VOA Radiyoyacu

VOA Radiyoyacu VOA KINYARWANDA-KIRUNDI Rwanda FM 104.3 Burundi FM 94.9 and FM 95.2 Whatsapp +1-202-441 -9931 Twitter @radiyoyacuvoa SoundCloud @radiyoyacuvoa
(298)

Umusirikare w'Umurundi Yiciwe mu Kiyaga Rweru. Ntaco Uburundi Canke u Rwanda Barabivugako
05/09/2020
Umusirikare w'Umurundi Yiciwe mu Kiyaga Rweru

Umusirikare w'Umurundi Yiciwe mu Kiyaga Rweru. Ntaco Uburundi Canke u Rwanda Barabivugako

Umusirikare umwe w’umurundi, ni we amaze kumenyekana ko yaguye mu ruhererekane rw’amasasu rwumvikanye mu kiyaga Rweru ku ruhande rw’intara ya Kirundo mu Burundi. Uko kurasana kwari hagati y’abakekwa

U Rwanda Ruzifashisha Robo Mu Guhangana na Virusi ya Corona
05/09/2020
U Rwanda Ruzifashisha Robo Mu Guhangana na Virusi ya Corona

U Rwanda Ruzifashisha Robo Mu Guhangana na Virusi ya Corona

U Rwanda rwatangiye gukoresha ikoranabuhanga rishingiye kuri za robo mu mugambi wo guhangana n'icyorezo cya virusi ya corona. Byemejwe na minisiteri y'ubuzima mu yavuze ko izo robo zizajya zunganira

Ikiza ca Corona Gishobora Guhitana Abantu 190000 muri Afrika
05/08/2020
Ikiza ca Corona Gishobora Guhitana Abantu 190000 muri Afrika

Ikiza ca Corona Gishobora Guhitana Abantu 190000 muri Afrika

Ibiro vy’ishirahamwe mpuzamakungu bijejwe kwitaho amagara y’abantu, OMS, vyatangaje ko mu mwaka wa mbere, ikiza ca corona gishobora guhitana ubuzima ko abantu bari hagati y’ibihumbi 83000 n’bihumbi 19

Umuryango wa #Omar al Bashir muri Sudani Uzamburwa Imitungo
05/08/2020
Umuryango wa Omar al Bashir muri Sudani Uzamburwa Imitungo

Umuryango wa #Omar al Bashir muri Sudani Uzamburwa Imitungo

Muri Sudani, ikigo cy'igihugu gishinzwe kurwanya ruswa cyatangaje ko kigiye kwambura abo mu muryango w'uwahoze ari umukuru w'igihugu Omar al-Bashir imitungo bikwijeho binyuranyije n'amategeko. Iki k

Abahitanywe n'Imvura Nyinshi mu #Rwanda Bageze ku 72
05/08/2020
Abahitanywe n'Imvura Nyinshi mu Rwanda Bageze ku 72

Abahitanywe n'Imvura Nyinshi mu #Rwanda Bageze ku 72

Imibare mishya ya minisiteri y'ibikorwa by'ubutabazi igaragaza ko imvura yaguye mu ijoro rya tariki 6 rishyira tariki ya 7 z'uku kwezi yateje ibiza byahitanye abantu 72 hirya no hino mu gihugu. Iyi

Imitungo ya bamwe mu baryango ba Omar al-Bashir yahoze ari perezida wa #Sudani mu minwe ya Reta
05/08/2020
Sudani: Imitungo ya Bamwe mu Baryango ba al-Bashir mu Minwe ya Reta

Imitungo ya bamwe mu baryango ba Omar al-Bashir yahoze ari perezida wa #Sudani mu minwe ya Reta

Muri Sudani, ikigo cy'igihugu gishinzwe kurwanya ruswa cyatangaje ko kigiye kwambura abo mu muryango w'uwahoze ari umukuru w'igihugu Omar al-Bashir imitungo bikwijeho binyuranyije n'amategeko. Iki k

ONU Isaba Imiriyaridi Zirenga 7 z'Amadolari zo Gufasha Ibihugu Bikenye
05/08/2020
ONU Isaba Imiriyaridi Zirenga 7 z'Amadolari zo Gufasha Ibihugu Bikenye

ONU Isaba Imiriyaridi Zirenga 7 z'Amadolari zo Gufasha Ibihugu Bikenye

Ishirahamwe mpuzamakungu ONU rishikiriza ko ririko rirasaba imfashanyo y’amamiliyaridi y’amadolari yo gukingira ubuzima bw’amamiliyoni y’abantu no gufasha guhagarika ikwirakwira rya COVID-19 mu bitish

Abataliyano Barahiga Kwitwarira Ababashize mu Ngorane za COVID-19
05/08/2020
Abataliyano Barahiga Kwitwarira Ababashize mu Ngorane za COVID-19

Abataliyano Barahiga Kwitwarira Ababashize mu Ngorane za COVID-19

Ibisagara hamwe n’ibitaro mu buraruko bw’Ubutaliyano biriko biritegurira kwitwarirwa n’imiryango y’abahitanwe n’ikiza ca Corona. Basaba indishi ku makosha yabaye mu gisata c'ubuvuzi, ukutitaho abarway

Umuntu 1 Yishwe na Gerenade abandi 11 irabakomeretsa mu Rwanda. Igiporisi cemeza ko atari igikorwa c'iterabwoba.
05/08/2020

Umuntu 1 Yishwe na Gerenade abandi 11 irabakomeretsa mu Rwanda. Igiporisi cemeza ko atari igikorwa c'iterabwoba.

Imyuka ya Gaze Yahitanye Abashika 11 Igwaza 1000 mu Buhindi
05/08/2020
Imyuka ya Gaze Yahitanye Abashika 11 Igwaza 1000 mu Buhindi

Imyuka ya Gaze Yahitanye Abashika 11 Igwaza 1000 mu Buhindi

Abantu bashika kuri 11 bapfuye kuri uyu wa kane abandi bashika 1 000 bagira ingaruka zo guhema inyuma yaho imyuka ya gaze itorokeye mw’ihinguriro rya plastike mu bumanuko bw’Ubuhindi. Abaporisi bash

USA n'Ubushinwa Barahanganye ku Mamuko ya COVID-19
05/07/2020
USA n'Ubushinwa Barahanganye ku Mamuko ya COVID-19

USA n'Ubushinwa Barahanganye ku Mamuko ya COVID-19

Abategetsi muri Reta zunze ubumwe za Amerika no mu Bushinwa barabandanya guterana amajambo ku mamuko hamwe n’ingendo zafashwe mu minsi ya mbere ikiza ca Corona caduka. Ubushinwa bwagiriza umushiki

Guca Ibice vy'Igihimba c'Irondoka ku Bakobwa Bizohanwa muri Sudani
05/07/2020
Guca Ibice vy'Igihimba c'Irondoka ku Bakobwa Bizohanwa muri Sudani

Guca Ibice vy'Igihimba c'Irondoka ku Bakobwa Bizohanwa muri Sudani

Amashirahamwe aharanira agateka k’abakenyezi n’ubwigenge bushingiye ku madini muri Sudani arashima umugambi wa reta wo guhana abakora umugirwa wo guca ibice vy’ibihimba vy’irondoka vy’abapfasoni. M

Shampiyona ya Bundesliga mu Budagi Igiye Gusubira Gutangura
05/07/2020
Shampiyona ya Bundesliga mu Budagi Igiye Gusubira Gutangura

Shampiyona ya Bundesliga mu Budagi Igiye Gusubira Gutangura

Shanseliye w’Ubudagi, Angela Merkel yatangaje kuri uyu wa gatatu ko shampiyona y’umupira w’amaguru yo muri ico gihugu Bundesliga ishobora kwongera gutangura mu mpera z’uku kwezi. Bizoba birangije amez

Reta y'Uburundi Igabisha Abanyamigambwe Bakomeje Gushamirana
05/06/2020
Reta y'Uburundi Igabisha Abanyamigambwe Bakomeje Gushamirana

Reta y'Uburundi Igabisha Abanyamigambwe Bakomeje Gushamirana

Umugambwe CNL utavuga rumwe n’ubutegetsi mu Burundi wongeye kwagirizwa uguhohotera abanywanyi ba mukeba wawo, CNDD-FDD. Ni ivyagiriji uwo mugambwe uhakana. Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gi

📷 : Ubuzima buriko burongera gutangura bukebuke mu bisagara bitandukanye vy'Ubutaliyano, inyuma yaho gahunda ya guma mu ...
05/06/2020

📷 : Ubuzima buriko burongera gutangura bukebuke mu bisagara bitandukanye vy'Ubutaliyano, inyuma yaho gahunda ya guma mu rugo ihereye. #COVID19

Amashure Yongeye Gutangura i #Wuhan iyo #COVID19 Yazananye
05/06/2020
Amashure Yongeye Gutangura i Wuhan iyo COVID19 Yazananye

Amashure Yongeye Gutangura i #Wuhan iyo #COVID19 Yazananye

Abanyeshule basubiye kwiga mu gisagara ca Wuhan mu gihugu c'Ubushsinwa aho ikiza c'umugera wa Corona catanguriye. Basubiye mu mashule uno musi ku wa gatatu, bambaye udukingirizo ku munwa kandi baban

Icuka kiri hagati y'abanywanyi b'umugambwe #CNDDFDD uri ku butegetsi mu #Burundi na  #CNL wa Agathon #Rwasa atavuga rumw...
05/06/2020

Icuka kiri hagati y'abanywanyi b'umugambwe #CNDDFDD uri ku butegetsi mu #Burundi na #CNL wa Agathon #Rwasa atavuga rumwe n'ubutegetsi uracibazako iki?

ONU: Amasezerano y'Amahoro Arageramiwe muri Sudani y'Epfo
05/06/2020
ONU: Amasezerano y'Amahoro Arageramiwe muri Sudani y'Epfo

ONU: Amasezerano y'Amahoro Arageramiwe muri Sudani y'Epfo

Umurwi w’abahinga ba ONU kuri Sudani y’Epfo baragabisha ko umugambi w’amahoro muri ico gihugu ushobora kuburizwamwo. Bavuga ko reta y’ubumwe iriko irasubiranamwo ku bijanye n’uburongozi bw’inzego z’um

Afrika y'Epfo Irakenye Imashini Zifasha Abarwayi ba COVID-19 Guhema
05/06/2020
Afrika y'Epfo Irakenye Imashini Zifasha Abarwayi ba COVID-19 Guhema

Afrika y'Epfo Irakenye Imashini Zifasha Abarwayi ba COVID-19 Guhema

Abainjeniyeri hamwe n’abadogiteri mu buganga bo muri Afrika y’Epfo bariko barakora imashini zizimbutse mu ntumbero yo gukemura ikibazo c’ubukene bw’imashini zifasha abarwayi ba COVID-19 guhema. Afri

Abanyamerika 2 Barafashwe mu Bagavye Igitero muri Venezuela
05/06/2020
Abanyamerika 2 Barafashwe mu Bagavye Igitero muri Venezuela

Abanyamerika 2 Barafashwe mu Bagavye Igitero muri Venezuela

Perezida wa Venezuela Nicolas Maduro yavuze ko abanyamerika babiri bari mu murwi w’abacangero bagerageje igitero c’iterabwoba cari kigamije kwigarurira igihugu mu ntango z’iyi ndwi. Maduro yabishiki

Amatohoza ku Cateye Insanganya y'Indege Itwara Imiti muri Kenya
05/05/2020
Amatohoza ku Cateye Insanganya y'Indege Itwara Imiti muri Kenya

Amatohoza ku Cateye Insanganya y'Indege Itwara Imiti muri Kenya

Abategetsi muri kenya bariko baraperereza ku coba catumye indege itwaye ibikoresho vyo kwa muganga ikoroka igahitana ubuzima bw’abantu 6. Abajejwe uruja n’uruza rw’indege muri Kenya batangaje ko iyo

#CNDDFDD na #CNL Bakomeje Gushamirana mu Myiyamamazo
05/05/2020
CNDD-FDD na CNL Bakomeje Gushamirana mu Myiyamamazo

#CNDDFDD na #CNL Bakomeje Gushamirana mu Myiyamamazo

Abanywanyi babiri b'umugambwe CNDD FDD n'umwe w'umugambwe CNL ni bo bamaze gupfa kuva hatanguye imyiyamamazo y'amatora y'uyu mwaka, abandi 18 ba CNDD FDD barakomeraka co kimwe n'umunani ba CNL. Aban

#Rwanda: Umujyi wa #Kigali Uraburira Abakora Ingendo mu Masaha Yabujijwe #COVID19
05/05/2020
Umujyi wa Kigali Uraburira Abakora Ingendo mu Masaha Yabujijwe

#Rwanda: Umujyi wa #Kigali Uraburira Abakora Ingendo mu Masaha Yabujijwe #COVID19

Umujyi wa Kigali uraburira abantu bakora ingendo mu masaha yabujijwe, ubateguza ibihano mu gihe baba batisubiyeho. Amasaha batagomba kurenza ni sa mbili z’Ijoro. Umuyobozi w’Umujyi wa Kigali, aganir

CPJ Isaba Irekurwa ry'Abamenyeshamakuru Bane ba Iwacu Voix du Burundi  #FreePressMatters
05/05/2020
CPJ Isaba Irekurwa ry'Abamenyeshamakuru Bane ba Iwacu

CPJ Isaba Irekurwa ry'Abamenyeshamakuru Bane ba Iwacu Voix du Burundi #FreePressMatters

Abamenyeshamakuru bane b’ikinyamakuru cigenga co mu Burundi IWACU bazorenguka mu butungane kuri uyu wa gatatu italike 6 ukwezi kwa 5 muri sentare y’iyungururizo. Umuryango mpuzamakungu CPJ (Committ

HRW Isaba Gutohoza ku Bwicanyi bw'Agahomerabunwa muri Siriya
05/05/2020
HRW Isaba Gutohoza ku Bwicanyi bw'Agahomerabunwa muri Siriya

HRW Isaba Gutohoza ku Bwicanyi bw'Agahomerabunwa muri Siriya

Ishirahamwe mpuzamakungu ryita ku burenganzira bwa kiremwa muntu, Human Rights Watch risaba ko hakorwa amatohoza ku kibanza kiri mu buraruko bushira uburengero bwa Siriya ahoba haratawe ibiziga vy’aba

Address

330 Independence Ave SW
Washington D.C., DC
20024

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when VOA Radiyoyacu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to VOA Radiyoyacu:

Videos

Nearby media companies

Other Broadcasting & media production in Washington D.C.

Show All

Comments

Iyubonye abakobwa batangaye nkuku uca wibaza kobabonye oki je niyumvira kobadakwije naw uvyiyumvira gt
Ubutegetsi bubangamiye rubanda budaha ijambo rubanda rugufi aho umuntu agira icyo avuga akambikwa amapingu hagamijwe gucececyesha buriwese 2)kwamburwa ubutaka 3)kungufu gufungirwa ubusa no 4)guhimbirwa ibyaha 5)kuraswa bakabeshyako wageragezaga gutoroka kd arumugambi wanogejwe na letat y'abicanyi 6)gufungirwa mugihUbutegetsi bubangamiye rubanda budaha ijambo rubanda rugufi aho umuntu agira icyo avuga akambikwa amapingu hagamijwe gucececyesha buriwese 2)kwamburwa ubutaka 3)kungufu gufungirwa ubusa no 4)guhimbirwa ibyaha 5)kuraswa bakabeshyako wageragezaga gutoroka kd arumugambi wanogejwe na letat y'abicanyi 6)gufungirwa mugihugu 7)gusabwa ruswa ngo urenganurwe 8)gukubitwa 9)gucecekeshwa n'ibindi,...! nguko ukotubayeho mu Rwanda. ese ibi bizarangira ryari
abataripfana me.ntaganda#na victoire ingabire umuhoza nemeranwa nabo ibyo bavuga nibyo [email protected]
Nitwa Ntegejimana Thaddee,ndi mu Rwanda.Turashima VOA RADIO YACU kuko itugezaho amakuru nyayo kandi yizewe.mukomerezaho.
Ndabasavye ira kumakuru muduha ndasavye amafoto yanyu
ndabakunda mwese mugire umusi mwiza
Miriwendakundibiganironutwigorotwanyutwokushakamajuru
Mwaramutse?Twibazako bikenewe ko umubiri wacu tuwubungabunga! Turaziko bikenewe kuronka compléments z’ivyamwa n’imboga twihweje aho dukura izo duha umubiri wacu kumusi kumusi! Umwavu w’ikizungu,imiti dupompa ndetse n’inkabuzo zogukura kumuvuduko urenze OGM,Izuba tubigura vyanikiweko n’ubuhinga buke mukubiteka tukabigira ibiziga bituma umubiri wacu ubura 100/100 y’ingaburo! Icitonderwa gukeha kw’amafibres végetal n’inkomoko ikomeye y’ibibazo vy’ihoka;kubura kw’insanganya ngaburo zikwiye bikomeretsa ibihimba nka vyose vy’umubiri;waruzi ko ingwara duhura 90/100 ziva kw’ikena ry’insanganya ngaburo n’ivyunyunyu? Ingaburo FOREVER Daily ijr kubafasha bikomeye kuko isubirira ivyamwa n’imboga wofunguye kumusi-kumusi mutunini 2 gusa!Ukeneye kuyironka canke kumenya uko ubungab_unga neza amagara yawe?Twakure watsapp +25761434304/mobile +25779159297 Muhanuzi umuhinga kumagara y’abantu Nurse,Manager flp NDUWIMANA Augustin

ndabakunda cyanpe servise mutugezaho ariko muzampe indirimbo y'ambasads yitwa njyendan'ibyisi muzaba mukoz mperey ikabga
Turabakunda Kubwijbiganiro Byiza Mutugezaho Amakuru Asesenguye ,turabashimira Ubushishozo Mukorana Mugucukumbura Inkuru Zose MutugeTurabakunda Kubwijbiganiro Byiza Mutugezaho Amakuru Asesenguye ,turabashimira Ubushishozo Mukorana Mugucukumbura Inkuru Zose Mutugezaho.