Ingo Media

Ingo Media we are here for your media needs

30/04/2026

Fatakumavuta ゚viralシ

24/04/2026

Yanyoy'Urumogi 🤣🤣🤣💫

11/02/2026

🤣😂

Amakuru atariho Ivumbi😂 nuko   ya   iriko igenda neza mumunyenga wu Rukundo akajambo kamwe kuri  ’w
11/02/2026

Amakuru atariho Ivumbi😂 nuko ya iriko igenda neza mumunyenga wu Rukundo akajambo kamwe kuri ’w

10/02/2026

Ubu tuvugane urukundo rwa 👉 walda kaneza rugeze aharyoshe numu Man wiwe🤣🤣

  the MC mwakunze Muri  .6 mukiganiro   amakuru ariko aravugwa Nuko agira agaruke muburundi inyuma yigihe kitarigito  ab...
28/01/2026

the MC mwakunze Muri .6 mukiganiro amakuru ariko aravugwa Nuko agira agaruke muburundi inyuma yigihe kitarigito abarizwa kumugabane wuburayi akaba agiye gukorana na umunya yamaze gushinga i muburundi Iyo Radio ikaba yitwa nigiki mwiteze kwiyo radio
yabo ije gufasha iki mwiterambere ryigihugu?
canke mwiterambere rymuziki wuburundi muri rusangi ?
igitekerezo cawe muri
comment
cingene ubibona
Ntiwibagire ku following kugira ubandanye ukurikirana amakuru ariko aravugwa







26/01/2026

😭😭😭😭😭😢😢😢😢😢😢

25/01/2026

Ivyabaye #2012 kwisoko nkuru ya nivyo mbona bigira bibe kwisoko yo





🎤🎙️🎹Biographie Yimuririmvyi    🎉🎶 Gukeza Umuririmvyi W’Intoranwa – BIG FIZZO (Furious) 🎶🎉Big Fizzo, yahora azwi ku zina ...
22/01/2026

🎤🎙️🎹Biographie Yimuririmvyi

🎉🎶 Gukeza Umuririmvyi W’Intoranwa – BIG FIZZO (Furious) 🎶🎉

Big Fizzo, yahora azwi ku zina rya Furious, ni umwe mu pionniers b’umuziki w’Uburundi w’iki gihe. 🐐🔥
Yatanguye umuziki wiwe mu mwaka wa 2000, akiri muto cane, afise indoto nini n’urukundo rukomeye rw’umuziki. 🎧✨

📍 Aho yatanguriye n’aho yakuriye:
Yavukiye mu Burundi 🇧🇮, arakurira mu gihugu c’amahoro n’impano, aho yatanguye kwubaka izina ryiwe buhorobuhoro biciye mu bikorwa n’ukwihangana. 💪🎤

🔁 Kuva kuri Furious gushika kuri Big Fizzo:
Mu rugendo rwiwe, yahisemwo guhindura izina akava kuri Furious aja kuri Big Fizzo, izina ryamubereye umugisha rikamushikana ku rwego rwo hejuru mu muziki w’igihugu. 🚀🔥

🏢 Intambwe ikomeye – Label:
Mu 2016, Big Fizzo yarashinze label yiwe bwite yitwa Bantu Boy Entertainment, label yabaye inkingi ikomeye mu guteza imbere umuziki n’abaririmvyi b’abarundi. 🏆🎶

🌟 Ivyo amaze gushikako:
✔️ Indirimbo nyinshi zakunzwe cane
✔️ Aba mu baririmvyi b’imbere mu gihugu
✔️ Ubufatanye n’abandi baririmvyi bo mu karere
✔️ Guhindura no guteza imbere culture y’umuziki w’Uburundi
✔️ Kuba ikimenyetso c’urwaruka n’inkomezi z’igihugu 💎🔥

👏🔥 Turamukeza cane Big Fizzo (icone)ku rugendo rurerure amaze gutemberamwo kuva mu 2000 gushika uno musi, ku bikorwa vyiwe, no ku gukomeza izina ry’Uburundi.
➡️ Urugendo rurabandanya, intsinzi ziracariko ziraza! 🚀✨

🇧🇮❤️ Big Fizzo – Bantu Boy Forever ❤️🇧🇮



🔥 HASHTAGS 🔥




















🔥

22/01/2026

🌹🌹

Address

UAE

00000

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ingo Media posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share