Jay p โผ๏ธโ๐ พ๏ธ๐ ฐ๏ธ
Ukeneye kwamamaza call me๐ค๐ค0704628643๐ช๐ง๐ฎ๐น๐ฟ๐ท๐ผ๐บ๐ฌ๐ฐ๐ช๐ณ๐ฆ๐ณ๐ฌ๐บ๐ฒ๐จ๐ฉ๐ฟ๐ฆ๐จ๐ฆ
17/07/2025
Photo du Jour B-face On The'flo x Fabelove DA K.SHAN BOY x D-ONE Offical x Double-jay OnceAgain x Natacha Burundi x Kirikou A Kili x. Lolilo Simba the artist from ๐ง๐ฎ ๐ง๐ฎ ๐ง๐ฎ ๐ง๐ฎ โค๏ธโค๏ธโค๏ธโค๏ธ๐ฅ๐ฅ๐ฅ๐ฅ๐ฅ๐ฅ๐๐๐๐ต๐ต๐ต๐ตโผ๏ธโผ๏ธ๐ฆ๐ฆ๐ฆ๐ฆ
11/07/2025
10/07/2025
Vuuumm ๐ง๐ฎโ๏ธ d one nsanze arikirofa muri rusangi abakobwa binginga abakobwa Ati kuberik uyu mukobwa muramuzi ivyo yakorey d one 2022 ababonye intervien aramubwira ko arumutwa ASA nabi nibindi vyinshi vyitusti ariko d one yongera aririmba nindirimbo waiting ngo ninyuma yimyaka cumi aziguma amukunda non raba ariko aramwisemba ningene yamwanse bibabaza abantu benshi
Mbe ๐ค d one arikugendera ryajambo ngo ninyuma yimyaka cumi azoguma amukunda
Nkawewe umufana wa d one akomeze yisemba cank
Follow
10/07/2025
Anaitwa bonge la nini?๐๐๐
09/07/2025
๐คฃ๐คฃ๐คฃ Mwabonye mumutwe asigaye yimosha nka Ziranotse ba mayondori kuma costume yamisiyose tuvugeko yashatse kwitandukanya na B-face On The'flo ko Wewe umushatsi Ari ishamba rukoko ๐คฃ๐คฃโ๏ธ Abaraperi je muranyica
08/07/2025
๐ง๐ฎ๐ฅ Kumusi Wejo Hitezwe Intambara Ya 3 Yisi ๐ Kurubuga Rwa YouTube ๐ฅ Ya Sat-B Satura Amabafre Namabuye.
Nkuko Abishikiriza Abakunzi Biwe Sat-B Yavuzeko Kumusi Wejo Itarike 09.07.2025 Niho Azoshira Ahabona AMASANAMU Ya Hit song ๐ฅ Yiwe
KIRISESE N'indirimbo Yarimazimisi Iriko Irahungabanya Umutekano Muduce Dutandukanye Twa AFRIKA Kandi Ari Audio Atamasanamu Ifise Ibaze Video Niyasohoka? ๐ค
๐ง๐ฎ๐ค Imyaka Irenga Indwi Ari Incuti Magara Ariko Melanin boy Ntiyigeze Ahonyora Muri ETAT CIVIL Ya Dj Fernando +257 Biragaragara Neza Ko Bifu Yabo Yoba Yarash*tse No Mumiryango Yabo Twebwe Tukibazako Arivyimiziki Gusa. ๐ค
Bano Basore Bahoze Mumurwi Wa We Love Muzika Bagitangura Imishwano Bamwe Bibazako Arudutwiko Two Kumbuga Kugirango Badandaze Imiziki Yabo Ariko Siko Biri Kuko Iyaba Ari BIFU Yo Kudandaza Umuziki Melanin Boy Twari kumubona Kuri Etat Civil Yuwo Bahoze Barikumwe Fernando Yagiye Kumushigikira.
๐บ Bamwe Bati Nibisanzwe Reka Turindire Turabeko Tuzomubona Kuri Mariage Yiwe Samedi
๐ด Mugihe DJ Paulin yibereye mukaruhuko i NewYork City arikuryosha ubuzima nokuruhura umutwe ๐โโ๏ธ
๐ท Mbega hagati ya Kirikou A Kili na Double-jay OnceAgain nkuko bahora baronka ibiteramo hanze y'igihugu c'uburundi ๐ง๐ฎ burya bazohava babironka nkuko babironka na Bilimani Boy ๐ค kubera ukutumvikana kumaze imisi kuri Dj paullin na Double jay ๐ฅ
Be the first to know and let us send you an email when Jay p posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.