Franck walker

  • Home
  • Franck walker

Franck walker Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Franck walker, Digital creator, .

17/03/2026
🇮🇹 🇧🇮✅ Igihugu c'Ubutariyano kigiye gutangura kwakira Abarundi mu kuza kirabaha ubu*i kandi kimanje n'ukubigisha ururimi...
24/02/2026

🇮🇹 🇧🇮✅ Igihugu c'Ubutariyano kigiye gutangura kwakira Abarundi mu kuza kirabaha ubu*i kandi kimanje n'ukubigisha ururimi rw'igitariyano.

================================

🛑Nk'uko tubisanga mu rwandiko rwateweko umukono na Ernest Ndabashinze asanzwe aserukira Uburundi muri ico gihugu, rwarungikiwe Umushikiranganji mu vyo ajejwe harimwo imigenderanire y'Uburundi, Edouard Bizimana. Akaba yamenyesheje ko hakenewe Abarundi baja kwiga ururimi rw'igitariyano bakazoca barozoronswa akazi mu bisata bigiye bitandukanye.

🗣️Gukora imiduga, Gusukura, Gutwara imiduga irima, Gukora mu mahoteri, Gufasha abari mu za bukuru, Guteka, Kwimba, hamwe no Gutunganya ibibanza binini binini, ivy'inyubako, hamwe no Gutegura Imfungurwa zikozwe mw’ifarini, ubwo akaba ari bumwo m'ubu*i bugiye kuzoboneka n'ugukorwa muri ico gihugu c'Ubutariyano.

🔴 Ubushikiranganji bw'imigenderanire y'Uburundi n'amakungu bwaraye butanze wa muco twari twasavye ejo !Ubushikiranganji ...
24/02/2026

🔴 Ubushikiranganji bw'imigenderanire y'Uburundi n'amakungu bwaraye butanze wa muco twari twasavye ejo !

Ubushikiranganji buremeza ko ari ukuri ko Kaminuza AUGE y'i Roma igiye gutanga ivyigwa vy'igitaliyano ku Barundi bipfuza kuja gukora ubu*i mu Butaliyano.

Ubushikiranganji busaba abumva bipfuza amahirwe yo gukora mu Butaliyano ko bokwuzuza urwandiko (formulaire) hanyuma bakayirungika kuri adresse email :

[email protected]

Ubushikiranganji buvuga ko Kaminuza ya AUGE izoca ibarungikira lien ituma mutangura ivyigwa vy'igitaliyano.

Hano twabashiriyeko iyo formulaire mwuzuza.

Ubushikiranganji bwagize neza gutanga umuco kuko ni benshi bariko barajuragurika. Ni vyiza ko iyo abanyagihugu babajije ikibazo, abategetsi baca bishura.

--------------

Ubutaliyano burafise ikibazo gikomeye c'abanyagihugu bariko barasaza. Leta ya Georgia Meloni iherutse gushinga ko, hagati ya 2026 na 2028, Ubutaliyano bu*injiza abakozi bavuye hanze y'igihugu bashika 500.000. Bazova mu bihugu vyose. Ariko, kugira usabe akazi mu Butaliyano, usabwa kuba u*i igitaliyano. Ni gutyo izi nyigisho za kaminuza ya AUGE ari akaryo keza.

Itangazo rw'ubushikirangaji bw'imigenderanire rivuga ko ubu*i buronderwa aho mu Butaliyano ari : entretien des véhicules, pâtisserie, aide aux personnes âgées, cuisine, plomberie, gestion d'entrepôt, bâtiment et pâtisserie.

Address


Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Franck walker posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share