Trending Media Tv Bdi

Trending Media Tv Bdi Created to promote entertainment and showbiz in Burundi and all across

08/04/2024
08/07/2022

Shalom,Dufashe umwanya tubatumira Muri Concert yitiriwe UFALME🙌🙌🙌 izoba le 30/7/2022 ikazoremeshwa numuririmvyi avuye muri CANADA yitwa Zaina Neema❤️❤️. Kaze muri benshi dusangire umugisha🔥🔥tumira incuti yawe.Be blessed🙏🙏🙏

26/04/2021
02/04/2021

Comming soon By Boys Of God,iraje kabisa 🔥🔥🔥🔥,kugira ube uwambere ubona ibikorwa vyacu kuri YouTube link ngiyo 👇👇Comming soon By Boys Of God ,Link ngiyo kugira ube uwambere ubona ibikorwa vyabo 👇👇https://youtu.be/6IFEzDFKy7Q ,Tubasaba mubandanye kugira Partage na Commentaire .Mwarahezagiwe

04/03/2021

Introducing our new artist - Zaina NeemaGood things are coming.Please stay tune, and follow her. DON'T FORGET TO SUBSCRIBE TO OUR CHANNEL ➡️ www.youtube.com/...

10/01/2021

INDIRIMBO YA FIZZO NKUNDA NI SATURA AMA BAFFLES N'AMABUYE🤣🤣🤣🤣🤣🔥

08/01/2021

MBE IVYA BIDONDO, BIDONDINE NA GOLDNAME VYARI BUZZ CANKE VYARI IVY'UKURI? UWURAMVYE AZOBONA VYINSHI

Nimba ukunda inkino , umuziki vyose ni mur'ino page ya Facebook, gira s'abonner, na J'aime, kugira uzobe uwambere kuza u...
25/10/2020

Nimba ukunda inkino , umuziki vyose ni mur'ino page ya Facebook, gira s'abonner, na J'aime, kugira uzobe uwambere kuza uraronka ayo makuru

ca kur'iyo Link iri musi kugira winjire neza

https://www.facebook.com/823852174656447/posts/1245065445868449/?app=fbl

"" Match Amical ""

Kur'uno wa mungu igenekerezo rya 25-10-2020 harategekanijwe urukino ruzaguhuza umugwi uhurikiyemwo abamenyeshamakuru ariwo FC Media aho baza gutana mu mitwe n'umugwi wiswe izina rya Les Amis Sportifs, izina rya Rossy presenter riri mu rutonde rw'abamenyeshamakuru baza gukina mur'urwo rukino

# FC Media vs Les Amis Sportifs[ 09h00 kuri Stade Intwari ] #

Kwinjira ni k'ubuntu

Umwanditsi : Rossy Presenter

Inyuma yo gukinwa kw'indwi ya kabiri muri Primus Ligue A yuno mwaka w'imikino wa 2020-2021Uko niko imigwi isumba sumbana...
14/09/2020

Inyuma yo gukinwa kw'indwi ya kabiri muri Primus Ligue A yuno mwaka w'imikino wa 2020-2021

Uko niko imigwi isumba sumbana amanota

Umwanditsi : Rossy Presenter

Uko niko imigwi yatsindanye mu ndwi ya kabiri muri Primus Ligue A yuno mwaka w'imikino 2020-2021, inkino zakinywe kuwa 1...
14/09/2020

Uko niko imigwi yatsindanye mu ndwi ya kabiri muri Primus Ligue A yuno mwaka w'imikino 2020-2021, inkino zakinywe kuwa 12,13-09

Umwanditsi : Rossy Presenter

  Amical # 13-09-2021Veterans club cibitoke 0-1 FC MediaUrwo rukino rukaba rwakiniwe mu ntara ya Cibitoke, commune Rugom...
14/09/2020

Amical # 13-09-2021

Veterans club cibitoke 0-1 FC Media

Urwo rukino rukaba rwakiniwe mu ntara ya Cibitoke, commune Rugombo

Umwanditsi : Rossy Presenter

Ihiganwa rikuru muri Tanzania rirabandanya
13/09/2020

Ihiganwa rikuru muri Tanzania rirabandanya

10/09/2020

Ufise ico ushikiriza canke ico ubaza twandikire kuri gmail yanje ariyo [email protected], Gira subcribe kugira wame uba u...

Address

Bujumbura

Opening Hours

Monday 08:00 - 18:00
Tuesday 08:00 - 18:00
Wednesday 08:00 - 18:00
Thursday 08:00 - 18:00
Friday 08:00 - 18:00
Saturday 08:00 - 18:00

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Trending Media Tv Bdi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Trending Media Tv Bdi:

Share