Dicobu TV

Dicobu TV Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Dicobu TV, Music Award, 4136 N 75th Avenue suite 208 Phoenix, .

đź”´AMAKURU YIHUTA: Commission  y'amatora muri Tanzania yamaze gutangaza ko Perezida Samia Suluhu Hassan yatsinze amatora y...
01/11/2025

đź”´AMAKURU YIHUTA:

Commission y'amatora muri Tanzania yamaze gutangaza ko Perezida Samia Suluhu Hassan yatsinze amatora ya perezida yabaye ku wa gatatu, n'amajwi arenga 97%.

🇧🇮BURUNDI DAYMumasanamu,raba uko ibirori vya   muri   vyagenze.🔴 Ibi birori bikaba vyari vyatewe iteka na SE Ambassadeur...
25/10/2025

🇧🇮BURUNDI DAY

Mumasanamu,raba uko ibirori vya muri vyagenze.

🔴 Ibi birori bikaba vyari vyatewe iteka na SE Ambassadeur w’Uburundi muri Uganda, Général de Brigade .

DISAPIRA IDASINZIRA

Mu rugendo arimwo muri  , umurongozi wa Diaspora Ndundi kurwego rw’isi yose yanezerejwe no guhura na Nyakubahwa aserukir...
24/10/2025

Mu rugendo arimwo muri , umurongozi wa Diaspora Ndundi kurwego rw’isi yose yanezerejwe no guhura na Nyakubahwa aserukira mubihugu vyose bigize Scandinavie, l'Ambassadeur du à , . Abo bari kumwe bavuye i Burundi nabo bakaba bariko bavyifatamwo neza cane.

=============

Lors de son voyage en Finlande, le président de la Diaspora Ndundi au niveau mondial a eu la joie de rencontrer Son Excellence l’Ambassadeur du Burundi à Berlin, M. Sendazirasa, qui représente le Burundi dans tous les pays de la Scandinavie.
Les membres de la délégation venant du Burundi qui l’accompagnaient se comportaient également de manière exemplaire.

 🔴 Abaririmvyi Les Jumeaux Music bagiriwe icizere n’ishirahamwe ry’ubwishingizi rya   .🫡Aba baririmvyi bagiye kuba aba  ...
10/10/2025



🔴 Abaririmvyi Les Jumeaux Music bagiriwe icizere n’ishirahamwe ry’ubwishingizi rya .

🫡Aba baririmvyi bagiye kuba aba mukiringo batavuze ariko bakaba bizewe inyuma yo gutsindira ihiganwa rya n’inyuma yo kuzunguruka igihugu cose aho bari aba Brand Ambassadors na Vichou Love ba ’IMBONAKAZOZA EVENT itegurwa na Burundian Diaspora .

✅Twobibutsa ko bano baririmvyi basanzwe banakorana n’ishirahamwe ry’abarundi baba muri rya Dicobu kuva rivutse muri 2022 hamwe n’ishirahamwe ry’abarundi baba canke bakorera mumahanga rya aho batanguye gukorana rigitwarwa n’uwariserukira azwi kw’izina rya .

TURABAKEJE ABAHUNGU BACU, B’IGIHUGU

🔴💰 FOMI_ANGOLA sera construit pour un montant de 370 millions de dollars américains (US $370M) 🇧🇮📍🇦🇴================A la...
24/09/2025

🔴💰 FOMI_ANGOLA sera construit pour un montant de 370 millions de dollars américains (US $370M) 🇧🇮📍🇦🇴
================

A la suite des discussions tenues entre l’homme d’affaires burundais Adrien NTIGACIKA et le gouvernement angolais, un accord de collaboration a été conclu.

📌 Les travaux de construction de l’usine dans ce pays d’ANGOLA 🇦🇴 ont été officiellement lancés.

📌 Ce projet coûtera environ 370 millions de dollars américains (370 millions $USD).

📌 Il sera implanté sur un site d’une superficie de 138 hectares (138 ha).

21/09/2025

Flambeau du centre oye

🇿🇦🇿🇦   : Umurwizatunga KADERI yarabivuze vyose .Raba ivyo yavuze uciye ngaha:https://youtu.be/w8_eOoK2qg0?feature=shared...
12/09/2025

🇿🇦🇿🇦 : Umurwizatunga KADERI yarabivuze vyose .
Raba ivyo yavuze uciye ngaha:

https://youtu.be/w8_eOoK2qg0?feature=shared

Gira subscribe kuri DICOBU TV muyisangize n’abandi.

🚨URGENT – TANZANIA x BURUNDI À MUSONGATI (RUTANA)🚨  📅 Ce samedi 16 août 2025📍 Musongati, province de RutanaUne grande co...
15/08/2025

🚨URGENT – TANZANIA x BURUNDI À MUSONGATI (RUTANA)🚨

📅 Ce samedi 16 août 2025
📍 Musongati, province de Rutana

Une grande collaboration musicale sur scène avec une brochette d’artistes exceptionnels, dont :
🎤 Les Jumeaux Music
🎤
🎤 Volcano
🎤 Black G
🎤 Magicsoldier Kingorongoro
🎤 Vivi Muyomba
🎤 Linah Blanche
🎤 Jintrino

🌍 Et tout droit de Tanzanie :
🎤 Harmonize

🔥 It’s gonna be fire, my friend!🔥
✅ Entrée gratuite

Abaririmvyi babarundi , Chany Queen , Linah Blanche, Vivy Muyomba, Black G, Kingorongoro,Volcano , Jintrino na Les Jumea...
14/08/2025

Abaririmvyi babarundi , Chany Queen , Linah Blanche, Vivy Muyomba, Black G, Kingorongoro,Volcano , Jintrino na Les Jumeaux Music bazoteramisha i Musongati kumusi wagatandatu igenekerezo rya 16.08.2025 aho bazokwakira umuririmvyi w’umutanzaniya azwi kw’izina rya .

Ibi birori bizobera i Musongati mbere hakaba hateguwe vyinshi bizohimbara abarundi n’abatanzania muri rusangi tukaba twobamenyesha ko aba baririmvyi b’abarundi bashizwe mumurwi wakozwe na Ambassade ya Tanzania mugihugu c’Uburundi witwa TURIBAMWE CREW , ukaba uherutse gushira ahabona muburyo bwa audio indirimbo yiswe ivuga kumubano mwiza uri hagati y’Uburundi na Tanzania aho banibanze canke kw’ibarabara ry’indarayi ikoresha umuyagankuba rizoguza Uburundi na Tanzania .

Address

4136 N 75th Avenue Suite 208 Phoenix
AZ

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Dicobu TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Dicobu TV:

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share