
07/03/2025
Reka dufate kano kanya twifurize isabukuru nziza yama vuka imana ize imuje imbere muri vyose na hose agire aho aba yubahwe
Aho duhurira ni kuri Hopital Makamba igihe c'isaha munani nigice imana ibahe inkomezi muze tuze gushigikira uyu mwene wacu turabe agakemanyi yaduteguriye uyumusi aho azakuba aherekejwe na Savya Official +257 hamwe na Savya Official Familly
Savya Official+257
Savya Official Familly
Ineza kuri bose