YOUTH MEDIA TV

YOUTH MEDIA TV Comedy,Vlogs,Content Creator

Nawe uri murukundo nkaba
08/15/2026

Nawe uri murukundo nkaba

08/04/2026

I got over 150 reactions on my posts last week! Thanks everyone for your support! πŸŽ‰

🌍 NTUGACIKWE N'AYA MAHIRWE!Nimba ufise indoto yo gukorera hanze y'igihugu no kwiteza imbere, aka ni akaryo keza kuri wew...
08/04/2026

🌍 NTUGACIKWE N'AYA MAHIRWE!

Nimba ufise indoto yo gukorera hanze y'igihugu no kwiteza imbere, aka ni akaryo keza kuri wewe.

Akazi si amafaranga gusa, ni urugendo rugushikana ku bumenyi bushasha, ku buzima bwiza no ku kazoza keza. Uja gukorera mu kibanza c'ubunyamwuga, ugahabwa amahugurwa (training) kugira utangure akazi wabiteguwe neza.

Ntureke ubwoba canke amakenga bikubuze amahirwe ashobora guhindura ubuzima bwawe. Fata ingingo uno musi, utegure ibikenewe, maze utangure urugendo rwawe rwo kwubaka kazoza.

Ejo heza hatangurira ku ngingo ufata uno musi.

08/02/2026

Singombwa ngo bakwingine mugusaba akazi hanze oya nineza yawe kabisa,

Uwushaka amakuru nayo,udashaka ntagahato
08/01/2026

Uwushaka amakuru nayo,udashaka ntagahato

08/01/2026

Part 2 yumukobwa yakunze umugabo wikimuga

Abarundikazi narinzi ko bariho ariko abafise umutuma nkuwo nabonye kuruyu murundikazi,nasanze utandukanye nabandiNzokuvu...
08/01/2026

Abarundikazi narinzi ko bariho ariko abafise umutuma nkuwo nabonye kuruyu murundikazi,nasanze utandukanye nabandi
Nzokuvuga neza ukiri muzima ,ushishikare uhezagigwa imyaka yose ,ubutunzi ufise Imana igwizeko incuro ni ncuroπŸ‘πŸ‘πŸ‘πŸ‘πŸ‘

07/31/2026

Iyi ni video ivuga kubantu bavuga ko bashaka kwibwa.

07/31/2026

Nubona abaye Boss uyumunsi umenyeko tabigwaniye kuva kera

Abantu ntitugura ifatiro,nazenye umugambi wingene abantu barondera Visa,ariko ubu batandukiye kuntuka,yemwe jewe ntamunt...
07/31/2026

Abantu ntitugura ifatiro,nazenye umugambi wingene abantu barondera Visa,ariko ubu batandukiye kuntuka,yemwe jewe ntamuntu nigeze nsaba amahera ngo ndamufashe kimwe koresha inguvu zawe nubwenge urabe ko utazoshike ariko mureke kuntuka

Address

5519 Rosillo Bluff
San Antonio, TX
78222

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when YOUTH MEDIA TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share