Agasobanuye Films

Agasobanuye Films Amakuru y'inkino (football) yo kwisi yose

🚨 OFFICIEL ✅ Aba nibo bagiye gutogwamwo umukinyi yaranze ukwezi kwa 10 mwihiganwa rya PREMIER LEAGUE mubwongereza 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧...
30/10/2025

🚨 OFFICIEL ✅ Aba nibo bagiye gutogwamwo umukinyi yaranze ukwezi kwa 10 mwihiganwa rya PREMIER LEAGUE mubwongereza 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿

🚨️ Araujo wa FC Barcelone: 🗣🎙« Iyo ntaba umukinyi, nariguca nibera umu police. » 🇺🇾
30/10/2025

🚨️ Araujo wa FC Barcelone: 🗣🎙« Iyo ntaba umukinyi, nariguca nibera umu police. » 🇺🇾

🚨 Inyuma yo gukomereka kumunsi w'ejo, Desire Doué wa PSG ashobora kumara igihe kinini atagarutse mukibuga naho kitaramen...
30/10/2025

🚨 Inyuma yo gukomereka kumunsi w'ejo, Desire Doué wa PSG ashobora kumara igihe kinini atagarutse mukibuga naho kitaramenyekana 🤕🇫🇷❌

🗞 FabrizioRomano

🚨 OFFICIEL ✅ Arsenal waraye ubaye umugwi wambere wo mubwongereza ukinye inkino 6 zose mukwezi kumwe ntiwinjizwe igitsind...
30/10/2025

🚨 OFFICIEL ✅ Arsenal waraye ubaye umugwi wambere wo mubwongereza ukinye inkino 6 zose mukwezi kumwe ntiwinjizwe igitsindo nakimwe 🔒

🗞 OPTA

🚨 Endrick yiphuza kuva mumugwi wa Real Madrid nk'intizanyo gusa, ntashaka kugenda burundu. ❌🙅🏼‍♂️🗞 FabrizioRomano
30/10/2025

🚨 Endrick yiphuza kuva mumugwi wa Real Madrid nk'intizanyo gusa, ntashaka kugenda burundu. ❌🙅🏼‍♂️

🗞 FabrizioRomano

🚨 Aba nibo bakinyi bafise ibitsindo vyinshi kugez'ubu mwihiganwa rya LIGUE 1 mubufaransa 🇫🇷⚽🔥🇦🇷Panichelli 9🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Greenw...
30/10/2025

🚨 Aba nibo bakinyi bafise ibitsindo vyinshi kugez'ubu mwihiganwa rya LIGUE 1 mubufaransa 🇫🇷⚽🔥

🇦🇷Panichelli 9
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Greenwood 7
🇲🇦Diop 6
🇪🇸Fati 5
🇩🇿Kebbal 5
🇫🇷Lepaul 5
🇨🇿Sulc 5
🇫🇷Del Castillo 4
🇫🇷Barcola 4
🇨🇲Magri 4
🇮🇸Haraldsson 4
🇲🇦Igamane 4
🇫🇷Vaz 4

🎯 Aba nibo bamaze gutanga imipira myinshi ivamwo ibitsindo 🔥🔥🔥

🇫🇷Thomasson 4
🇵🇹Correia 4
🇵🇹Vitinha 4
🇩🇿Kebbal 4
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Greenwood 3
🇫🇷Ajorque 3
🇸🇳Camara 3
🇧🇫Kouassi 3
🇲🇦Nadir 3
🇨🇮Doue 3
🇧🇪Fernandez-Pardo 3
🇫🇷Lepaul 3
🇦🇷Barco 3
🇫🇷Ouattara 3

🚨 Uko imigwi isumbasumbanya amanota kugez'ubu mwihiganwa rya LIGUE 1 mubufaransa 🇫🇷🔥🔥🔥
30/10/2025

🚨 Uko imigwi isumbasumbanya amanota kugez'ubu mwihiganwa rya LIGUE 1 mubufaransa 🇫🇷🔥🔥🔥

🚨 Munkino 9 Chelsea imaze gukina mwihiganwa rya PREMIER LEAGUE, imaze kuronka amakarata atukura 6 🤔🔴
30/10/2025

🚨 Munkino 9 Chelsea imaze gukina mwihiganwa rya PREMIER LEAGUE, imaze kuronka amakarata atukura 6 🤔🔴

🚨 FC Barcelone yashize Victor Osimhen kurutonde gw'abakinyi yiphuza kuzosinyisha mumwaka uza 🇳🇬🗞️  via [MD]
30/10/2025

🚨 FC Barcelone yashize Victor Osimhen kurutonde gw'abakinyi yiphuza kuzosinyisha mumwaka uza 🇳🇬

🗞️ via [MD]

🚨 OFFICIEL ✅ Igihugu ca Angola 🇦🇴 kizokwakira Argentine 🇦🇷 murukino gwa gicuti kumugwa mukuru i Luanda kw'itariki ya 14/...
30/10/2025

🚨 OFFICIEL ✅ Igihugu ca Angola 🇦🇴 kizokwakira Argentine 🇦🇷 murukino gwa gicuti kumugwa mukuru i Luanda kw'itariki ya 14/11 🔥🔥🔥

Lionel Messi agiye kugaruka kumugabane wa Afrika ☺️

🚨 Fabrizio Romano: 🗣🎙️« Kumyaka 38, uracabandanya gukina kugwego gwo hejuru rudasanzwe ! »Leo Messi yaciye yitwengera 😅F...
30/10/2025

🚨 Fabrizio Romano: 🗣🎙️« Kumyaka 38, uracabandanya gukina kugwego gwo hejuru rudasanzwe ! »

Leo Messi yaciye yitwengera 😅

FabrizioRomano: 🗣🎙️« Ntiwigera uhagarika gutsinda ibitsindo ? »

-Leo Messi :
🗣🎙« Oya, burigihe biranryohera. ndakunda intsinzi, ndakunda kugira ico mfashije murukino, haba mugutsinda canke gufasha abandi bakinyi. Burigihe iyo ninjiye mukibuga, ngerageza gufasha no kugaragara murukino. » 🇦🇷

🚨 OFFICIEL ✅ Uku niko imigwi igiye kuzohura mugice ca kane gishira icanyuma mwihiganwa rya Carabao Cup mubwongereza 🏆• A...
30/10/2025

🚨 OFFICIEL ✅ Uku niko imigwi igiye kuzohura mugice ca kane gishira icanyuma mwihiganwa rya Carabao Cup mubwongereza 🏆

• Arsenal 🆚 Crystal Palace
• Cardiff 🆚 Chelsea
• Manchester City 🆚 Brentford
• Newcastle United 🆚 Fulham

Address

UAE
Abu Dhabi
00000

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Agasobanuye Films posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share