprรจs,je me suis fait plus de 60 millions de francs CFA ร  travers la vente de sa progรฉniture.

Aujourd'hui,je suis ร  sa 3iรจme gรฉnรฉration". Confie Ndiaye.

Ce que j'essaie de vous faire comprendre, c'est de savoir que l'argent est une forme de pouvoir.

Mais l'รฉducation l'รฉducation financiรจre est encore plus puissante!

L'argent va et vient,mais si on vous enseigne le vrai fonctionnement de l'argent,vous acquรฉrez du pouvoir face ร  l'argent....

Et vous pourriez alors commencer ร  crรฉer de la richesse.

Et ce jeune sรฉnรฉgalais ร  bien compris cette leรงon.

๐Ž๐ง ๐ง๐ž ๐ฏ๐ž๐ง๐ ๐ฉ๐š๐ฌ ๐ฎ๐ง๐ž ๐ฏ๐š๐œ๐ก๐ž ๐ฉ๐จ๐ฎ๐ซ ๐š๐œ๐ก๐ž๐ญ๐ž๐ซ ๐๐ฎ ๐ฅ๐š๐ข๐ญ!

Maintenant que vous avez tout lu, ayez la gentillesse de dire "Merci" ร  celui qui a pris la peine de l'รฉcrire.

Et Abonnez-vous ๐Ÿ’ช๐Ÿ’ฐ๐Ÿ’ฐโœจ
#๐right_๐…uture_๐†eneration

Umugore wa PREZIDA wa UKRAINE, #OLENA_ZELENSKA yavuze atarya umunwa ko adaheruka Umugabo wiwe , Ati Umutware wanje ndamu...
05/23/2022

Umugore wa PREZIDA wa UKRAINE, #OLENA_ZELENSKA yavuze atarya umunwa ko adaheruka Umugabo wiwe , Ati Umutware wanje ndamu*i kuri tรฉlรฉphone gusa #VOLODYMYR_ZELENSKY ,neza na neza ndamuheruka UBURUSIYA butaratangura gutera UKRAINE,ivyo akaba yabivugiye mu Kiganiro n'Abamenyeshamakuru.

Ati uko vyagenze Umunsi #UBURUSIYA butera #UKRAINE ku munsi wa mbere ubwonyene naciye mpungisha Abana bacu babiri #Aleksandra na #Kiril ndabakura i KIEV kuva ico gihe na jewe ubwanje ntiturabonana tuvaganira kuri tรฉlรฉphone atubaza uko tumerewe, aho mperuka jewe kumubona ni italiki 17 /04 , ico igihe nari nagiye i KIEV gushingura uwahoze ari PREZIDA wa #UKRAINE, Urubanza ruhenze naciye mbandnya..., Ati nubu tuvugana nsinzi icitwa umugabo wanje ntamubona.
Ibi vyatumye benshi bibazako abagore batazi Intambara icarico, abandi nabo bati urukundo ruruta vyose.
Weho iyinkuru wayakiriye gute?

#๐right_๐…uture_๐†eneration
#UkraineWar & #Russie

#๐๐ฎ๐ฃ๐ฎ๐ฆ๐›๐ฎ๐ซ๐š #๐๐ฎ๐ซ๐ฎ๐ง๐๐ขBUS #COASTER NSHASHA ZIGIYE GUSUBIRIRA BUS #HIACE MU GISAGARA CA BUJUMBURAIzi nizo Bus zigiye gusubir...
05/23/2022

#๐๐ฎ๐ฃ๐ฎ๐ฆ๐›๐ฎ๐ซ๐š #๐๐ฎ๐ซ๐ฎ๐ง๐๐ข

BUS #COASTER NSHASHA ZIGIYE GUSUBIRIRA BUS #HIACE MU GISAGARA CA BUJUMBURA

Izi nizo Bus zigiye gusubirira Ama Bus matomato benshi bita Hiace

Bus Hiace zikaba zigiye gukorera kumpera z'igisagara ca Bujumbura nayo mu gisagara hagati hakorere Bus Zishikana ibibanza 30 n'ibirenga
Izi Bus nkuko bivugwa n'umushikiranganje Gervais Ndirakobuca zishika hafii ya 100 zatumweko.

#๐right_๐…uture_๐†eneration

#๐”๐ค๐ซ๐š๐ข๐ง๐žUrugendo rwa PREZIDA ANDRZEJ_DUDA wa #POLOGNE irabire uko rwagenze agishika i KIEV , yakiriwe na mugenzi we PREZ...
05/23/2022

#๐”๐ค๐ซ๐š๐ข๐ง๐ž
Urugendo rwa PREZIDA ANDRZEJ_DUDA wa #POLOGNE irabire uko rwagenze agishika i KIEV , yakiriwe na mugenzi we PREZIDA #ZELENSKY aho ahanini yarazanywe nokuganira n'abanshingamateka bico Gihugu mu ntumbero yokubaremesha ababwira ko ivyo Prezida ZELENSKY ababwira arivy'Ukuri ko ibihugu vyo muri #NATO ko biri inyuma yanyu kandi tuzoshishikara tubafasha ,ko kubona PREZIDA ZELENSKY yaremeye guhangana n'UBURUSIYA atihenze ariko vyari guterezwa kumera.

Ati #UBURUSIYA buzoteba bunanizwe buhebe urugamba.Ati #UKRAINE niy'abanegihugu ntabwo ari Ubutaka bwa ABARUSIYA muhumure bizohera kandi igihugu canyu ntawuzokibakura mu ntoke zanyu..

#๐right_๐…uture_๐†eneration

Ku musi w'ejo wa gatandatu Igiporisi c'#Uburundi kimenyesha ko cafashe mw'ijoro muri komine ya #Busiga intara ya #Ngozi ...
05/22/2022

Ku musi w'ejo wa gatandatu Igiporisi c'#Uburundi kimenyesha ko cafashe mw'ijoro muri komine ya #Busiga intara ya #Ngozi ikawa ingana n' ibiro 560kg ku mupaka Uburundi buhana urubibe n'igihugu c'#Urwanda igira ijabukanwe.Abantu16 bari bikoreye iyo kawa bakaba barahagaritswe n'igiporisi c'Uburundi.

Mugiporisi bakamenyesha ko amatohoza abandanya ngo hamenyekane nyeneyo.

#๐right_๐…uture_๐†eneration

๐Ÿ”ด Uburundi bushasha : Mu kigo OBUHA kijejwe gutunganya ibisagara, uburaro n' inyubako caraye gishize ahabona igicapo cโ€™i...
05/22/2022

๐Ÿ”ด Uburundi bushasha : Mu kigo OBUHA kijejwe gutunganya ibisagara, uburaro n' inyubako caraye gishize ahabona igicapo cโ€™inyubako nโ€™uburaro zigiye kwubakwa i Gitega mu ntumbero yo gutunganya gushasha neza uwo murwa mukuru wa politike - GITEGA .

Ico gicapo gishasha cerekena ukuntu igisagara ca Gitega kizoba kimeze, caramaze guhera. Inyubako zizokubakwa hakaba harimwo uburaro rusangi, inyubako z'igihugu hamwe n' izubushikiranji butandukanye (Buildings Administratifs).

#๐right_๐…uture_๐†eneration

๐ŸšจWaru*iko ushobora kwitegereza ๐€๐Ÿ๐ซ๐ข๐ค๐š wibereye kumugabana wa ๐๐ฎ๐ซ๐š๐ฒ๐š uhagaze neza neza mugihugu ca ๐„๐ฌ๐ฉ๐š๐ ๐ง๐ž?#๐right_๐…uture...
05/22/2022

๐ŸšจWaru*iko ushobora kwitegereza ๐€๐Ÿ๐ซ๐ข๐ค๐š wibereye kumugabana wa ๐๐ฎ๐ซ๐š๐ฒ๐š uhagaze neza neza mugihugu ca ๐„๐ฌ๐ฉ๐š๐ ๐ง๐ž?

#๐right_๐…uture_๐†eneration

๐Ÿ”ดJet Li umukinyi w'umushinwa wa Film yashikanye imyaka 59 itariki 26/4/2022 aho asanzwe aba ubu mugihugu ca Singapore.Kw...
05/22/2022

๐Ÿ”ดJet Li umukinyi w'umushinwa wa Film yashikanye imyaka 59 itariki 26/4/2022 aho asanzwe aba ubu mugihugu ca Singapore.Kw'i foto ari kumwe na Jack Ma .

Inkuru itangaje kuri we n'ukuntu muri 2004 ari mukaruhuko mugihugu ca Indonรฉsie havuze vyabihuhusi vyitwa Tsunami bikunze kuvuga mubihugu vya AZIYA y'ubuseruko bushira ubumanuko bimutwara bimuta mw'ibahari ya Pacific amara iminsi umugore wiwe Nina Li Chi n'abana biwe Jane na Jade bazi ko yapfuye aho yahavuye arokorwa n'abarovyi.๐Ÿ™…

๐Ÿ‘€Jet Li uko wari umu*i wokwemera ko yotwagwa n'ibihuhusi?

Hoba hari film woba warakunze ya #Jet_Li?
Nigiki woba u*i kwuwu mugabo #Jack_Ma?

#๐right_๐…uture_๐†eneration

AttentionโŒ Yeretswe abona "Intambara ya #Ukraine N' #uburusiya" Izorangira italiki 25/03/2022 none tugeze 22/05/2022 ita...
05/22/2022

AttentionโŒ

Yeretswe abona "Intambara ya #Ukraine N' #uburusiya" Izorangira italiki 25/03/2022 none tugeze 22/05/2022 itarahera ๐Ÿ™ˆ๐Ÿ™ˆ๐Ÿ™ˆ ni umu #Prophet
Reka turindire turabe iyo bizoherera

#๐right_๐…uture_๐†eneration

Inyuma yo kwakirwa n'umushikiranganji w'imigenderanire n'ayandi makungu kukibuga c'indege, Prezida wa RDC Fรฉlix Tschisek...
05/21/2022

Inyuma yo kwakirwa n'umushikiranganji w'imigenderanire n'ayandi makungu kukibuga c'indege, Prezida wa RDC Fรฉlix Tschisekedi ahejeje kwakirwa kukirimba kwa Ntare n'umukuru w'igihugu c'Uburundi Varisito Ndayishimiye.

Aho bahavuye baja gutera igiti cikimenyetso kiranga ubumwe hagati y'Uburundi hamwe na RDC.

#๐right_๐…uture_๐†eneration

Uku niko unomwanya vyifashe kukirimba c'umukuru w'igihugu #Ntare_House  aho mukanya gato haza gushika prรฉsident wa RDC F...
05/21/2022

Uku niko unomwanya vyifashe kukirimba c'umukuru w'igihugu #Ntare_House aho mukanya gato haza gushika prรฉsident wa RDC Fรฉlix Antoine Tshisekedi Tchilombo murugendo rwiwe rw'imisi ibiri mu Burundi.

Ibinyamakuru bikomeye vyomuburundi vyamaze kwitegura kwerekana uko bizakuba vyifashe kwa Ntare.

๐Ÿ“ธ Akeza.net
#๐right_๐…uture_๐†eneration

San Fransisco, California ๐Ÿ˜๏ธ๐Ÿ๏ธ
05/21/2022

San Fransisco, California ๐Ÿ˜๏ธ๐Ÿ๏ธ

๐Ÿ”ด Ishirahamwe ryo kwungunguruza abantu n'ibintu #MEMENTO ryahagaritse ibikorwa.-----------------------------------------...
05/17/2022

๐Ÿ”ด Ishirahamwe ryo kwungunguruza abantu n'ibintu #MEMENTO ryahagaritse ibikorwa.
-----------------------------------------------------------------

Amashirahamwe yunguruza abantu ageze ahatemba. Imvo nyamukuru nikubera ikena ry'igitoro nkuko twabiyagiwe uno munsi itariki 17 Rusama 2022 na bamwe mubakorera murayo mashirahamwe. Aho bigeze nuko zimwe zimwe zitanguye kwugara.

Akarorero n' ishirahamwe #MEMENTO ryahisemwo kuba rirahagaritse ibikorwa. Nkuko twabiyagiwe numwe mubakora mur'iryo shirahamwe, ngo abakozi barenga 300 bagiye muhira (chรดmage) mu kurorera ko igitoro gisubira kuboneka.

Eka nayandi mashirahamwe yunguruza abantu ngo azugara vuba nihatafatwa ingingo zihuta.

๐Ÿค” Ibi bintu muvyakiriye gute ?

#๐right_๐…uture_๐†eneration

Address

New York, NY

Telephone

+25768570797

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ๐๐ซ๐ข๐ ๐ก๐ญ ๐Ÿ๐ฎ๐ญ๐ฎ๐ซ๐ž ๐ ๐ž๐ง๐ž๐ซ๐š๐ญ posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to ๐๐ซ๐ข๐ ๐ก๐ญ ๐Ÿ๐ฎ๐ญ๐ฎ๐ซ๐ž ๐ ๐ž๐ง๐ž๐ซ๐š๐ญ:

Nearby media companies


Other Media/News Companies in New York

Show All

Comments

Mgeni apa...,๐Ÿ˜€๐Ÿ˜€nisalamiwe
Ajouter moi s'il vous plaรฎt je intรฉressรฉ