Icongereza Coroshe

Icongereza Coroshe URU RUBUGA RWAKOZWE MU NTUMBERO YO KWIGISHA ICONGEREZA KU BANTU BIPFUZA KUZOROKUROSHA MU BUZIMA BWA MISI YOSE
(1)

20/11/2025

Thank you so much to everyone who continues to follow and support us!

Your engagement, encouragement, and loyalty mean the world to us. We truly appreciate every like, comment, share, and message you send.

Your support keeps us motivated to keep creating, improving, and growing.
Weโ€™re so grateful to have such an amazing community with us on this journey.

Thank you for being here. We couldnโ€™t do this without you!

Weโ€™re upgrading our system and the way we work. Great things are on the way.

stay tuned!
๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://youtu.be/e-5p03fdWr8

Turabakunda โค๏ธ

๐Ÿ“š๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Vyokugora kuvuga icongereza neza mu gihe imyanya yoba ikugora gukoresha, ariko kumwe n'ivyo icigwa c'uno musi twateg...
18/11/2025

๐Ÿ“š๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Vyokugora kuvuga icongereza neza mu gihe imyanya yoba ikugora gukoresha, ariko kumwe n'ivyo icigwa c'uno musi twateguye ni umwanya wa Simple present (umwanya wa kubu).
๐Ÿ“ฒ+25761478013
๐Ÿ”ŠRaba muri commentaire ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

๐Ÿ“š Haciye igihe kingana gute wipfuza kumenya uko bita umuntu asesagura (Bisesagu) mu congereza?  1. My brother is a spend...
17/11/2025

๐Ÿ“š Haciye igihe kingana gute wipfuza kumenya uko bita umuntu asesagura (Bisesagu) mu congereza?

1. My brother is a spendthrift, he buys new clothes every week.

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Musazanje ni bisesagu, Agura impuzu buri ndwi.

2. She used to be a spendthrift, but now she saves her money.

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Yahoze ari bisesagu, ariko ubu araziganya amahera yiwe.

3. Donโ€™t be a spendthrift, think before you spend!

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Ntube bisesagu, za uriyumvira imbere yogukoresha amahera.

4. Heโ€™s such a spendthrift that his salary is gone in two days.

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Ni bisesagu cane kuburyo umushahara wiwe uhera mu misi ibiri

5. The director was fired for being a spendthrift with the company's wealth.

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ AKA NI MUGASHIRE MU KIRUNDI NAMWE

Wipfuza ko tugukurikirana, wotwandikira kuri whatsapp +25761478013
Wipfuza naho kudukurikirana kuri youtube channel yacu, wandika Icongereza Coroshe ugahita udutora vyoroshe

๐Ÿ“šOn the contrary (on-de-kontrari) : Abuhwo.๐Ÿ”ŠIri jambo rikoreshwa iyo ugomba gutanga contrast igihushane civyo wari witez...
17/11/2025

๐Ÿ“šOn the contrary (on-de-kontrari) : Abuhwo.

๐Ÿ”ŠIri jambo rikoreshwa iyo ugomba gutanga contrast igihushane civyo wari witeze ku kintu kanaka.
๐Ÿ“ฒ whatsapp : +25761478013

๐Ÿ“šIki ni icigwa twize ejo, rero nshaka munshirire rino ryungane mu kirundi muri comment section. Here we go ! [ Twagiye!]...
16/11/2025

๐Ÿ“šIki ni icigwa twize ejo, rero nshaka munshirire rino ryungane mu kirundi muri comment section. Here we go ! [ Twagiye!]
๐Ÿ“ฒwhatsapp yacu ni : +25761478013
Turabe kuri Youtube channel yacu, wandika Icongereza Coroshe ugahita udutora vyoroshe

๐Ÿ“š Even so : ยนNubwo vyari bimeze uko / ยฒNubwo bimeze uko1. It was raining. Even so, we went outโœ”๏ธ Imvura yariko iragwa. N...
15/11/2025

๐Ÿ“š Even so : ยนNubwo vyari bimeze uko / ยฒNubwo bimeze uko
1. It was raining. Even so, we went out
โœ”๏ธ Imvura yariko iragwa. Nubwo vyari bimeze uko, twarasohotse.
____________________________________
2. She was tired. Even so, she finished her work
โœ”๏ธ Yararushe. Nubwo vyari bimeze uko, yarahejeje akazi kiwe.
_____________________________________
3. The shoes are too big. Even so, I wear them
โœ”๏ธ Ibirato ni bininiya gose. Nubwo biri uko, Ndavyambara (mpora ndavyambara)
๐Ÿ“ฒ +25761478013
๐Ÿ“šwipfuza kwiga uko basezerana mu congereza? Raba comment ya mbere
๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

15/11/2025

๐Ÿ“š Greetings | Indamukanyo

1. Formal greetings / Indamukanyo ziyubashe

2. Informal greetings / Indamukanyo z'abantu baba bamenyeranye.

Icongereza Coroshe
Easy English
YourEnglishCoach
FabriceKinamovies

๐Ÿ“šIbaze uko bigenda kugira umwana atangure kuvuga atanahamwe aba yaravyize? Biva kuki? Umwana aricara ngaho akumviriza bu...
08/11/2025

๐Ÿ“šIbaze uko bigenda kugira umwana atangure kuvuga atanahamwe aba yaravyize? Biva kuki?
Umwana aricara ngaho akumviriza buri kintu cose papa canke Mama wiwe avuze mu nyuma agatangura guhoha, agasubira akagerageza mu nyuma agatinda agatangura kuvuga rero neza, niko n'icongereza kimeze, banza wumvirize gose ibintu vyose mu congereza, ja kuri youtube, umviriza amakuru canke ikintu cose kivuga icongereza, kandi singombwa ngo ube ubitahura vyose ukazobigira uko kenshi uzoce utangura kugerageza udafise ubwoba utitaye no kubiguca intege . Kuvuga ni second step , iya mbere ni kwumva
๐Ÿ“ฒ Wipfuza ko tugukurikirana twandikire kuri +25761478013

07/11/2025

๐Ÿ“šIcigwa c'ubu nyene tugomba kwiga gusoma no kwumviriza, uyu mugani w'inzovu (Elephant) hamwe n'imbwebwe (Fox) niwo duhava twifashisha. Urumviriza ukongera ugasubiramwo kandi ntibigutere isoni gusubiramwo, hama uhejeje uce wandika ku ruhande utu jambo utatahuye udushire muri commentaire hama mu cigwa c'ejo nze ndadusigure.
๐Ÿ“ฝNdabibutseko uku kwezi ari ukwo gushigikira youtube channel yacu wandika [Icongereza Coroshe], ugaca ugira subscribe, comment na like gusa

Reka tugire igikorwa co gushigikira naco, nyimba vyukuri uri mu bantu bariko barafashwa n'ino programme y'icongereza , n...
07/11/2025

Reka tugire igikorwa co gushigikira naco, nyimba vyukuri uri mu bantu bariko barafashwa n'ino programme y'icongereza , nimunyereke support rero, uko tungana twese hano ndakeneye subscribe, like na comment y'umwe umwe wese kuri youtube channel yacu uciye kuri iyi link
๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://youtu.be/a9anl6yfIBU

06/11/2025

๐Ÿ“š English-Kirundi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡ง
Modal verb " Might"
๐Ÿ“ฒ whatsapp +25761478013
๐Ÿ“ฝYoutube : icongereza coroshe

Mu bintu vy'ibanze umuntu wese ariko ariga icongereza akwiye kumenya ubwa mbere ni kwidondora (how to introduce yourself...
04/11/2025

Mu bintu vy'ibanze umuntu wese ariko ariga icongereza akwiye kumenya ubwa mbere ni kwidondora (how to introduce yourself).
Raba commentaire ya mbere uko ukwiye kwiga kwidondora
๐Ÿ‘‡

Address

Bujumbura

Telephone

+25761478013

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Icongereza Coroshe posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share