prosperity.com

prosperity.com smile 😃 and smile again ,learn
(1)

*KUVUGA NABI UMUNTU NTIBIMUKURAKO UMUGISHA CANKE AMAHIRWE YIWE NI NKO KUMWA INTARE WIBAZA KO IZOBA IMBWA*URIBESHA by Mr ...
01/03/2026

*KUVUGA NABI UMUNTU NTIBIMUKURAKO UMUGISHA CANKE AMAHIRWE YIWE NI NKO KUMWA INTARE WIBAZA KO IZOBA IMBWA*

URIBESHA by Mr prosperity

Happy new yeah to all my fans uzababere umwaka w'imigisha ,iterambere ,namahoro menshi mumiryango iwanyu. IMANA izabe iv...
01/01/2026

Happy new yeah to all my fans uzababere umwaka w'imigisha ,iterambere ,namahoro menshi mumiryango iwanyu. IMANA izabe ivyo muwifuzamo

11/10/2025

Welcom I Chicago

🔴  29 Ntwarante 2005 : Patrice Faye, umu Ingénieur w'umufaransa aboneka afashe kimwe mubikoko vyinshi yaratunze, Inzoka ...
11/06/2025

🔴 29 Ntwarante 2005 : Patrice Faye, umu Ingénieur w'umufaransa aboneka afashe kimwe mubikoko vyinshi yaratunze, Inzoka niniya cane. Gufata ibikoko n'igikorwa yaramazemwo imyaka 27.

Patrice Faye, uwarabaye mu Burundi imyaka irenga 30, yahavuye afatwa nubutungane, itariki 5 Ndamukiza 2011.Yagirizwa icaha cogufata kunguvu abakobwa bakiri bato, icaha catumye acirigwa imyaka 25. Yari yagirijwe icocaha n'abana babakobwa b**a kwishure yari yashinze mugufasha abana batishoboye.

Kwifoto zindi, araboneka yitavye ubutungane itariki 25 Rusama 2011 i Bujumbura.

Itariki 18 Gitugutu 2011 yahavuye arekurwa vyagateganyo kugira aje kwivuza m'Ubifaransa.

Patrice Faye ntiyongeye kugaruka mu Burundi naho ubutungane bwagerageje uko bushoboye.

👉Patrice Faye niwe muvyeyi wa Gaël Faye, umuririmvyi yaririmvye indirimbo yise Petit Pays canke Gahugu gato.

Turi mumpera zumwaka ,mbega ivyo wariwateguye gukora imwaka ugitangura warabikoze ?? Warabish*tseko ? Ibitakunze woba ub...
11/06/2025

Turi mumpera zumwaka ,mbega ivyo wariwateguye gukora imwaka ugitangura warabikoze ?? Warabish*tseko ? Ibitakunze woba ubona ico vyavuyeko ? Niki ubona ugiye kuzokosora kubwo unwaka ukurikira ?

Ijoro rehire murindwe N'IMANA
10/29/2025

Ijoro rehire murindwe N'IMANA

10/27/2025

IINGINGO ,INTEGO

kimwe mubintu bishobora kuba vyagufasha kwitunganya mubuzima bwa burimunsi nukuba umuntu afata ingingo

Kuba umuntu atagira ingingo canke atagira intego nikimwe mubintu bishobora gutuma ataho wogera kuko muri vyose urafatafata ,ntugira ahubarizwa ,ntakintu nakimwe uzwiho

Kandi umuntu adafata ingingo ,atagira intego akeshi arongorwa namarangamutima ,agashobora kuba anakoreshwa nibitekerezo vyabandi ,

Ba umuntu afata ingingo akayihagararako ,adapfa ico afashe,akoze ,aho agiye ba umuntu yigenera ico akwiye kubaco agatako agafata ingingo ategerezwa kugenderako kugira akigereko

Ingingo : ni amategeko wiha kubwo intego runaka canke ikintu runaka canke ubuzima wifuza ukitwararika kutazoyarenga naho hoza uwugerageza kuyagukuramwo

Twibukanyako kubaho ubuzima bwiza nukubaho atawe ubangamiye utipfuriza inabi abandi ,wishakira amahoro mumutima wawe

Mugire umusi mwiza

10/27/2025

Wisunze bibiriya canke ubumenyi ufise, tubwire idini nyakuri nirihe ??

10/27/2025

Ninde yababujije gukora iciza ? Ndabaza mwe mutanezererwa umugisha wabagenzi banyu

10/25/2025

I got over 2,000 reactions on one of my posts last week! Thanks everyone for your support! 🎉

Address

Toronto, OH

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when prosperity.com posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share