21/09/2025
🚨Aho bukera haratangwa umupira w'inzahabu ku ncuro ya 69 kuva 1956!
Raba nawe ibi biharuro uggire aho utanze amahirwe dufatiye kuri Raphigna,Lamine Yamal, Ousumane Démbélé👇
➡️Raphinha wa FC Barcelone ibiharuro vyiwe bivugako Yakinye inkino 69🏟👇
Yatsinze ibitsindo 38⚽️,
Yatanze Imipira ivamwo ibitsindo 26🎯
Yagize uruhara mubitsindo 64👌
🎯tongera arema uburyo bwo gutsinda 45.
🎯Yantaze ama passes meza 161.
👌Yateye mw'izamu incuro 88
🏆Yatahukanye ibikombe 3 : Copa Del Rey, Laliga, Soupercoupe d'Espagne.
👉Ariko kandi umwana muto Lamine Yamal nawe kukibaho ibiharuro bivugako Yakinye inkino 65 🏟maze atsinda ibitsindo 19⚽️,Yatanze imipira ivamwo ibitsindo 24🎯,Yagize uruhara mubitsind 43!
🎯 Imipira ivamwo ibitsindo 50,Yatanze ama passes meza 115,Yateye mw'izamu incuro 89🥅,Yatwaye ibikombe 3 🏆:Laliga, Soupercoupe d'Espagne,Copa Del Rey.
➡️Ariko kandi Ousmane Dembelé 🇨🇵 nawe amateka yerekana ko yakoze sezo iteyubwoba kuko Yakinye inkino 🏟59,Yatsinze ibitsindo 33⚽️, 🎯mipira ivyara ibitsindo 13,Yagize uruhara mubitsindo 46.
➡️Imipira ivamwo ibitsindo🎯 25,Yatanze ama passes meza 133,Yateye mw'izamu incuro 91🥅.
👉Afise ibikombe 🏆6 : UCL, Ligue 1,Coupe de France, super coupe de France, super coupe de l,UEFA
⚠️Aho rero bavuye aho iivyo baca baraba ibi bikurikira mukijanye na ballon d'Or👇
1.Ingene yavugishije ibinyamakuru mukwitwara neza mukibuga canke hanze y'ikibuga.
2.Ibitsindo bitanga amanota atatu umukinyi yagiye aratsinda.
3.Ibitsindo vyiza vyiza umukinyi yagiye aratsinda.
4.Indero umukinyi yakoresheje mugihe yari mukibuga canke hanze y'ikibuga.
5.Uburemere bw'izina ry'umugwi umukinyi asanzwe akinamwo.
6.Mbega izina ry'umukinyi canke umugwi akinalwo bizodufasha kudandaza Ballon d'or tugira tumuhe?
7.Ubwo umugwi wiwe ntuzohava ukoroka icicaro.
8.Ubwo umukinyi urwego rwiwe ruzokwama rumeze neza? Gushika m'uwundi mwaka tuzotangirako iyindi Ballon d'or.
9.Ballon d'or tumuhaye ayitwaye muri Championnat iyahe?
10.Muri ekipe national afise agaciro kangana gute?