25/05/2026
🟣🔵Real Madrid Ntibisanzwe Bombazo !! Ishobora kuronka Enzo Fernández wa Chelsea kwisoko hamwe yogaragaza ubusabe bwayo
Numunyamakuru wumwongereza Bita Ben Jacob agira ati : Enzo Fernández arindiriye ubusabe bwa Real Madrid
Enzo abona ko kuja muri Real Madrid azoba nkinzozi nziza ziwe kandi yiteguriye kurindira nyiba Real Madrid izogaragaza ubusabe kuriwe benshi ubwo bakina na Sunderland babona ko asa nkuwukinye urukino rwanyuma kuri Chelsea
Uwu musore yamuka muri Argentine aheruka gukora ikiganiro yanahanwe na ekipe yaba The Blues ko yokwishimira kuja kwibera i Madrid ibintu bitashimishije ubuyobozi bwa Real Madrid
Enzo ninyuma yaho babuze kuzokina amahiganwa ya UEFA kwa Chelsea vyinshi bivugwa ko gukomeza kwa Chelsea bisa nkibigoye nubwo na Man City iri mumirwi imushaka Ben Jacob yavuze ko uwu musore ashaka ubusabe bwa Real Madrid
Ben Jacob✅