Menya amakuru y'inkino

Menya amakuru y'inkino Amakuru atandukanye yinkino

๐Ÿšจ Bidasubirwamwo: Bryan Mbeumo azambara i numero 19 mu Manchester United.๐Ÿšจ ๐Ž๐…๐…๐ˆ๐‚๐ˆ๐€๐‹: Bryan Mbeumo will be Manchester Uni...
21/07/2025

๐Ÿšจ Bidasubirwamwo: Bryan Mbeumo azambara i numero 19 mu Manchester United.
๐Ÿšจ ๐Ž๐…๐…๐ˆ๐‚๐ˆ๐€๐‹: Bryan Mbeumo will be Manchester Unitedโ€™s number 19. ๐Ÿ‘•

๐Ÿšจ Rodri wa Manchester City niwe mukinyi babona muri Real Madrid ko yosubira neza mukibanza ca Toni Kroos โœ๏ธ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ธBiragoye ar...
21/07/2025

๐Ÿšจ Rodri wa Manchester City niwe mukinyi babona muri Real Madrid ko yosubira neza mukibanza ca Toni Kroos โœ๏ธ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ธ

Biragoye ariko ntakidashoboka ๐Ÿค”

๐Ÿ—ž๏ธVyandikwa nikinyamakuru AS

11 batangura kuruhande rwa paris Final๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿšจ๐Ÿšจ๐Ÿ—ผ La composition officielle du Paris Saint-Germain pour affronter Chelsea.
13/07/2025

11 batangura kuruhande rwa paris
Final๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ
๐Ÿšจ๐Ÿšจ๐Ÿ—ผ La composition officielle du Paris Saint-Germain pour affronter Chelsea.

thank you kubantu mudasiba kudukurikiaNubwo bigorana tukamara igihe atamakuru ducisha kurubuga rwacu Menya amakuru y'ink...
12/07/2025

thank you kubantu mudasiba kudukurikia
Nubwo bigorana tukamara igihe atamakuru ducisha kurubuga rwacu Menya amakuru y'inkino ni kumvo zakazi ariko
Ndashimiye bimwe vyumwihariko abadukurikira
Ngasaba ko mwoza murakora like share na commentaire
Kugira nabandi babone ama post yacu

Ivyo bica bitera intege mugutanga amakuru menshi kandi kugihe

Murakoze ๐Ÿ™

Kumusi wejo haraca uwambaye Chelsea twitege kwije guhagarika ingwanyi za parisWait& see๐‚๐Ž๐‹๐ƒ & ๐ƒ๐„๐Œ๐๐Ž๐”๐™ ๐€๐‘๐„ ๐‘๐„๐€๐ƒ๐˜! ๐Ÿฅถ๐ŸฆŸOne d...
12/07/2025

Kumusi wejo haraca uwambaye

Chelsea twitege kwije guhagarika ingwanyi za paris

Wait& see

๐‚๐Ž๐‹๐ƒ & ๐ƒ๐„๐Œ๐๐Ž๐”๐™ ๐€๐‘๐„ ๐‘๐„๐€๐ƒ๐˜! ๐Ÿฅถ๐ŸฆŸ

One day to goโ€ฆ whoโ€™s winning the Club World Cup? โœจ

Menya amakuru y'inkino

๐Ÿšจ Arda Gรผler yabwiwe na Real Madrid ko ugusinya kwa Franco Mastantuono ATAZOMUTERA igihe co gukina, nkโ€™uko ikinyamakuru ...
09/07/2025

๐Ÿšจ Arda Gรผler yabwiwe na Real Madrid ko ugusinya kwa Franco Mastantuono ATAZOMUTERA igihe co gukina, nkโ€™uko ikinyamakuru The Athletic kibivuga. ๐Ÿคโœ…

Igihe ikipe yariko iraheza gusinya Franco, Arda yari azi ko azokina nkโ€™umukinyi wo hagati muri iyi sezo




Menya amakuru y'inkino

Yash*tse haciye imisi 8. Yakose test medical inyuma y' imisi 7 iheze. Yasinye amasezerano haciye imisi 6. Yakinye urukin...
09/07/2025

Yash*tse haciye imisi 8.
Yakose test medical inyuma y' imisi 7 iheze.
Yasinye amasezerano haciye imisi 6.
Yakinye urukino rwiwe rwambere nkโ€™umukinyi wโ€™intango uno musi.
Yatsinze igitego ciza cane mu gice ca mbere.
Yatsinze igitego ciza cane mu gice ca kabiri.

Si bibi. ๐Ÿฅฐ๐Ÿ’™
Menya amakuru y'inkino

*๐Ÿšจ OFFICIEL ! ๐—Ÿ๐—” ๐—–๐—ข๐— ๐—ฃ๐—ข๐—ฆ๐—œ๐—ง๐—œ๐—ข๐—ก ๐——๐—˜ ๐—–๐—›๐—˜๐—Ÿ๐—ฆ๐—˜๐—” ๐—ฃ๐—ข๐—จ๐—ฅ ๐——๐—˜ฬ๐—™๐—œ๐—˜๐—ฅ ๐—™๐—Ÿ๐—จ๐— ๐—œ๐—ก๐—˜๐—ก๐—ฆ๐—˜ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ท ! ๐Ÿด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟ**La recrue Joao Pedro dรฉmarre titulaire.**L...
08/07/2025

*๐Ÿšจ OFFICIEL ! ๐—Ÿ๐—” ๐—–๐—ข๐— ๐—ฃ๐—ข๐—ฆ๐—œ๐—ง๐—œ๐—ข๐—ก ๐——๐—˜ ๐—–๐—›๐—˜๐—Ÿ๐—ฆ๐—˜๐—” ๐—ฃ๐—ข๐—จ๐—ฅ ๐——๐—˜ฬ๐—™๐—œ๐—˜๐—ฅ ๐—™๐—Ÿ๐—จ๐— ๐—œ๐—ก๐—˜๐—ก๐—ฆ๐—˜ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ท ! ๐Ÿด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟ*

*La recrue Joao Pedro dรฉmarre titulaire.*

*Les Blues jouent une place en finale de la Coupe du Monde des Clubs face au PSG ou au Real Madrid. ๐Ÿ†*

*Soir de retrouvailles avec Thiago Silva. ๐Ÿ”™*

David encellottu agiye kuba umumenyereza wa bottafogo wo muri blesilBonne chance a david โค๏ธ      Menya amakuru y'inkino
07/07/2025

David encellottu agiye kuba umumenyereza wa bottafogo wo muri blesil
Bonne chance a david โค๏ธ




Menya amakuru y'inkino

๐Ÿšจ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ช Viktor Gyรถkeres yemeye kurekura amayero miliyoni zibiri z'umushahara wiwe kugira ngo bishobore guhanahana amakuru ha...
07/07/2025

๐Ÿšจ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ช Viktor Gyรถkeres yemeye kurekura amayero miliyoni zibiri z'umushahara wiwe kugira ngo bishobore guhanahana amakuru hagati ya Arsenal na Sporting.

Sporting ivuga ko izotanga amahera menshi ugereranije n'ivyo Arsenal isaba...

...kandi Gyรถkeres ariko arakora ivyo ashoboye vyose, mbere nโ€™ugutanga amahera kugira ngo bishoboke, nkโ€™uko iyo nkuru ibivuga.uyu mwana arashaka Arsenal hasi hejuru




Menya amakuru y'inkino

๐Ÿšจ Nk'uko ikinyamakuru Opta kibivuga, amahirwe yo gutsinda igikombe c'isi c'ama clubs ni... - PSG: 38,54% - Chelsea: 33,8...
07/07/2025

๐Ÿšจ Nk'uko ikinyamakuru Opta kibivuga, amahirwe yo gutsinda igikombe c'isi c'ama clubs ni...

- PSG: 38,54%
- Chelsea: 33,86%
- Real madrid: 24,67%
- Flumebse: 2.93%
Bakunzi bumupira muremeranya na opta

Menya amakuru y'inkino

๐Ÿ’™โค๏ธโœ๐Ÿป Szczesny yahisemwo GUSINYIRA amasezerano mashasha yiwe muri Barcelona gushika muri Ruheshi 2027 muri uku kwezi, ni...
07/07/2025

๐Ÿ’™โค๏ธโœ๐Ÿป Szczesny yahisemwo GUSINYIRA amasezerano mashasha yiwe muri Barcelona gushika muri Ruheshi 2027 muri uku kwezi, niko Sport yemeza kandi!
Menya amakuru y'inkino

Address

Chibombo

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Menya amakuru y'inkino posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Menya amakuru y'inkino:

Share