• Chazel •

• Chazel • HOUSE OF MEMES
DM OF BUSINESS:64482959
•Chazel

Ni iteka n’icizere ntangere. 🇧🇮✨❤️Naratewe iteka ryo gutumirwa na Nyenicubahiro Evariste NDAYISHIMIYE, Umukuru w’Igihugu...
08/22/2026

Ni iteka n’icizere ntangere. 🇧🇮✨❤️

Naratewe iteka ryo gutumirwa na Nyenicubahiro Evariste NDAYISHIMIYE, Umukuru w’Igihugu cacu ciza c’Uburundi 🇧🇮, hamwe n’abandi bakorera cane mu bijanye n’ubuhinga bwa none n’imbuga ngurukanabumenyi. 📱💻🔥

Ndakenguruka cane kubona umuntu muto nka jewe ashobora kuronka akaryo ko kuganira na Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu cacu ciza c’Uburundi. 🙏🏾🇧🇮 Ni akaryo kadasanzwe kandi kanyigisha vyinshi, gatuma ndushiriza kugira umwete wo guteza imbere impano yanje no kuyishikana kure. 🚀✨

Iyi ni message ku ba Jeunes nka jewe: impano yawe irafise agaciro. 💯🔥 Kora, wige, ntucike intege kandi ntutinye kurota ibirenze. 🌟💪🏾 Imana izogushikana ku ndoto zawe igihe cawe kigeze. 🙏🏾❤️

PRÉSIDENT WACU N’UMUJAMA W’ABA JEUNES VY’UKURI! 🇧🇮❤️🤝🏾🔥

Mumbwire FÉLICITATIONS basi! 😂😂🤲🏾🎉
• Chazel •

08/22/2026

iyaya iyayawe��

sugar daddy
08/20/2026

sugar daddy

Ndagiye gukwa , sinoguma nishinga ama Memes nohava nsanga naribagiye kurongora 😀
08/20/2026

Ndagiye gukwa , sinoguma nishinga ama Memes nohava nsanga naribagiye kurongora 😀

08/13/2026

pasteur Chazel 😂😂
• Chazel •

😀😀
08/13/2026

😀😀

Mumpanuy'iki ? 😀Kellyna
08/11/2026

Mumpanuy'iki ? 😀Kellyna

08/11/2026
08/02/2026

nukuri duhimbavuzacu
���

Address

San Francisco, CA
FRANÇAIS

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when • Chazel • posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share