International news all languages

  • Home
  • International news all languages

International news all languages Newspaper

Mukomeze kugira umunsi mwiza.
11/11/2022

Mukomeze kugira umunsi mwiza.

Nigiki cokurako ibi Hama ntibize bigaruke?
09/11/2022

Nigiki cokurako ibi Hama ntibize bigaruke?

 : Reta yatangaje ko umusore w'imyaka 21 yafashije cane kurokora abantu 24 mw'isanganya ry'indege, ryabaye kuri uyu w'Im...
07/11/2022

: Reta yatangaje ko umusore w'imyaka 21 yafashije cane kurokora abantu 24 mw'isanganya ry'indege, ryabaye kuri uyu w'Imana mu ntara ya Kagera, azohabwa uburenganzira bwo kwinjira mu gisirikare kijejwe kuzimya umuriro no gutabara.

Indege y'ishirahamwe Precision Air yari ivuye i Dar Es Salaam ija i Bukoba yaguye mu kiyaga Victoria, nko ku metero 100 uvuye ku kibuga c'inde c'i Bukoba. Iryo sanganya ryahitanye abantu 19 muri 43 bari muri iyo ndege.

Nk'uko vyandikwa n'ikinyamakuru Mwananchi, uwo musore w'umurovyi w'i Bukoba azoronswa inyigisho zitandukanye zizomushoboza gukora ibikorwa bitandukanye zijanye n'ubutabazi. Vyavuzwe n'umushikiranganji wa mbere Kassim Majaliwa hariko harasezerwa ubwa nyuma abahitanywe n'iryo sanganya.

Jackson Majaliwa yahawe n'amafaranga umuriyoni w'mashiringi nk'ikimenyetso co kumushimira ku butwari bwiwe n'umutima yagize wo kwitangira abandi. Muri ico gikorwa c'ubutabazi, uwo musore yarakomeretse aca ajanwa ku bitaro vy'intara ya Kagera.

Bavuga bati inkoko yo mucari iyigeze mumuji imera gute?
04/11/2022

Bavuga bati inkoko yo mucari iyigeze mumuji imera gute?

04/11/2022

Waruziko ushobora kwandika
AMENA ejo ukazirirwa umeze
Neza
Nubice amazi gerageza urebe

Ijoro ryiza Masai masai
31/10/2022

Ijoro ryiza Masai masai

  (Umutekano)Mu myiyerekano y'abacongomani  yakorewe kuri uyu wa mbere mu gisagara ca  , Abayirimwo bari bafise amasanam...
31/10/2022

(Umutekano)

Mu myiyerekano y'abacongomani yakorewe kuri uyu wa mbere mu gisagara ca , Abayirimwo bari bafise amasanamu ya Perezida w'uburusiya aho bamusaba ko yoza gutabara abacongomani agakoresha inguvu za gisirikare. Bamenyesheje ko batagikeneye na gato Leta zunze ubumwe za Amerika.

Abantu 9 nibo baraye basize ubuzima i   mu giteramo ca Fally Ipupa kubera imivyigano yabaye mw'iki giteramo.Iki giteramo...
30/10/2022

Abantu 9 nibo baraye basize ubuzima i mu giteramo ca Fally Ipupa kubera imivyigano yabaye mw'iki giteramo.
Iki giteramo cagize ubwitabire buri hejuru kuko abarenga 120.000 binjiye stade nkuru y'igihugu " stade des martyrs".
Abarorerezi 7 n'abapolisi 2 nibo vyemezwa ko bahasize ubuzima.

Uy'umunsi ku w'Imana igenekerezo rya,  30 mu Gisagara ca Goma hadutse imyiyerekano itunguranye yo kwiyamiriza ifatwa rya...
30/10/2022

Uy'umunsi ku w'Imana igenekerezo rya, 30 mu Gisagara ca Goma hadutse imyiyerekano itunguranye yo kwiyamiriza ifatwa rya na , aho Abanyekongo bagaragaye baturira idarapo y’ Igihugu cu Rwanda iruhande yu mupaka .

Ni imyiyerekano yadutse nyuma y’aho kuri uyu wa Gatandatu, aho abari muzengo z'i Gihugu bamenyesheje ko umurwi wa M23, ko ufashwa n’u Rwanda, kuko uriko urigarurira ibisagara ya na mu birometero nka 40 uvuye i Goma.,utera uja gufata igisagara ca .

Urwaruka rwateguye iyi myiyerekano, wo mu wokujahamwe n’abanyagihugu na sosiyete sivile, rurahamagarira abanegihugu bose kuja mu myiterekano karundura yo kwiyamiriza Rwanda kuri uyu wa Mbere, itariki 31 aho bukera, aho basaba ko ibikorwa vyose vyohagara .

  (Umutekano)Inkuru y'aka kanya!Kuva isaha cumi zo ku mugoroba wo kuri uyu wa gatandatu, ikambi nini ya gisirikare ya   ...
29/10/2022

(Umutekano)

Inkuru y'aka kanya!

Kuva isaha cumi zo ku mugoroba wo kuri uyu wa gatandatu, ikambi nini ya gisirikare ya iri muri Teritwari ya yahavuye nayone irwa mu minwe y'abarwanyi ba . Ubu akaba aribo bayigenzura yose ni inyuma yaho abasirikare ba Leta ya Congo , FARDC bahitiyemwo kuyanyaga bagahunga.

Mu kiganiro M23 yahaye abanyamakuru muri aka kagaroba, jmenyesha ko intumbero yayo ari ugushika gufata Umuji wa (umurwa mukuru w'intara ya Kivu y'uburaruko) bakaba begereje ku birometero vyababa 40 bagana Goma.

UMUGABO YARAMAZE IMYAKA 50 ATOGA YAPFUYE KU MYAKA 94, YAFATWA NK'UMUNTU ACAFUYE GUSUMBA ABANDI KW'ISI !  Yari Yaranse Kw...
25/10/2022

UMUGABO YARAMAZE IMYAKA 50 ATOGA YAPFUYE KU MYAKA 94, YAFATWA NK'UMUNTU ACAFUYE GUSUMBA ABANDI KW'ISI !

Yari Yaranse Kwiyoga Amazi N'Isabuni Atinya Ko Vyomutera Ingwara, Yapfuye Nyuma Y'Amezi Make Amaze Gukaraba.

Nkuko Bivugwa N'Ikigo Co Gutangaza Amakuru , Uwo Mugabo Wo Muri Yapfuye Kuwa MUNGU Ahitwa Mu Ntara Iri Mu Bumanuko Bw'Ico Gihugu.

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when International news all languages posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share